Abategetsi batandukanye bo mu giporisi c’Uburundi bahinduwe

Yanditswe na IGIHE
Kuya 6 novembre 2015 saa 02:55
Yasomwe : 166833
0 0

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yahinduye abategetsi batandukanye mu nzego z’umutekano. Bamwe mu baporisi bagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi birukanwe.
Ayub Sindayigaya Matricule OPN 0305 avugwa mu matohoza ya RPA ko ari mu bateguye bongera bashira mu ngiro ubwicanyi bwakorewe ababikira b’abatariyanokazi, yahawe kurongora igiporisi mu gisagara ca Bujumbura (Commissaire Provincial Bujumbura). Ayub Sindayigaya asanzwe kandi azwi mubari barongoye igiporisi cafata kikongera kikarasa abari (...)

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yahinduye abategetsi batandukanye mu nzego z’umutekano. Bamwe mu baporisi bagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi birukanwe.

Ayub Sindayigaya Matricule OPN 0305 avugwa mu matohoza ya RPA ko ari mu bateguye bongera bashira mu ngiro ubwicanyi bwakorewe ababikira b’abatariyanokazi, yahawe kurongora igiporisi mu gisagara ca Bujumbura (Commissaire Provincial Bujumbura). Ayub Sindayigaya asanzwe kandi azwi mubari barongoye igiporisi cafata kikongera kikarasa abari mu myiyerekano y’ukwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA muri Mutakura na Cibitoke.

OPC1 Emile MANISHA matricule OPN 1170 yahawe gutwara igiporisi kijejwe amatohoza (Commissaire Général de la police Judiciaire).

CP Melchiade RUCEKE matricule OPN 0012 yahawe kuba umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bw’umutekano.

OPC1 Serge NTAKAVURA matricule OPN 0093 yahawe kuba umwunganirizi w’umushikiranganji w’umutekano.

Bamwe mu baporisi bagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi birukanwe mu giporisi. Abirukanwe ni CPP Edouard NIBIGIRA, CPP Hélmenegilde NIMENYA, CP Léonard NGENDAKUMANA, hamwe na CP Zénon NDABANEZE.


Kumenyekanisha

1
Mpozamarira Erias 13-11-2015 à 12:48

Utarumwicanyi kwankurunziza ntacomuvugana,ukurikiranye agerageza kwiyegereza uryazi koyasohokeye ivyoguhonyinganda.

2
PORE 7-11-2015 à 19:57

Usambura Ureka Ugiye Kuvyishu !!!!!!

3
Jules Nijimbere 7-11-2015 à 19:44

Bandanya Upanga Akarere

4
ja 7-11-2015 à 13:58

mutamakura iyvobivagundu bamenyereye konona igihugu

5
ja 7-11-2015 à 13:57

mutamakura iyvobivagundu bamenyereye konona igihugu

6
Tuzobamesa 7-11-2015 à 12:34

Izobwa Iyo Bazica Naho Kubakura Siwomuti.Murakoze

7
RUGWE 7-11-2015 à 12:25

NYAKUBAHWA BANDANYA GUKORA AKAZI HINDURA NO MUGISIRIKARE KUKO NABO NTITUBIZEYE BOSE HARIMWABAKEBA

8
benjamin netanyahu 7-11-2015 à 08:41

commissaire ayoub yahawe kurongora igipolice muri bujumbura.rural ntabwo ari mairi.iryohinduka kandi ni irisanzwe muri police.ibitari bimenyerewe ni iyirukanwa ryaba general muri ururwego.

9
kkk 7-11-2015 à 00:45

Ça ce sont les majeurs joueurs Nkurunziza agira abanze murukino rwimirije, mumugambi KORA,arazi gutoranya kweli. Azoca atangurira kurabo yirukanye

10
INTAGOHEKA 6-11-2015 à 23:45

INTWARI MWIPANGE NEZAKAZIKABONETSE IBIHEMU NAMWE MWISHIKANE

11
Kijisho Emm 6-11-2015 à 23:02

Ayubu Nashimigwe Kuko Yarashe Abantubeshi Mubariko Biyamiriza Ikiringo Cagatatu Ca Nyenicubahiro Petero Nkurunziza Nashimigwe Mwisi Ariko Mwijuru Ntazoshimigwa

12
Kibwa ! 6-11-2015 à 21:34

None Komuhaye Mukigaburana Abandi Muriko Murabica Muzotwara Bande ?Nimwikubite Agashi Mwibuke Akahitiye,ntibuce Tugasubiramwo.Kuko Abarundi Twrarambiwe,nintekera Pe !!

13
Serupyipyinyurimpyisi 6-11-2015 à 20:44

@Abuba. Amajambo yawe yerekana ko uru umu sans echecs. Mugomba komenya ko ibihe byahindutse. Niba udashaka Peter genda wirohe muri Rweru aho so wanyu kagame ashyira abanyagwanda.

14
Ndarushe 6-11-2015 à 19:18

Ahubwo je har’abantangaza iyo numva bavuga ngo Mana Mana !!Ivyacu vyaramenyekanye,ubwiyorobetsi dufise nibwo butuma amahano atagir’izina aturwako !Imana ntabwo izigera iva mw’ijuru ng’ije kudukurako abadutwaza umukazo,kuko yaduhay’ubwenge ngo tubukoreshe,dushimye kuba abaja turababa,dushimye kwidegemvya turidegemvya !Gushik’ubu sindumva ingene aba généraux barenga 8 bashobora guhera hanze y’igihugu bomowe n’imbwa nka Nkurunziza n’imihimbiri nka Bunyoni na Prime !Uwigize igikutso bamuyoz’umwanda,shauri yenu,navuga sinavura !

15
chauchich 6-11-2015 à 19:12

we nkuru narakubariye kw imana igiye kugukurako amaboko nonutanguye guhindura abowikorako kugukuriraho abowitabasi bawe nguhende amakungu mana korigikorwa cawe.

16
NDIHO 6-11-2015 à 18:01

BITEBE BITEBUKE IM ANA IRIKWIRATEGUR AKAZOZA KEZA UMUNYAVYAHAWESE AZIKOYAKOZICAHA NYABUNA NIYIHANE KUKWI MANA NTIZO KWIHANGANIRA UMEZATYO KANDIMUMENYE KWIMANA IKUNDIGIHUGU MWIBUKEKO UWISHE WESE NAWE ATEGEREZWA KWICWANTAKABUZA UNGA UDAHUNGA IHANE NIHUZOBUHUNZE

17
abuba 6-11-2015 à 17:59

ayub sindayigaya niba cxndd fdd yagushimiye kubwicyanyi ukomeze gukorera abarundi umenye ko imana ikureba kumaraso yabazungu nabirabura akomeje kumeneka.bandanya wicya bizakigaruka

18
abuba 6-11-2015 à 17:59

ayub sindayigaya niba cxndd fdd yagushimiye kubwicyanyi ukomeze gukorera abarundi umenye ko imana ikureba kumaraso yabazungu nabirabura akomeje kumeneka.bandanya wicya bizakigaruka

19
None ? 6-11-2015 à 17:51

Ngwamatohoza ya RPA !!!???

20
momo 6-11-2015 à 17:51

Nkurunziza wewe urikwegera.rindira natwe dupange kuma nyoko

1 | 2
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha