Accueil > Amakuru > umutekano > Amasanamu "Photos" y’urwaruka rwagirizwa gukora imyimenyerezo ya gisirikare (...)
Amasanamu "Photos" y’urwaruka rwagirizwa gukora imyimenyerezo ya gisirikare i Kiliba
mardi 13 Rusama 2014
Umukuru w’ishirahamwe APRODH, Petero Karaveri Mbonimpa yarerekanye amwe mu masanamu y’urwaruka rw’Uburundi bivugwa ko ruriko ruragira imyimenyerezo ya gisirikare mu gihugu ca Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo.

Petero Karaveri Mbonimpa yerekanye ayo masanamu (photos) mu ntahe yo kuri uwu wa mbere, aho yamaze amasaha ane ariko abazwa n’inyamiramabi ku bivugwa ko hari imisore y’abarundi iriko ikorera imyimenyerezo ya gisirikare mu gihugu ca Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo, i Kiliba Ondes.
Petero Karaveri Mbonimpa yerekanye amafoto ya bamwe muri iyo misore bikaboneka ko iri mu myimenyerezo ya gisirikare, hamwe n’ayandi yerekana bamwe muribo bagandaguwe.
Amwe muri ayo masanamu (photos)



Egide Nduwimana
Messages
13 Rusama 2014, 10:41, par Ntiwihebure
Uravye ayo masanamu ugasoma n’izo nkuru uko zanditswe, nk’umuntu ataco abiziko kandi adahengamye, ntubona neza aho vyabereye n’igihe vyabereyko. Bishobora kuba arivyo, ashobora kuba ari amasanamu ya kera, bishoboka no kuba ari ivy’ahandi hantu atari kiriba ondes. Abo bantu ntawoshoka yemeza ko ari abrundi uretse uwavyiboneye.
Ariko rero hamwe vyoba arivyo, umuntu yokwibaza ati intumbero ni iyihe? uburundi buriko buraja he? Ejo hasa gute? canke ubuzima bw’umuntu bufise ikihe banza?
13 Rusama 2014, 11:35, par Dr Butoyi.J.Issa.elis Wa-big jogos
Mbe abarundi tumeze gute?kuki dukunda intambara niyo yatugejej.turarushe.abohereza nabashaka inyunguzabo.ariko ugiye kuraba abenshi ntabana babo usangamwo,bibereye hanze.
13 Rusama 2014, 12:15, par UKURI
Mbonimpa, je mbona uri "Mandela" w’i Burundi kabisa!
waje ukenewe.
13 Rusama 2014, 12:55, par mutabazi
Gutekinika ubanza Mbonimpa ari kubyigishwana Kagame!!!! Nibamubohendabona atazi nibyo avuga . Mwese ni mushakishe kuri internet M23. Murabona amafoto y’abo bicanyi bishwe n’ingabo za Congo umwaka ushize. Umunyururuwo ntabwo Mbonimpa azawukira!!!!
13 Rusama 2014, 13:32, par nwari
Babantu baguma baharira ngaha ngosivyo ngo simbonerakure jewe umwe murayomafoto ndamuzi numucivile wumu DD turabana umuryango wiwe waruziko ari gukora muri zambie ntihagire uwusubira guharira mwabicanyimwe ibinywamaraso mwe atakindi murya ,amaraso ,inyama zabantu
13 Rusama 2014, 13:43, par muco
no vuga abobagabo bitwa bande ? bavuka hehe ? dusabe kugira babazwe cane cane imidyango yabo uwuvuze ngo arazi umwe muraba navuge izina dyiwe nase nanyina nagacimboro avukamwo amahanga yose amenye ivyo bimwenyi
13 Rusama 2014, 14:00, par Mama
Konkomeza ndababaza none nabokwande? Nikihekintu carekana kwara barundi? canke bigakwirasanira bonyenubwabo? kwigakurasa bivamwo imivyimba? Ndababwiye vyabananiye nicogituma ahomuhereza kwerekana ukwokudambikanya murasomerwa kandi namwe nihomuzocamubona komwiheze.
13 Rusama 2014, 17:26, par KING OF BAD
UMUNTU YATANZE AYO MAFOTO IS VERY SILY AHO I KIRIBA BIKAMENYA ABANYAGIHUGU ABASODA BARETA ATAVYO BAZI NONE MUSHAKA KUVUGAKO KONGO ITAGIRA IPEREREZA?HAGAPFA ABANTU NKABO BBC NTIBIMENYE,RADIO OKAPI IGAHORA.BARUNDI MURARABA NEZA OTHER SIDE EVERY ONE NI UMUGENOSIDERI AHA IWACU NGO HATANGWA INKOHO.NGO IMBONERAKURE ZICA ABASODA.NGO ZIHOHOTERA ABANYAGIHUGU,NGO UBU NAHO NGO ZISHITSE IKONGO KWIGA IGISODA.BARUNDI MUBIKURIKIRANIRE HAFI BIRIMWAMAHINYU.OK ICOROSHE BISHWE NA BANDE?HARI KUWAKANGAHE UKWEZI’ITARIKI UMWAKA.HAKIRI NI NYWELE AND EVERY ONE HAS
13 Rusama 2014, 20:00, par VYOROHA RENOVAT
kubisanzwe urya mugabo clavre arimwo amanyu mwibuk ko mur 2011 yakoze mntage ngo hari umu général yitwa moise yari muri congo agomba kurwanya leta,yazanye numuzungukazi yitwa simonnet abimufashemwo,jew mboneye mengo nabariko bifatisha amafoto,ibiziga navyo ni irementanya nkuko yama,mb ko ari leta ya congo ari monusco ari abo kwa NZABAMPEMA ko atanumwe yabivuze boba bakubiswe n’inkba!nzobandora ni umwana w’umurundi.
13 Rusama 2014, 23:43, par tuzobaho
Abarundi ngra nti2bona aho isi igz ngo n’inka zubu ntizikigwana inkoho irica ntikiza duk8y kurazwa ishinga nuko Uburundi buba nkuko abarundi babukunda bashaka hamw n’incuti zabwo.
14 Rusama 2014, 08:33, par Cyusa Alex
Oya vraiment iyo foto y’abapfuye yatanguye gukoreshwa muri Octobre 2013 aho urugamba rwari rukomyeye hagati ya M23 na FARDC!!! Oyayeeeeeee!!! Iyo foto siyo kabisa Mbonimpa nareke kuturagira kuko nti turi inka!!!
14 Rusama 2014, 18:36, par ALINE
DEUX INFO DIFFERENTES SUR UNE SEULE PHOTO
http://wandimoyi.wordpress.com/2008/10/13/lapr-presente-en-rdc/#respond
http://www.igihe.bi/amasanamu-photos-y-urwaruka.html
16 Rusama 2014, 10:40, par NIYONDIKO
Ni agahomeramunwa nukuri!Imana irakwiye gukorera ibitangaro abarundi,ikagaragaza abo batuma ubwo bwicanyi bwaka indaro mubanyagihugu biyiciwe nakigoyi!Iabobantu Imana ibaharire bakoricobatazi!!
24 Rusama 2014, 20:02, par Loveness
jewe ndibaza ko igikwiye ari uko ubutungane bwokora bwigenga hanyuma bukamucira urubanza ataho bwegamiye, yagiriwe n’icaha agahanwa hisunzwe amatageko, atakuraba ico yamaze avant, kandi vyongeye ataguhengama. Tureke kuvuga ivyo twishakiye vyose kuko izi messages zisomwa n’abantu benshi kw’isi, dukoreshe ubwenge, ntiduhengamire kuri Mbonimpa canke ngo duhengamire kuri Leta. Nayo ivyo kwambara impuzu z’icatsi kibisi tous les vendredi (vyavuzwe n’abamuvugira) vyo simbona ico vyomara kuko abari mu gasho nibenshi kandi harimwo abazira ubusa, twohava dusanga twambaye amabara mesnhi tukabura n’ingene tuyatandukanya.
3 Mukakaro 2014, 21:13, par habimana claude
jewe mbona ko claver mbonimpa yo rekurwa akaburana y’idegemvya.
14 Mukakaro 2014, 19:56, par misigaro
mukwemeza canke guhakana ivyayo masanamu, ntiturabe inyungu za bamwe n’abandi kuko bishobora kuzana ingaruka gushika niyo tutaziga.leta ya kongo yo ntaco irabivugako ko bibera kubutaka bwayo?kugira umuco uboneke kurusha urya yanditse ngo harabo yamenye, ko atatanze umwidondoro ukwiye w’abapfuye ngo nabiwabo bahebure? haraho dukinisha ibibinyabwonko twibazango ntibifasha muguturira canke mukuzimya, kandi bisanzwe bizwiko umurizo w’ imbeba uremera wumye.
21 Myandagaro 2014, 10:10, par Harerimana pontien
Imbonerakure nivyo zarakoze iyo myimenyerezo kuko bamwe mubavuyeyo baravyivugira
28 Myandagaro 2014, 19:51, par Léopold NDUWAYEZU
umushikiranganji w’amagara y’abantu n’ukurwanya ikiza ruhonya nganda SIDA yosaba ikigongwe imiryango yabuze ababo bivuye kwibura ry’amaraso,abarundi bose;atari uko naho agatanga imihoho atagahato.Reta Yategerezwa gukora uko ishoboye kugira ntibize bisubire mu gihugu c’Uburundi.
21 Ndamukiza 2015, 07:37, par ISAHAC
nbeganone ivyobiriho muburundi?
17 Ntwarante 2016, 10:10, par gibat
emwendumiwe!ntaconumvanovuga