Accueil > Amakuru > umutekano > Abanyeshure bo muri kaminuza basavye ubuhungiro ubuserukizi bwa (...)
Abanyeshure bo muri kaminuza basavye ubuhungiro ubuserukizi bwa Amerika
vendredi 1er Rusama 2015, par
Hari abanyeshure bo muri kaminuza y’Uburundi bagiye gusaba ubuhungiro mu buserukizi bw’igihugu ca Reta zunzubumwe z’Amerika hano mu Burundi, kubera imvo z’umutekano muke uhari muri kino gihe, nk’uko babimenyesha.

Inyuma yaho birukanywe mu bigo vya kaminuza ku mvo z’umutekano nk’uko vyashikirijwe n’umushikiranganji w’ amashure ya kaminuza n’ubushakashatsi Yozefu Butore, abanyeshure bo muri kaminuza baciye baja kwitura ubuserukizi bw’igihugu ca Amerika basaba gukingirwa. Bamwe muri abo banyeshure bavuga ko bahisemwo kuja aho kuri ubwo buserukizi kuko umutekano wabo ubangamiwe, bamwe muri abo banyeshure baduze iwabo, bakaba barafashwe bamwe barahagarikwa. Mu nyuma ubwo buserukizi bwahavuye bwakira akarwi gato kabo banyeshure, ariko bakaba batabemereye ubuhungiro, abo banyeshure bakavuga ko bagiye kuguma aho gushika umutekano wabo ukingiwe.
Tubamenyeshe ko birukanywe inyuma yaho ku munsi wa gatatu, biriwe batagaburiwe umunsi wose, mu nyuma umushikiranganji wa za kaminuza agahava afata n’ingingo yo kubirukana muri ivyo bigo.
Floxella Karire
Messages
1er Rusama 2015, 10:18, par bucumi
Satani akoresha NKurunziza akoze kubarundi gusa ntagahora gahanze
1er Rusama 2015, 11:13, par Mélchiade
Emwe Uwuramvye Arabona Abo Bagumutsi Leta Yabavugutiy,umuti Wivyo Bakora Ati Tuje Kwereka Amerika Ko Bicika Twahohotewe Murabesha Yabahinyuye Iyo Batabahinyura Ntibabirukana Tah,iwanyu Bamwe Muje Kuragira Abandi Gucan,amakara Abandi....Ubona Ko Twazigamw,abafisijambo Muhindutse Ibiyererezi Mufis,aho Mutaha Muratey,isoni Mwabakaminuza Mwe Musigaje Gusara Peee Impanuro Ndabahaye Jamuhira Abavyeyi Babatume Barabafisek,umutima Muga Mubumviye Bucumi Nawe Satani Uvuga Yoba Yabakoresheje Canke Bamuhaye Ikibanza Urabasengera Ntibaje Mu Mosha Mabi
1er Rusama 2015, 15:36, par John Malac
Erega kuba uri muri kaminuza ntibisigura kuzi ubwenge,nicogituma ubona bakora ibibazo.Imagine nkumuntu usanga ariko atishure ngo nimyiyerekano,kandi bakibagira ko ababosha aribamwe nimba atari kwiyibagiza batanguye kugirijambo aho Nkurunziza atwariye mugabo ugasa barikuduga hejuru.Ubwo mwibagiye ko harimwabantu intego yabo arukuburagiza atari barekuriwe no kurengana inyuma yurupangu rwa kaminuza muri cagihe.Kwatanumwe yagira imyiyerekano.Peter gutwara ubugira gatatu nkuko mubitahura nigandagurwa rya Ndadaye ikibabaze niki?kubera ababa manipula aribo bamugandaguye ubona harinumwe yagize imyiyerekano?Nimuce ubwenge mumenyeko kazoza kanyu arishure kuko nibitera ingora cane aho mugihugu nubujuju burimwo.Sina mengi yakuonge ila tufikirie kabla ya kutenda.Kwansababu wanao tutuma kuandamana watoto wao hawamwo.Hatimae mnakuwa makabwitunge ya vyama vyao.God bless BURUNDI.
1er Rusama 2015, 15:53, par John Malac

1er Rusama 2015, 21:59, par vuganeza
Abatutsi sha,muzoteba muheregwa,mushaka mwese baburize indege muje muri USA!!!Haaaa!,ca mu Rwanda muca mujayo,ayo mazuru yanyu ntawe agikanga,murakunda kwitereke imbere ya ma cameras nayo azoteba aze arazigira abonye ari mwebwe,imana izobahana abana n’abagore b’abahutu mwabaze ,ni buhorobohoro.Agakomye kose ibarabara,grèves zitavanako,nimutahe rero mwabishatse kuva kera,mwari mufise aho muba ha gusa,subira i muhira muzogaruke muzi ikbazanye mutaza gupinga n’abategetsi mwa mihimbiri mwe!!!
2 Rusama 2015, 12:21, par Kwizera Amédée-michel
Melchiad Ah Ivyo Wari Wavyiyumviriy?Ncut Ntawokwisabira Kub Impunzi Knd Umeny K Mur Abo Bakaminuza Harimw Abensh Bazotez Igihugu Imber Kubirukana N’uguhagarik Ubuzima Bw’igihugu Mu Mpand Zos Ivyob Vyiza N’uko Hob Ibiganiro Amategeko Akubahirizwa Na Can Can Ibwirizwa Nshingiro N’amasezerano Ya Arusha Yabonets Bigorany Turonk Umutekano Imyiyerekano Ic Ihagarara