Abantu biyemerera ko bahora mu myimenyerezo ya gisirikare mu Rwanda bafashwe

Yanditswe na IGIHE
Kuya 3 Ruheshi 2016 saa 11:29
Yasomwe : 86463
0 0

Igiporisi c’Uburundi cerekanye Abarundi babiri biyemerera ko bahora mu myimenyerezo ya gisirikare mu gihugu c’Urwanda. Abo bari mu minwe y’igiporisi bavuga ko iyo myiteguro bahoramwo yari iyo kuzotera Uburundi.
Abo barundi berekanwe kuri uwu wa kane n’igiporisi ni babiri, bompi bakaba biyemerera ko bahora mu myimenyerezo ya gisirikare mu kibira ya Nyungwe mu gihugu c’Urwanda. Ukwo ari babiri bafashwe n’igiporisi ku munsi wa mbere ku rubibe Uburundi buhana n’Urwanda, ku ruhande rwo mu Kayanza, (...)

Igiporisi c’Uburundi cerekanye Abarundi babiri biyemerera ko bahora mu myimenyerezo ya gisirikare mu gihugu c’Urwanda. Abo bari mu minwe y’igiporisi bavuga ko iyo myiteguro bahoramwo yari iyo kuzotera Uburundi.

Abo barundi berekanwe kuri uwu wa kane n’igiporisi ni babiri, bompi bakaba biyemerera ko bahora mu myimenyerezo ya gisirikare mu kibira ya Nyungwe mu gihugu c’Urwanda. Ukwo ari babiri bafashwe n’igiporisi ku munsi wa mbere ku rubibe Uburundi buhana n’Urwanda, ku ruhande rwo mu Kayanza, bakaba bari bafise ivyangmbwa vya magendu bavuga ko baherewe mu Rwanda n’ababatwara, ariko bakavuga ko batorotse, kuko batabona iyo ivyo barimwo vyaja, bakaba bavuga ko batari bwanabwirwe umunsi w’ukuzotera hamwe n’izina ry’umuhari urwana begukira. N’aho biri uko, mu mazina y’abakuru babo bavuga ko bahora bumva bavugwa, harimwo Alexis SINDUHIJE hamwe na Godefroid NIYOMBARE.

Abo barundi bavuga ko aho bari muri iyo myimenyerezo bagera ku 327, bakaba bari mu myiteguro y’ukuzotera Uburundi, bakemeza ko batanguye gukora imyimenyerezo ya gisirikare kuva mu kwezi kwa Gitugutu 2015. Muri iyo myimenyerezo ikorwa ku mugaragaro mu kibira ca Nyungwe mu Rwanda nk’uko bavyemeza, bayikora bacunzwe n’Abasirikare b’Urwanda bambaye impuzu zisanzwe (Tenue civile), ariko bafise inkoho.

Moise NKURUNZIZA icegera c’umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi amenyesha ko ico ari ikindi kimenyetso cerekana ko igihugu c’Urwanda kiriko gikresha imyimenyerezo ya gisirikare ku mirwi yiteguriye gutera Uburundi.


Kumenyekanisha

1
TURIMASO 9-06-2016 à 08:24

Ni baza ko kagame yoheba imigambi ye igayitse ataribonerako. Guko tubishatse ubu nyene yorara aganiriye nabo FDLR yiba abagénocidaire naho kikwete yabimuhanuye agaca ashinga amatwi. Ataretse gushotora uburundi Tuzomuteza ibibazo atazitura gushika naho ata igihugu kigasubira mu minwe ya bene co. SE NKURUNZIZA si KAREGEYA ya na KAYUMBA, we ni MUKORE UMBONE. Umuhutu w’i burundi ntaho bihuriye n’abahutu b’urwanda mu fata uko mugomba babapfukamira bakaba abaja banyu. GUcuruza Génocide kuko kagame yabikoze en sacrifiant les tutsi du rwanda ntiyibaze ko yobikora aha iwacu.

2
Ndasya 8-06-2016 à 16:16

Ewe misaya shaa namenyareha namabati!imbaga nkivubi!nukugukekamwokubiri warashaje ahubwo simbonicabavuts94,95 barindie?tweturavungura paul ntaburofa ah si zaire.zulu sordiers we!

3
Firipo 7-06-2016 à 12:50

Ahubwo Nibaze Kuko Nkurunziza Yanse Kurekura Kuneza Azorekura Vyamukomereye! Basokuru Barayamaze Bati<< Inyanja Kubwigwa Ibwigwa Nukwamaro Atukuye!>>

4
Niyo Benit 7-06-2016 à 08:09

Niyonzima naFifi mwebwe nurabanya Rwanda matwihishijemwo ahubwo nimusubire iwanyu hakirikare mutarabonibara twe nakazovyurura umutwe tuzomena bamujeri nukubatuza kugira twiyubakire uburundi bwacu bwiza.

5
mzoyihera intagoheka 7-06-2016 à 08:07

ubwo nububeshi bwabo bamenja,nizambonera kure zanyu murungika kumipaka ngo nabimenyereza mumashamba yo murwanda, ntitusazwe tubizi komwirirwa muramenyereza ivyagisirikare imbonerakure mugihugu cose ?twarabahinyuye.

6
Ndavuga Simvura 6-06-2016 à 19:36

Benewacu Jew Ngomba Ndabavunire Akagohe Intambara Muburundi Ntigikunda Agataruts Abanyagihugu Ntibakwigwa Nabajejw Umutekano Nibarinda Kubegera Urambiwe Nisi Ubu Yinjira Ikiroberi Ndavuga Simvuraaa!!Ugomba Yigerezekooo!!

7
is 6-06-2016 à 14:06

mwabijujumwerekakurwanyapitantimuzomushobora

8
Ndayikeza Pascal 6-06-2016 à 09:43

ahubwo bari abo kunyonga kuko nibo bako batuma igihug cacu kimera nabi ahubwo abarundi twese dufatan munda tugwany iyo mishenzo

9
VYATURA Gaddy 5-06-2016 à 16:17

Ariko ntibarabonako ingabo z’uburundi ziryamiye amajanja? niboye guta umwanya sinon bazohera nkifu yimijira.

10
willynshimirimana 5-06-2016 à 14:57

nabandi bazizana canke tubasangeyo tuba fyonde izo mujeri

11
Rukundo Armist 5-06-2016 à 10:43

Iryo nirementanya ryenyuje! Comment abobiyita abarwanyi, bomara umwaka urenga bataramenye uko umuhari barimwo witwa,n’abawutwara?Formation y’umwaka wose?NabaCodo!Ivyo novyita Ukuburanirwa,Impfane,...Nkurunziza n’igipolisi ciw catayumurongo,N’ukuri nibikubite agashi bareke gutoteza abobaribajejwe gukingira.Birateyisoni kubona birara mubanyeshure,data amashule akugarwa,abafugwa ,abaraswa,eka amabi akorwa nimenshi,Barihayibara.Urwanda atarineza rushakira Igihugu c’Uburundi nibareke kurusotora.Ahubwo ivyombona Nkurunziza nabobashizehamwe,bafisumugambi wogutera Urwanda!

12
Pastor Benard 5-06-2016 à 02:11

Bizimana na fifi acheni uongo kwa hiyo umoja wa mataifa wamesema uongo? Acheni kuharibu nchi za wenzenu mkifikiri mko salama! Acheni msije kuharibu uchumi wenu kwa mambo ya kijinga!

13
Pastor Benard 5-06-2016 à 01:57

Bizimana na fifi acheni uongo kwa hiyo umoja wa mataifa wamesema uongo? Acheni kuharibu nchi za wenzenu mkifikiri mko salama! Acheni msije kuharibu uchumi wenu kwa mambo ya kijinga!

14
CAKIRA 4-06-2016 à 21:27

ndazi ko kagame mumuryango wanje ko tutomuhaga sasita narekd kwiteranya sivyo?

15
Nsengiyumva 4-06-2016 à 14:32

Ndabwira Nkurunziza, Utazisheta Ku rwanda Najye Ndimubakugandagura.Gasopo.Kura Kagame Mukanwa Kawe

16
niyonzima 4-06-2016 à 09:40

kuki ubutegets bwankurunziza bitwaza urwanda ?erega intandaro nimanda.erega nahovyobavyo nukurwanya uwomugabo yigize ikimana mukwanka gusabikanya igihugu imana yaduhaye.jewe icombona nuko yoyaga nabo batavugarumwe areke kwitwaza urwanda.

17
niyonzima 4-06-2016 à 09:38

kuki ubutegets bwankurunziza bitwaza urwanda ?erega intandaro nimanda.erega nahovyobavyo nukurwanya uwomugabo yigize ikimana mukwanka gusabikanya igihugu imana yaduhaye.jewe icombona nuko yoyaga nabo batavugarumwe areke kwitwaza urwanda.

18
niyonzima 4-06-2016 à 09:38

kuki ubutegets bwankurunziza bitwaza urwanda ?erega intandaro nimanda.erega nahovyobavyo nukurwanya uwomugabo yigize ikimana mukwanka gusabikanya igihugu imana yaduhaye.jewe icombona nuko yoyaga nabo batavugarumwe areke kwitwaza urwanda.

19
Bizimana Emmanuel 4-06-2016 à 07:19

Ivyo ntakuri nakumwe kurimwo nirempenta,ntakiroberi cabantu 327 kibaho kandi giforomwa umwaka ,ikindi ntakiroberi kitirirwa abantu babiri.Nkurunziza n’igipolisi ciwe birirwa bararasa abanyeshure abanyeshure aribo Burundi bwejo ukwo ni uguta ibitabapfu.urwanda nibarureke rwo ruri mwiterambere ryarwo.iyaba rubirimwo muba mwarataye mukomoka.

20
Fifi 3-06-2016 à 21:49

Abarundi nimwicare mukemure ibibazo byanyu mureke kubihirira ku Rwanda ese ko muvuga ko imyimenyerezo ikorwa ikorerwahe ko tuta babona .

1 | 2

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha