Accueil > Amakuru > umutekano > Andre Ndayambaje :’’ Nta Nterahamwe canke FDLR bari i Bujumbura’’
Andre Ndayambaje :’’ Nta Nterahamwe canke FDLR bari i Bujumbura’’
mardi 28 Ndamukiza 2015
Abanyagihugu bo mu gisagara ca Bujumbura, baraye ntibuca, inyuma y’aho hari amakuru yavuga ko abarwanyi ba FDLR hamwe n’interahamwe zoba ziri mu gisagara ca Bujumbura.
Ayo makuru nyene, akaba yavuga ko abo bagirizwa kuba barahoneje abatutsi mu gihugu c’Urwanda mu mwaka w’1994 mu kwica abagera ku muriyoni, boba baje gufashanya n’Imbonerakure mu kwica bamwe mu batavuga rumwe na CNDD FDD, na cane cane mu bateguye imyiyerekano hamwe n’abamenyeshamakuru bamwe bamwe. Abo mu makomine y’Ubumanuko bw’igisagara ca Bujumbura no mu Buraruko, bakaba bavuga ko izo nterahamwe n’aba FDLR zariko zijanwayo n’imiduga itagira iparati.

Mu giporisi c’Uburundi, bati ivyo ni ibihuha. Ndereya Ndayambaje, umuyobozi mukuru w’igiporisi c’Uburundi, akavuga ko atanterahamwe canke umu FDLR ari mu gisagara ca Bujumbura. Avuga ko abarundi baba mu ntara z’Uburaruko nka Kirundo, basanzwe bavuga ururimi rusa n’ikinyarwanda, umuporisi rero bokwumva avuze urwo rurimi, ntihagire uwokwibaza ko ari muri abo b’interahamwe.
Aristide Nizigire
Messages
28 Ndamukiza 2015, 12:14, par Jambo
Abo nyene nibo nyene tuzoshengeza imbere y’intahe mugihe interahamwe zizofatwa .Azokwisigura ko ari abanyakirundo ?
28 Ndamukiza 2015, 12:19, par Avenir
Igihugu c’Uburundi caguye mu minwe par erreur y’akarwi k’imihimbiri, abasuma n’abambuzi iryavuze Rwagasore. Caguye mu minwe y’abasenga shetani ngo basenga Imana. Iyo mana itgeka corruption, kwica, kwangaza abandi, guhohotera kiremwa muntu, kwicisha inzara n’ubukene abanyagihugu ...ni Imana nyabaki atari shetani? Abatabizi mukabaja inyuma batera mwitabira. Igihugu caguye mu minwe y’abo mu kibanza c’ubwenge bahashize amaronko n’inkoho. Ngirango muriko mwibonera ikwirikizi. Akajagari kariko kaduka ntakindi kavuyeko atari ubwenge buke, ubukunzi bw’inda. Nkurunziza araba Nkurumbi ku Barundi nka kumwe Micombero yaba Micomibi ku Barundi. Hagati y’abo bantu babiri, nta tandukanirizo narito rihari. Tutavuye hasi ngo twiyamirize ako kagwi, turahona.
28 Ndamukiza 2015, 12:40, par bukeyeneza dieudonne
ivyo nibihuha ataho bifatiye kuko abo bavugwa ntibovugwa mugisagara cabuja gusa kuko abo bavugwa ngo bashaka kwicwa no mugihugu hagati bariyo ariko abo ba Fdlr ntabo tubona.ivyo rero muvyitondere nimvo za politque mushaka fatira mubijanye nubwoko,ivyo navyo twarabisezereye
28 Ndamukiza 2015, 13:36, par Algresse Birori
Mbega Kwikivuzwe Nabenshi Kibaco Hamwe Botogwa Muburundi Uwoyaduhumurije Kwatanteramwe Azokwisubirako Gut?Abapolice Bovuka Mukirundo Bagakurirayo Bagakorrayo,hee Ntawuhisha Umwotsi Inzu Irikirasha@
28 Ndamukiza 2015, 13:45, par Adrien
Abatutsi mwarasaze,ubwo muvuga ngo interahamwe kugira urwanda ruce ruza se gutera uburundi?hahhahaha murasetsa kabisa ico mwomenya nuko uburundi ni butoariko si congo turikwumva mutegura hamwe nabanyarwanda ariko nkuko sebarundi yabivuza ngo intambara aho izozanana niho izorangirira.
28 Ndamukiza 2015, 13:48, par kwetu
Reka tuzaze tubarase sha murebe uko INKOTANYI Z’AMARERE dukora. Twafashe igihugu , duhagarika Genicide isi yose irebera. None Nkurunziza ariho arazirecrita ngo zimufashe?????
28 Ndamukiza 2015, 14:05, par muco
Reka kubesha. Ugira uvuge ko barya baraye barica abantu ku Mutakura ko ari aba police bavuka mu Kirundo? Barya bafashwe ku Musaga bafise tenu z’igi police muma sachets bavuga ikinyarwanda, kubwawe n’abapolices bavuka mu Kirundo, ariko batagira ibibaranga?
28 Ndamukiza 2015, 16:01, par HITIMANA Alphonse
Abantu bakina Politiki, bafite inyungu zinyuranye kandi abenshi bagamije gushyira Igihugu cy’i Burundi mukaga nkuko byatangiye none hirya no hino Mugihugu cy’i Burundi. UBUHANUZI: Niba Hari abantu bari Mugihugu cy’i Burundi bumvako bahamanya n’Umwuka Wera w’Umwami wacu Yesu Kristo, bitange batitaye kubirimo kuba hirya no hino, bafate iminsi itatu ihwanye n’amasaha 72 ku manywa na n’ijoro ntacyo barya nta n’icyo banywa, basengera Igihugu cy’ i Burundi n’abantu bakirimo kugirango akaga kari imbere gakurweho kuko Igihugu kigoswe. Bitabaye ibyo, ibyago n’amakuba birasohozwa Mugihugu cy’i Burundi. Abitanga bagakora ayo masengesho ategetswe n’Uwiteka Imana, bahabwe umugisha. Uwiteka Imana irengere abantu bayo. Amen.
28 Ndamukiza 2015, 16:25, par kuki
Hahaha Izo tumaze gufata twazimesuye hama tuziha abasirikare. Iyo mvugo yabo yoyo turayimenyereye.
28 Ndamukiza 2015, 16:49, par Sikwenu
@ Kwetu
Inkotanyi muteye ubwoba koko?? Atari ukwica entre vous hari ikindi mushoboye?
Murahenda abandi. President Nkurunziza yavuze ati: INTUMVA IZOPIME IRABE.
Murapima murabe.
28 Ndamukiza 2015, 18:00, par Nahayo
Jewe numugore wanje tuvuka mu kirundo nta kinyarwanda tuvuga. Zwz wa mupolisi Andreya waratamitswe kabisa. Ariko ukomeje gurtyo uzobirutswa ivyo wariye a wewe
28 Ndamukiza 2015, 22:46, par Kazu Emery
André Ndayambaje, mpejeje kumviriza ivyo uvuga ubesha ivyo ubesha, aho uta ubwoko wabuze ivyo urya. Ntasoni uri umuuntu wumushintahe, amategeko wagiyehe ko uvuga les manifestants nta mategeko bakurikiza kandi uzi neza ko manifestation pacifique idakeneye autorisation. Umenye mwe nagaciyubwenge, ntimwibaze ngo muri kukazi wibuke la baïonnette intelligente, ndabateze iminsi muzojana nagutamitse
28 Ndamukiza 2015, 23:59, par igirukwishaka
Nahayo jyewe ndumurundi womukirundo mvuga ikinyarwanda .
28 Ndamukiza 2015, 23:59, par igirukwishaka
Nahayo jyewe ndumurundi womukirundo mvuga ikinyarwanda .
29 Ndamukiza 2015, 05:16, par rumuri
mbega interahamwe zoboneka kumusaga ? Ewe ntawuyobewe ko ari umugambi mufise wogushaka gusubira kubutegetsi mudahiganywe nabandi murasha ngo kagame aze kubafasha birazwe murashaka guhindura igohugu umunyota
29 Ndamukiza 2015, 08:34, par kirokira
mugabo ndayambaje,ubu mwarikuyeko umwambaro w’ubushingantahe, abo banyagihugu bo mu kirundo nibo mwamanukanye kubafasha kurwanya abanyagihugu bo mu gisagara? mbega abo banyakirundo formation bayigiriy mu kirundo, bakorera mu kirundo, kuburyo batazi ikirundi, ntibameny nama quartiers? inzara irahera, ariko igihemu ntigihera. hari igihe uzokwicuza ivyo wariye. turakurindiriye!
29 Ndamukiza 2015, 08:39, par kirokira
birababaj ko mwamaze gukura umwambaro w’ubushingantahe mwese. ndayambaje amaraso ya bene wanyu, bene burundi ariko arataka, ashaka guhorwa. izo nterahamwe ukingira ikibaba zizoguhindukirira wewe nyene. hagarikira ingabo zawe zimare abantu ujejwe gucungera. uzobibazwa bidatevye
29 Ndamukiza 2015, 14:58, par GAHWAYA ETIENNE
Mwese mufubusa,rekimana numwanya bizotanginyishu,ariko nashaka mpanure mubafise urukundo gwuburundi bwo kuvuga imvugo yubaka,je nabonye mwese ko muvuga ibintu mutamanze kwiyumvira,mbe genocide y’ugwanda,yabaye ryari,ubu turi mumwaka waryari,si jai bon memoire yabaye en 1994,haheze imyaka 21ans,none uyo muntu yafashe canke mubapolisi muriko mubona bafise imyakingahe,mubapolisi tubona uwanyuma yobafise nka33,uciye ushirako,21 iciba,54 kandi turazi kumugabo,wa 54ans muburundi afisimvi,none uyo mwafashe afisimvi,canke harashaza muriko mubonamwo,reka kuvuga nkabaraga,kuko icatumye Ugwanda ruteimbere,nukuvuga neza nugukundigihugu cabo.Sha bahutu nabatutsi iterambere rizova mukwiyumvamwigihugu Imana yabahaye,raba mwigabuye kubwoko,nka 93 igihe ,vira hasi rimwe muvugukuri abo banyepolitique barabahenda ega ntakazi kandi bafise,bure kutagenda kumirimo.Sha birabaje aho twari tugeze kumva ngwabatutsi muma quartiers yabo bagumutse,ngwabahu muyabo barorera naho twari tugeze,aho ntimubona ko muteye ingorane mubantu bahanyabageni badasangiyubwoko,ubu ntibayaga neza kukwigabura kwanyu.NDUMIWE KANDI BIRASHISHA.KAGAME WEWE NIMUMUREKE INGORANE YIFITIYE NINYINSHI,KANDI MBWIRE ABANYAGWANDA KWATANTERAHAMWE ZIRIBURUNDI,BAREME,NTACO TUBARONDERAKO NIBAHANGANE NA CONGO IBABITSE.ARIKO ARIYINDI NGORANE TWOBA DUFITANIYE BARATERA NTAMWANARIMWO KUKO UWUTAVYAYE NIHAGURUKA TUGWANE SINGO NDAGUKUBITE.
9 Rusama 2015, 14:58, par Babu Murabesha
Reka twarabahinyuye!
Aho iyo muhengeka ngo interahamwe canke imbonerakure mushaka kuvuga abahutu,muziko mubwira ibijuju bitumva?
Kuri kayo,aho mwabusya twari munsi y’urusyo.
Tandukanya 72, 93 na 2015 ntibisa aha benshi barihoreye
9 Rusama 2015, 14:58, par Babu Murabesha
Reka twarabahinyuye!
Aho iyo muhengeka ngo interahamwe canke imbonerakure mushaka kuvuga abahutu,muziko mubwira ibijuju bitumva?
Kuri kayo,aho mwabusya twari munsi y’urusyo.
Tandukanya 72, 93 na 2015 ntibisa aha benshi barihoreye
9 Rusama 2015, 14:58, par Babu Murabesha
Reka twarabahinyuye!
Aho iyo muhengeka ngo interahamwe canke imbonerakure mushaka kuvuga abahutu,muziko mubwira ibijuju bitumva?
Kuri kayo,aho mwabusya twari munsi y’urusyo.
Tandukanya 72, 93 na 2015 ntibisa aha benshi barihoreye
9 Rusama 2015, 14:58, par Babu Murabesha
Reka twarabahinyuye!
Aho iyo muhengeka ngo interahamwe canke imbonerakure mushaka kuvuga abahutu,muziko mubwira ibijuju bitumva?
Kuri kayo,aho mwabusya twari munsi y’urusyo.
Tandukanya 72, 93 na 2015 ntibisa aha benshi barihoreye
9 Rusama 2015, 14:58, par Babu Murabesha
Reka twarabahinyuye!
Aho iyo muhengeka ngo interahamwe canke imbonerakure mushaka kuvuga abahutu,muziko mubwira ibijuju bitumva?
Kuri kayo,aho mwabusya twari munsi y’urusyo.
Tandukanya 72, 93 na 2015 ntibisa aha benshi barihoreye
9 Rusama 2015, 14:58, par Babu Murabesha
Reka twarabahinyuye!
Aho iyo muhengeka ngo interahamwe canke imbonerakure mushaka kuvuga abahutu,muziko mubwira ibijuju bitumva?
Kuri kayo,aho mwabusya twari munsi y’urusyo.
Tandukanya 72, 93 na 2015 ntibisa aha benshi barihoreye
9 Rusama 2015, 20:01, par RUGO PETER
YEMWE BA PRESIDENT BA AFRI MUREKURE HAYOBORE ABANDI.
9 Rusama 2015, 20:02, par RUGO PETER
YEMWE BA PRESIDENT BA AFRI MUREKURE HAYOBORE ABANDI.
22 Kigarama 2015, 11:11, par Alexis
Gushika Ub Bimeze Gut ?