Abantu batatu baguye mu gitero ku modoka ya Général Christophe MANIRAKIZA

Yanditswe na IGIHE
Kuya 4 Kigarama 2015 saa 12:53
Yasomwe : 280017
0 0

Abantu batatu bishwe n’igiporisi c’Uburundi, mu gatondo ko kuri uwu wa gatanu, abo bapfuye akaba ari abari bateze imodoka y’intwazangabo mu giporisi c’Uburundi, Général Christophe MANIRAKIZA batazira Wakenya, umukuru w’igiporisi kidasanzwe BUS (Bureau des Unités Spécialisées).
Mu gihe yari igeze kw’ibarabara ryitiriwe Peuple Murundi, hafi y’isengero rya Pentocote ryo ku Ntahangwa mu gisagara ca Bujumbura, imodoka ya Général Christophe MANIRAKIZA yaguye mu gitero c’abantu bitwaje ibirwanisho, batatu (...)

Abantu batatu bishwe n’igiporisi c’Uburundi, mu gatondo ko kuri uwu wa gatanu, abo bapfuye akaba ari abari bateze imodoka y’intwazangabo mu giporisi c’Uburundi, Général Christophe MANIRAKIZA batazira Wakenya, umukuru w’igiporisi kidasanzwe BUS (Bureau des Unités Spécialisées).

Mu gihe yari igeze kw’ibarabara ryitiriwe Peuple Murundi, hafi y’isengero rya Pentocote ryo ku Ntahangwa mu gisagara ca Bujumbura, imodoka ya Général Christophe MANIRAKIZA yaguye mu gitero c’abantu bitwaje ibirwanisho, batatu muri abo bategereye iyo modoka baguye muri ico gitero, bakaba bari bambaye impuzu z’igiporisi API (Appui à la Protection des Institutions) gicungera inzego, hakaba hari n’ibirwanisho vyafashwe.

Mu gihe bivugwa ko muri ico gitero imodoka yakoreshejwe ari iy’umwe mu bahanuzi mu biro bikuru vy’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, icegera c’umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, Moise NKURUNZIZA yamenyesheje ko iyo modoka yarimwo abo bateye yari yibwe ku munsi w’Imana.

Général Christophe MANIRAKIZA batazira Wakenya, umukuru wa BUS (Bureau des Unités Spécialisées) akaba atari muri iyo modoka igihe yaterwa n’abitwaje ibirwanisho.


Kumenyekanisha

1
Kabura Idiamini 14-12-2015 à 18:54

Mana Y,isi Hasigaye Ahawe Kubibazo Vy,uburundi.

2
YAYAYA 12-12-2015 à 19:02

HEWE UBUTEGETSI BURASARA GOSE IVYO TURAZI NEZA KO ARI UBUTEGETSI BWAMUTUMYE VYARAMENYEKANYE

3
kaje guhakwa 12-12-2015 à 00:16

Mana yacu urimwijuru giricukoze utabare igihugucacu kuko kigeze ahatemba

4
###### 11-12-2015 à 19:05

Jewe barantangaza baba abatera baba abategwa , bapfubusa guko ino si ifise nyeneyo ,nimureke rero kugwana musenge imana gusa, mubumbwe nivyo mufise.

5
riyeve 11-12-2015 à 05:34

bihangakuko?ihisi,yaramaze.kumeranabi?ndasaba.imana?ihindure uburundi?koburimukanga.ndasaba,ko abobose bakoranabi.yobibahanira?kuko,basesa amaraso yabuntu?ndahoza babuze nabarimubibazo?ko imana ibabona kandi yarabakiriye?nacahabangifise?iman ibahezangire

6
riyeve 11-12-2015 à 05:31

bihangakuko?ihisi,yaramaze.kumeranabi?ndasaba.imana?ihindure uburundi?koburimukanga.ndasaba,ko abobose bakoranabi.yobibahanira?kuko,basesa amaraso yabuntu?ndahoza babuze nabarimubibazo?ko imana ibabona kandi yarabakiriye?nacahabangifise?iman ibahezangire

7
riyeve 11-12-2015 à 05:28

bihangane kuko?ihisi,yaramaze.kumeranabi?ndasaba.imana?ihindure uburundi?koburimukanga.ndasaba,ko abobose bakoranabi.yobibahanira?kuko,basesa amaraso yabuntu?ndahoza babuze nabarimubibazo?ko imana ibabona kandi yarabakiriye?nacahabangifise?iman ibahezangire

8
said aman 10-12-2015 à 16:55

imana itworoheze mugihugucacucu BURUNDI TUGEZEKURE NAHAMASENGESHO

9
Rukundo 10-12-2015 à 16:32

MANA TABARAUBURUNDI MBEGA UMUKURUWIGIHUGU NTIYOKWIKEBUKA MBEG KWAVUGA NGONAMAHORO KANDI IGANDA ZIRIGWAZIRATIKIRA

10
###### 9-12-2015 à 21:24

MASITA LII

11
Www.Com 9-12-2015 à 21:02

Emwe!! Murahagabira Igihugu Carinjiranwe. Murikanure Basirikare.

12
mutakura mutakura 9-12-2015 à 06:18

Ndabahe mwaramutse, hari amakuru ku
mutakura, ce vendredi passe mundwi
iheze ku Mutakura guhera mu ma 19h
harafashwe abantu bashika nka 50
kumabarabara atandukanye none kugeza ubu
ntituramenya amakuru yabo nta
communication nabo ishonoka, plz
nimudutabarize canke mudutohoreze twumva
ngo boba batwawe na commandat wa camp
Muzinda, kugeza ubu harabaducumutima
ngo boba barishwe, nimudufashe muzoba
mukoze

13
mutakura mutakura 9-12-2015 à 06:17

Ndabahe mwaramutse, hari amakuru ku
mutakura, ce vendredi passe mundwi
iheze ku Mutakura guhera mu ma 19h
harafashwe abantu bashika nka 50
kumabarabara atandukanye none kugeza ubu
ntituramenya amakuru yabo nta
communication nabo ishonoka, plz
nimudutabarize canke mudutohoreze twumva
ngo boba batwawe na commandat wa camp
Muzinda, kugeza ubu harabaducumutima
ngo boba barishwe, nimudufashe muzoba
mukoze

14
Ngangustar 7-12-2015 à 21:30

Ni Bakumbure Bemere Baganire Kuko Amasasu Ntawe Adatobora

15
kzitunga 7-12-2015 à 07:14

Mugabo ivyiburundi utabirimwo biragoye kumenya., putch yarabaye ngo ni rementaya ni mucezo wandani..., nyuma bene kuyitera baravyiyemerera basaba nimbazi ko batazongera kunanigwa igikorwa ngo habaye mwo ubugambanyi. None tuzoza tumenya ukuri gute.?

16
Ishano 6-12-2015 à 12:37

Barankitse Maggy na Louis Michel, bakenyeye, igeekerezo rya 17/12 bazoba bari kuri Université de Louvain-la-Neuve gukwiragiza ishano ryabo mu bantu rya génocide bahaya contre tout le peuple Burundais.
Ubwo bwoko bw’abicanyi buzoruhurira Abarundi ryari?

17
###### 6-12-2015 à 10:51

KUBICA SIYO NYISHU AHOBWO RABA ICATUMYE BAFATA INKOHO

18
Leonidas 6-12-2015 à 07:39

kubita iyo mihimbiri

19
juma 5-12-2015 à 22:54

oya nukuri ivyo bintu tuguma twumva bibera mu gihugu cacu,ni agahomerabunwa.none abantu bazoreka kwicwa kugeza ryari?iyo reta yoyo irimwo irafashiki abanyagihugu?mu kurahira ko biyemeza guharanira agateka ka muntu,none kari hehe?

20
Kabura Desire 5-12-2015 à 22:07

Ahubwo Bararabe Ntihagire Uwaba size Izombwa Ntiboreka Kutubuza Amahoro Yobabamara Kirasiku Imitego Ok Narabishimye

1 | 2 | 3

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha