IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bamwe mu bashatse gufata ubutegetsi ku nguvu bariko barahagarikwa

Bamwe mu bashatse gufata ubutegetsi ku nguvu bariko barahagarikwa

vendredi 15 Rusama 2015

Abafise ipete rya General batatu baramaze gufatwa mu bateguye gutembagaza ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza umukuru w’igihugu.

Muri abo bamaze gufatwa hakaba harimwo nka NDAYIRUKIYE Cyrille, NDABANEZE Zénon wo mu giporisi na NIMENYA Hermenelgide batazira Biha w’umuporisi. Abo bafashwe bakaba bafatiwe mu nzu imwe, aho bari binyegeje muri komine ya Kinindo, quartier Kibenga.

Abo bafashwe rero, bakaba ku munsi wa gatatu, bari bavuze ko bafashe igihugu, bakuye intwaro ya Petero Nkurunziza, barongowe na General Godefroid Niyombare. Inyuma y’akanya gato, bakaba baciye bateshwa umugambi wo gutembagaza ubutegetsi, abashaka kuja gufata iradiyo nkuru y’igihugu nabo, bakaba baranahatakarije bamwe mu basirikare, blinde iraraswa, abandi barafatwa n’abishikanye.


Aristide Nizigire

Messages

  • Hehehehe Mena ivyo bihere !!!!

  • eeh nibafatw kuko barahimvy baca bariyibagira!cou d’eta nibazirekere buyoya nayo abo ntaco bashoboye!nibagend barye umuceri batazi ibeyi hama baryame no munzu batazi ibeyi!

  • nta gihere kigusumba. abo ni abagabo. wewe uzopfa nk’imbwa

  • ntibabice kuko baremwe nuwabaremye ntigisigura bokwicwa bakoze icobatumwe.

  • nibaje aho abanyagihugu benshi barikuja.nibabacire urubakwiye izonjavyi

  • ndabira namwe iryo bara kumutemere aba generaux bari gusa. bahenzwe n’abacivile none barabakuye agashambara amakungu arorera. nawe rugaara ntabagayeko bwo! shyuuuuuuh! ni babadegrade nakare bayayoraguye kubusa, bari benshi bagabanuke baruhurire igihugu.

  • Ntitwipfuza intambara.twipfuz’amahoro politique ni bakine bumvikana ariko bareke gukinira kubuzima bwabanyagihugu.Mana urinde uburundi.

  • Ahubwo Akokagwi Kinkorabara kose bakice kuko gashaka gusubiza igihugu muntambara canke bose babate mumpimba

  • Bavuga mu kirundi ngo, ababipfa ni ababisangiye. mugabo abo bariko barajisha abashatse gukora coup d’État baramenyako nabo badasayangana devant le Peuple bururundais. Nabo bari bakwiye amapingu. Iyo mandat ya gatatu ya Nkurunziza yomoye abanyagihugu isinzi, ikaba ibandanya gusesa amaraso y’abanyagihugu n’intwazangabo, navavanure nayo kuko abarundi barushe nukuri!!!

  • barundi rekera politik abanyapolitik, mbe mwiyumwiriy mubina bar kwugara gute amaradio yigege? ubu barayugay ubutakigaruka kand bakuy imyiyerekano, rero ntimwibwz ngo umugambi war wa coup d etat,wari uw kugara bonesha n RPA,nugukura abanyagihug mwibarabara, hehe mwumvis umuntu atangaz coup d eta kwiradio ya prive,ncuti kanure muc ubweng murek gusamazwa nabanyepolitik,objectif yabo yaranguts.

  • ahubwo nibabahe abanyagihugu babihanire kk baratukishije igihugu biteye ubwoba

  • Akaba Président NKURUNZIZA Pierre, yabonye ukuboko kw’IMANA mu mpande ziwe, izo mbohe bafashe arazire urubanza rukwiye kugira ngo ICYUBAHIRO k’Imana kigume kumuyobora kuyindi mandat, bakaramuka bishwe, ishavu ry’Imana ntaho azarinyura. Imana nihabwe icyubahiro kandi ikomeze kumurikira Uburundi n’Abarundi.

  • Mbabajwe N,abanyagihugu B,i Bujumbura Bahenzwe! Birababaje!

  • Baba abishikanye canke abafashwe turabasavye ntibicwe nibabashikirize ubutungane ,mwibuke ko itegeko ryuburundi ritemera urubanza gwogupfa

  • abahutu duhimba nabi

  • Iyo ninkinamico twabahinyuye ntacobabagira bashatse badukure mubarabara nirya mama isibe rero twarabahinyuye

  • Michael urimbwa itagira umurizo kuko ntiwoyita abantunkawe ngo nibihere hihihihihi!!!!!!!!

  • abo nubwo mugiye kubica bapfuye urwabagabo nayo mwebwe na Peter mushigikiye ndingaha ninaba nkiri muzima muzopfa mwumye nuruvyaro rwanyu amaraso yabarundi numuruho muteje abarundi nu Burundi bizobakurikirana

  • Ariko Niyombare n’aho yofatwa n’ejo canke hirya y’ejo, N’umurwanyi Kabisa; Yabasize gute? Aranyika canke!

    Ubu rero Peter n’atangure Mandat ziwe zibiri kuko ubu n’uguhera àzero mu harura Kuko Mutama Niyombare yari akimaranye imnsi ibiri. Hahhhahh!

    Je pleure mon pays ""Mon Dieu, Pitié àmon peuple, apprend nous àvivre comme des hommes dignes d’être appéles tes fils"

  • naho batashitse kuco bipfuza nibo bonyene ari abagabo mu nzego z’umutekano. nibo bagomba guhagararira ibwirizwa shingiro n’amasezerano ya Arusha. Abandi bari muri système corrompu, cest tres dommage pour le pays et pour vous-memes meme si apparemment vous l’ignorez. namba mufise abana bakiri bato, muzobibona (naho mwoba muri muri système) ko ataco muriko murakurikira. Bravo chers generaux, mwakoze ico mushobora, l’initiative est tres louable même ca n’a pas favorablement abouti, faute d’avoir une armee nationale. Merci d’avoir tenté, quoique sans succes, de renverser ce système pourri. Le gros des membres du commandement de l’armée et de la police sont a la solde de Nkurunziza, le dicateur et pas vraiment soucieux des interets du pays et donc, de la population. Je vous apprends que le bien reste le bien même si personne ne le ferait ( nous avons quand meme eu ces braves hommes qui ont tente de sortir le pays du gouffre) et le mal reste le mal meme si tout le monde le ferait ( ce qui risque d’etre votre cas). ce n’est pas parce qu’ils echouent qu’ils deviennent des insenses. C’est vrai ils vont etre reprimes par le pouvoir tyrannique mais son tour arrivera, nous croyons en Dieu qui va venger son peuple. Courage chers militaires et policiers, vous etes les heros de la nation.

  • Ns entendons k,il s,agit d,un coup monte prepare par Pr Pierre Nkurunziza pour arreter les manifestations contre son 3e mandat!Exist,il un Coup d,Etat par voix pacifique?7 drole!Victme Niyombare tes soient disant collegues t,ont vendu et le jalous CNDD FDD t,a eu!Mais ns prions pr vous!Que Dieu te protege

  • Kubita izo mbwa kuko ivyo bashatse gukora sivyo kandi mwari mukwiye kubica kuko nabo nabicanyi,

  • iciz.cobabera.Barasire.Imbere.Yabanyagihugu

  • ARIKO ABARUNDI BARACAFISE IKINYA BABARETSE UKO ATANAKANTU BABAGIRIYE KWELI....!
    UWUZOSUBIRA MWIBARABARA AZOFATWA NKUWUSHAKA GUHIRIKA UBUTEGETSI TWEBWE ABANYAGIHUGU TWASHAVUYE.ARRRET.

  • Nimuceceke!Mwarikubise Coup d’etat.Prime Uzopfa Nabi.Warubahutse Urahenda Niyombare Ngomurikumwe Mugomba Kumuhezayo?Mumenye Ko Ibirenge Biriko Bija Guhamba Abandi Namwe Bibarindiye.Twamenye Ko Ari Imitwe Mwakinye Ngo Inama Isibe.Ariko Murabesha Ivyavuzwe Bizoshika.Amaraso Yabarundi Mwishe Arahuma.

  • Imana Ibabarire Abo Bose Bavuga Abant Ngo Ni Ibihere.Uziko Ututse Imana?None Ko Yaturemye Mwishusho,twoza Turayishavuza Nkuko?Satani Muraz Ko Yari Umumalayika Ntitwigire Nkawe.Imana Idufashe Dukorera Mubutamenya.

  • sweta hasi mwambones murasubir kuyo mwaney mwes mwavuz uk

  • Nibahebe Nkurunziza Ntaho Bazomuca .None Ubu Ntibanyuzwe!

  • ntawaruza inkona kirazira bagira ngo ruritaha nibarabe ingene bagiye gutwagwa mu mpimba bagaye ubu general ngo bashaka igihugu mbega munyumvira cari kubakwira?

  • Film de l’arrestation des mutins du 13 mai 2015 ni bakome izo nyanka burundi

  • uguhora nukwimana,mwese mutekane,ukuri kuzwi n uhoraho niwe azoca urubanza.musenge cane ntimucikintege,kuko igihe kiregereje co gutabarwa kandi umuntu wese numutwaro wiwe. mwereke imana ibibaruhije nayo izohaguruka aho yicaye muntebe yayo yicubahiro ibatabare, muyiyegereze n umuvyeyi.
    ntimwizingire kuvyisi kuko birahera kandi bigenda nk ifu nakanya gato.
    yaba abashigikiye iyintwaro nabatayishigikiye,abatwara nabatware, mwese mumenye ko hari iherezo kuri umwumwe wese kugatwe kiwe,kandi ntimugateze umuvumo abana banyu nigihugu cose, ihane bigishoboka,korera mubigororotse mwanke gukoreshwa ibibi.

    imana izoguma ari imana mwoyikorera mutoyikorera kandi ntizohindura programme zayo,tuziko izoca urubanza,mwohindura constitution mworeka,amabwirizwa yayo ntazohinduka,handitswe ngo ntiwice,kwica canke kwifuza kwica bizokwama ari icaha.

  • mana ibuk uburund bwacu ubuh amahr uragow w ufis agatim k kwica <amaraso y,uwera ni amosozi yimana> umeny k ivyis bihr MANA hindur abarund bamw bamw

  • Oyéé ,kumena amaraso ni ikintu kibi cane.Mwari muzi ko ata muntu numwe kw’isi ashobora kurema umuntu canke ngo akorde amaraso (fabriquer).Ivyo ndabivuze kukonzi Uyo Zénon ,ko ariwe yishe Munsenyeri wi Gitega ,ico gihe yari umu Robere .None raba ubu agiye kuzira aya Rusuferi Nkurunziza.Bantu mutemera nimwemere kuko ivyerekeye Ndabaneze Zénon ,ninkacagihe Gahini yishe Abeli hama ijisho ry’Imana rikaguma rimukurikirana.

  • non uwabatumye wwe ntibaziyagez?ubutungan ntibwomukurikiran?

  • Nimuteshwe mute twabimenye,mwaturiy R.P.A ntimwayituriy mu mitima ya bantu.

  • reka gukokeza. uwu wese ashaka kudusubuza mwihumbi turamwiyamirije.

  • uruciramukaso rugatwara nyoko,kandi uworukarisha gwomumwa.baribazikoruhitana mutama none niborubanje mutama pore sana!

  • mutamama turamushimiye ntadutetereje aragahorara aduserekura numugabo wabagagabo abagumyabanga duhagaze neza ntadutetereje noneho mugashoho yarabibonye ko turi nyuma yiwe komera mutama wanje rambana intsinzi wirondereye.

  • URUCIRA MUKOSO RUGATWARA NYOKO !!!IGIKOBA CIKWEGERA AMAKARA KANDI ABATANGANYA AMATAKO NTIBOGERA HAMWE

  • Imana irutingabo abo nuruyeri kugira abantu bave mwibararabara ntakundi reka dusenge Imana yishure gusa baguye mumporera

  • MBE BURYA ABOBAGABO BIHAMAMIRA IVYO GUHIRIKA UBU TEGETSI MBE BOBA BARIGEZ KUBONA INKURUMBI NKIYO.NAMBA BARI BAMAZE NOKUVYUMVA SINUMVA KO BABIZE BARWAYE MUMITWE IVYO ABENE GIHUGU TWARAVYANSE ICOBA CIZA NABASIGAY MURIBO NIBIZANE.

  • Ico bipfuje ntabwo bagishitseko,ubutungane nibukore ariko buze burangwe n’umutima w’ikigongwe kuko burya ingero ugerera mugenzawe nawe ariyo uzogererwamwo.

  • NIMUBAREKURIRE,MUBAHANURE-MUBEREKE’IKOSA.BAKOZE-BIHANE.

  • NIMUBAREKURIRE,MUBAHANURE-MUBEREKE’IKOSA.BAKOZE-BIHANE.

  • Pole bashingantahe, nukuvyihanganira mukemera gupfa rugabo. Politique nuko imeze, nimiburiri musize mubohoje abatari bakeyi bari batawe mu munyororo igihe c’imyiyerekano, nico ni igikogwa kibone mwakoreye Imana, izoheza namwe ibafashe.

  • abakurambere barayamaze at:"nta murandaranda uhiga n’umuhoro.",nibabinezerererwe,knd ngo:uworukarisha rwomumwa,mbwira gito canje niciwundi cumvireho.imana irakunda abarundi,amen

  • ndagaye quand meme abahutu,mbegako muguma muri gentils,ntimuramenya ingene abandi baboha abagesera,murabaza vitali na pacifique n’aba sans echecs,ka menote ku biganza,baza muri liberia ingene abandi baboha kandi bahasha umwansi.

  • Muzotangara musanze ari inkinamico ya cndd fdd nkuko nyamitwe yabivuze. Nibakire ikidari co kurementanya

  • Politique yabananiye none mugarukanye ivyo gutembagaza inzego twitoreye!"Amase YA kera ntagihoma urutaro"

  • Hari uwuheruka kuvuga ko hari ibintu 3 vyama vyashikiriye abantu sans qu’ils s’y attendent, ivyo navyo bikaba ari prison, pauvrete et exil. Ntakundi rero nibemere akaje.

  • NABANDI NIBABARONDERE BARAHO NACANECANE NIYOMBARE NAWE BAMUFATE YAVUGA KO ADASHAKA KUBUMU UMUJA NONOHO BIGIYE KUNYUKA

  • Ahohoho, nibategure prisom ikwiye abarundi bose, n’imiburiburi 70% ntibemera mandat ya gatatu ya nyakuhwaba arinawe nyenicuhabiro perezida NKURUNZIZA. Nyakubahwa: kuva kuntwaro y’umwami MWEZIGISABO, basokuru babayeho bunyamaswa umubirigi n’umudagi ivyoyakoze sivy’ukwibuka uretseko atawovyibagira, abatwibarutse batsindiye ukwikukira ntibakubona ahotuvuga kuri micombero72. Hari n’abatemaguye ibitoke ngo umwirabure abaye umuzungu ngo ntawukinywa urwarwa tuzotungwa na robiné ya coca-cola, Imana zirugarwa ntizinjira muburundi Hasigara Kiranga n’ibihweba vyayo, kuko n’abamarayika bari bagiye. Haje agasumba akandi I I= II Kuko U ntiyari ikivurwa, demokarasi bayihambana ikibunda c’imbwa, Uburundi bubona amakuba, n’igitoke ntikikimera kubera amaraso ya Abeli yasheshwe na ba Gahini ! Munyuma dushimira IMANA yo mwijuru kandi tutihanye uretseko itigeze itwenga kuko inkonda zayo zoba umwuzure muri ka gahugu k’udusozi ijana. "Gahini yazize amaraso ya mwenewabo". Muzobaze padiri na musenyeri ndetse pasiteri na shehe barabizi, muti: MBEGA IY’UMUNTU APFUYE AJAHE? Kuko twese tuzopfa. Umvirize mbabwire: "MUBURUNDI NO HANZE HARI IVYIHEBE VY’ABARUNDI BISUMBA BIMWE VYA OSSAMA BIN-LADEN. " vyashegeshwe n’intambara bishobora kwiturira vyisutseko essance, ubundi ivyatsi n’utugomba bikayogera. D’ukeneye amahoro arangwa na independance na Democracie s’il vous plait ! Pardon!

  • Iryo ni irementanya kugira DD yigizeyo ababona kure. Ushima ari vyo, ni kubera iki baguma bavuga Cyrille Ndayirukiye kandi ari Niyombare ariwe yemanze ico yakoze? Iyo buba ubwumwe bwari ikindi! Na Nyamitwe yarabivuze ati: ni ikinamico. None ninde yarikinye? Nkurunziza yibaza ngo ingorane ziragabanutse mugabo yiteye nyinshi gusumba izahahora. Agasubira gutwara iki gihugu, muragira muti Uburundi ntibugira Abagabo!

  • UBTEGETSIBURARYOHAPEE.BARIBAZIKO.ARITABI.BASOMANYA.NIBABAJANEMUKAGASHOKIMISUMARI.KUGIRABUMVE.KUKOYARABAHANUYE.KUTAJAMUMATWIYABANYEPORITIQUE.NTIBUMVA,NONEKOBATANGUYEKUBIYAMA.KANDIBAVUZEKOBACABANGIRA,YARABIVUZE,NYANGOMA.RWASA.NDABITORE,BABAZE

  • MURARABA NEZA KO PETER ATARIWE YAREMENTANIJE KUGIRA AMARE ABAMUGWANYA TWARABIMENYE IVYO MWATEGUYE HAMWE N UMUKURU WIBIRO VYINTWARA MIHETO//////

  • Erega Ntituri Muri 19 Na20 ème Siecle.Ubu Ni Siecle De La Vitesse Umuntu Yiruka Ahiga ubuzima Adaciye Mugusesa Amararo Akora Yiyumviriye.Ubona Ga Siri Ico Cubahiro Urimwo Aho Wicaye Gisumba Ya Ma Sarude Baguha?

  • Mbega umurozi, muzotegekwa n’umurozi kugeza ryari, arobarya azobamara. Yahemukiye abo basangiye mwebwe mwese nkuru mbi azobamara muzoshirira kurusoro nk’inyoni

  • Inkinamico, irementanya nk,uko babigize mode de gouverner. Ariko ubu hoho ni intango y,iherezo. Buca abene Burundi bamenya ingene vyagenze. Mwese muriko muvuga ngo ni babambwe hari ubwo muzicuza muvuge muti " Peter n’abo bafatanije kurementanya bakwiye kubambwa". Muzotangara nka wa wundi ngo " Bazorira, bazobura iyo banyikira, bitebe bitebuke ico gihe kizogera".
    Ndavuga simvura.

  • abagomvyegutembagazubutegetsi nibateshwebate kandi bamenyeko amaseyakerantagihomurutaro,nkurunziza prime nabandi bagumyabanga mukomerekumuheto tubarinyuma

  • ntabwo twizey ko yari iyukuri kko ico nikintu corosh mribi bih

  • AHUBW BARI BAKWIY KUBANZA KURAZWA MU MAZI KW’INDWI CKE UKWEZI NDAVYE AMAJORO MAZE NDARA MASO.

  • Ahubwo bakwiye kwicwa kuko bagovye gutembagaza intwaro ya mutama .arinkanje nobasukako essance nkaba komera iyomihimbiri

  • jewe abatutsi barantwenza cane,none bashaka ubutegetsi akakanya kandi babona n’abahutu batarakwigwa.Emwe barahona ndabarahiye!!!!!
    .

  • Abobantu bazirukuri ese iyokudeta iy’ishoboka barabagabo kugwiza cumi kuko ivy’uyomugabo Pita yigira umengo niwarikw’isi wenyene kand’ivyovyose abitumwa n’indandende ihumirindya ikicakokize .Arikorero amenyeko m’uburundi Abagabo bamusumvya ijunja n’ijambo bahari ntagombe kw’igira umugabo wenyene.ndavuga simvura murantunga.

  • JEWE NIBAZAKO ABANTU BAGOMBA GUHIRIKA UBUTEGETSI BATOKWICWA KUKO SIWO MUTI!AHUBWO BOZA BARABACISHA KURI TREVION BAKABONAKO ARABIHEVYI.KUKO MBONA ABARUNDI BASIGAYE BAGUTSE KUVYOGUTEMBAGAZA UBUTEGETSI!ARIKO IGIHUGU NIGITO NTIGISHOBORA KUBAKWIRA?SENGIMANA MUFATANYE NA YESU KURONGORA IGIHUGU CIZA,COMW,IJURU MURAKOZE.

  • ABO BAGABO BAKWIY KWICWA BAKEREWE NIBIZIGA BIGATURIRWA.JEWE NIMUMPE IYO DEAL KUKO BARIBAKOZE IBIDAKORWA.

  • AHUBWO.NIMUBANYOE.KUKO.BARADUHAHAMUYE

  • Mutama Komera Kwibanga Agati Gaterets Nimana Ntigahenurwa N’umuyaga

  • jewe nitwa emma, jewe ndibazako abo ba generare bari bibagiye ko muburundi ata cou d’eta izosubira kuba ariko barazi ko bakoze icaha n’i bemere bahanwe nibo babishatse. Gode nawe nareke guhendwa intambara ntacimaze atarukuzana amarira na maganya

  • Mbajj Nkundamahro.Mbega Vyanditsehe Kwaragati Kateretsw N,imana?Kuyibeshey Uzokwihana Kwand?Ku Munt? Ku Mana?

  • Kwel Ubutungane Nibukor Akazi Kabwo Ukuri Kumenyekan.Mbe Uwateguy Ihirikwa Ntarafatwa?Ntaco Barakora

  • Kwel Ubutungane Nibukor Akazi Kabwo Ukuri Kumenyekan.Mbe Uwateguy Ihirikwa Ntarafatwa?Ntaco Barakora

  • Umuntu avuga ngo babice abagize coup d’état yibaza ko asumba yesu yababariye abamwishe .n’umupagani imanimubabarire kuko nawe nyene yarakwiye kxicwa kuko umuhanuei lubi asum umurozi.

  • Amaraso y’abarundi arahuma azobahumira mwese mwifuza kuyasesa. amazi atemba ntawoyazibira! uko bigenda kose umwidegemvyo w’abarundi ntuzohagarikwa n’iterabwoba. abantu barishwe kenshi cane ku ntwaro ya Peter Nkurumbi; sinomwita nkurunziza, kuko n’intumwa ya Satani ku Burundi bwacu igihu catwibarutse. twabonye amabi menshi ariko Peter aza yongera ikibi mukindi. amayeri yo gucanishamwo abarundi, no guhonyanga agatekaka kiremwa muntu.ntitugishoboye kwiyumanganya. atari bansumire inda n’intambira kiza, nta muntu muzima yobisabirako.

    abahoze bayoboye uburundi baravyiyamirije bose! abo bazi vyinshi.

    uwudafise ubwenge; nagerageze kuvyiyumvira ko!

    umunyabwenge buzima, yemera kugigw’inama!

    nayo igipfu nticumva!!!. niwe abwigwa n’uko amaso atukuye.

  • Amaraso y’abarundi arahuma azobahumira mwese mwifuza kuyasesa. amazi atemba ntawoyazibira! uko bigenda kose umwidegemvyo w’abarundi ntuzohagarikwa n’iterabwoba. abantu barishwe kenshi cane ku ntwaro ya Peter Nkurumbi; sinomwita nkurunziza, kuko n’intumwa ya Satani ku Burundi bwacu igihu catwibarutse. twabonye amabi menshi ariko Peter aza yongera ikibi mukindi. amayeri yo gucanishamwo abarundi, no guhonyanga agatekaka kiremwa muntu.ntitugishoboye kwiyumanganya. atari bansumire inda n’intambira kiza, nta muntu muzima yobisabirako.

    abahoze bayoboye uburundi baravyiyamirije bose! abo bazi vyinshi.

    uwudafise ubwenge; nagerageze kuvyiyumvira ko!

    umunyabwenge buzima, yemera kugigw’inama!

    nayo igipfu nticumva!!!. niwe abwigwa n’uko amaso atukuye.

  • EWE NKUNDAMAHORO URATANGAJE IVYUVUGA REKA KUVUGA NABI POLITIQUE NTAYUZI AHUBWO BABAZWA NABASODA BATOBATO BABIGUYEMWO BAGIYEYO BAZI KO ARI COUD ETAT KUMBE YARIMIKINO YA POLITIQUE

  • none abo bashaka gutembagaz umukuru wigihugu barafaswe non baraciriwe urubanza

  • ICOMBONA NUKOPETER ATOKWITOZ KK BAMWEBATAVYEMERA AZOBADUSUBIJEMUKAGA KANDIVYARAMAZEGSHIKA

  • ivyomwiphuza vyose bimenyeshwe Imana mugusenga nomukwinginga bifatanije nogukenguruka. jewe mpisemwo kubasengera mwese.

  • nimwirorerekuniganiraubusa byobayebyiza iyomwarikubamuzikiyisiarintizo AHATULIHALABANDI.IBYOBYOOBAHILOBYANYU.NAKAMANYUKUMUTSIMA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.