Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Amaze imyaka 60 aticisha utuzi ku mubiri
Amaze imyaka 60 aticisha utuzi ku mubiri
lundi 13 Nzero 2014
Biratangaje kandi biragoye no gutahura, ntawokwemeza ko yoba akomeye canke yoba afise ingorane zo mu mutwe, kuko yimariye imyaka 60 amazi atamukoze ku mubiri. N’aho mubona afise ubwirabure ni umuzungu ashobora kuba yirabuje n’ubuhoma

Amoo Hadji, iyo yibera i Dezhgah, mu gihugu ca Iran, aguma mu bishambara n’ibigaragamba, akaguma yisungira inogoshi, mwokwibaza ko ari itabi ariko n’amase y’inka avunze.

Amoo Hadji amaze imyaka 60 yose adahonyora ku mugenzi, adacisha amadahirwa mu maso canke mu kiganza, ico tutazi n’uko yoba ayanywa. Kugira bikunde, yahisemwo kuva mu bandi bantu maze agenda kwibana mu gahinga . Amoo Hadji yibera ahitwa Dezhgah mu ntara ya Fars iri mu bumanuko bushira uburengero bw’iguhugu ca Iran.



Cherif Nkeshimana