IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Igiteramo > Abazoja mu giteramo ca Best Life Music bazohabwa ibinyobwa vya (...)

Abazoja mu giteramo ca Best Life Music bazohabwa ibinyobwa vya gusa

jeudi 2 Ndamukiza 2015

Abaririmvyi bo mu murwi Best Life Music ntibazotamba birorera mu giteramo c’umuziki bagiye kuremesha aho muri Uvira. Uwuzokwinjira mu giteramo azohabwa ico kunywa.

Nk’uko tubisoma ku gicapo ntangazagiteramo, umurwi wa Hip Hop Best Life Music uzofadikanya igiteramo co muri Uvira n’abaririmvyi bo muri Congo batumiwe nka John PI, Joa Flex, JayMo, na Gansolizo.

Igiteramo bitegekanijwe ko kizotangura isaha zine z’igitondo (10h00), igiteramo co kuri uwo munsi wa Pasika ntigisanzwe, ku mafaranga 2500 y’amacongomani (2500fc) azotangwa mu kwinjira harimwo i fanta 2 canke ikiyeri kimwe.

Ibisigaye soma aha munsi uko bizoba bimeze kuri uwo wa mungu


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.