Zimwe mu ntwazangabo mu gisirikare zagenywe mu mabanga atandukanye

Yanditswe na IGIHE
Kuya 19 April 2018 saa 07:03
50895
0 0

Intwazangabo zitandukanye mu gisirikare c’Uburundi zagenywe mu burongozi bw’amabanga atandukanye murizo 6 bakaba bagiye kuba abahanuzi b’umukuru w’igisirikare .

Itegeko inomero 520/520 ryo kw’igenekerezo rya 19 Ndamukiza 2018 ryateweko umukono n’umushikiranganji wo kwivuna abansi rimenyeshako Colonel Gregoire NGENZAHAYO azoba ajejwe ivy’intwaro,Colonel Edouard RIVUZUMWAMI azoba ajejwe gutunganya ibikorwa(Logistique),Colonel Gaspard GASANZWE agiye kuba uwujejwe ibijanye n’amategeko hamwe na Colonel Philippe NKEZABAHIZI agiye kuba uwujejwe ivy’inyigisho.

Abandi bari mu bagenywe kuzorongora ibisata bitandukanye ni Colonel Serge BARAHAMBARA,Major Elias Ferry BIMENYIMANA,Colonel Apollinaire NDAYITWAYEKO ,Colonel Joseph VYANDARAYE hamwe na Colonel Jean Baptiste NKWEZI n’abandi.


Kumenyekanisha

1
macumi 20-04-2018 à 05:43

NABAHINDURE NIMBA VYARI BIKENEWE

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha