Accueil > Amakuru > umutekano > Bujumbura: Abantu batatu bapfuye barashwe n’abantu bataramenyekana
Bujumbura: Abantu batatu bapfuye barashwe n’abantu bataramenyekana
vendredi 10 Mukakaro 2015
Abantu batatu harimwo umupolisi bapfuye bahitanywe n’amasasu hagati mu gisagara ca Bujumbura hafi y’inzu y’ubudandaji izwi kw’izina rya T2000 kw’ibarabara ryitiriwe umugambwe UPRONA.
Vyabaye nk’igihe c’isaha zibiri z’igitondo,kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 10 Mukakaro 2015,aho abantu bataramenyekana bari mu modoka yo mu bwoko bwa TI barasa ahinjirira ibarabara ryitiriwe Amitie.Abantu batatu harimwo umu polisi ajejwe umutekano ku nzu y’ubudandaji T2000 baciye bitaba Imana.
Mu mwanya muto ,haciye hza imodoka yo mu rwego rw’igendereza itora ikiziga c’uwo mu polisi ariko abandi bitavye Imana yabasize aho nyene muri ico kibanza.
Mwomenya ko haheze hafi ukwezi hari grenades zitewe mu gisagara zikomeretsa abantu bashika indwi,izatewe ubwa mbere nazo zahitanye abakenyezi badandaza ivyamwa hafi y’ahahoze isoko nkuru ya Bujumbura,abashika 8 barapfa.



Van Naris Mugisha
Messages
10 Mukakaro 2015, 11:18, par inamahorodiane
EWA YESU DUTABARE NAHAWE HO GUKORA EMWE TUGEZE MUGIHE CIHERTEZO!
10 Mukakaro 2015, 12:00, par NGENDA
UWICISHA INKOTA AZOKWICWA NAYONYENE. ABAKORA UBWOBWICANYI NIBAMENYE KATANYUNGU N’UMUTAHE BIZOVA MUMARASO KANDI AMARASO YA KIREMWA MUNTU ARATANDUKANYE N’AYIGIKOKO ,AMARASO Y’UMUNTU ARAHUMA.
10 Mukakaro 2015, 12:06, par Scott
Abo nimbonerakure zishaka kwagiriza abanyagihugu karibo bahungabanije umutekano sha imisi y’imbonerakure iraharuye nabo babarungika rindira mugiye kubona ico imbwa yaboneye kumugezi.
10 Mukakaro 2015, 12:20, par nzopfamvuga salvator
fata iyo modoka yigipolice yaje igatwara ikiziga cumupolice gusa niw azi ababishe.kuko ntivyumvikana ingene yatway umupolice agasiga abandi!!! nivyo binywamaraso vyabapolice babishe.
10 Mukakaro 2015, 12:34, par Big Up Alex
Yohoooh!!!! umve akgahomerabunwa !!! abantu basigaye brutwa nibitungwa reta irakwiyekwikebka birabbanje pe !!!
10 Mukakaro 2015, 12:40, par burosi
MANA FASHA ABARUNDI NUBURUNDI AMARASO ASESEKA NTAHUMURIZA
10 Mukakaro 2015, 13:00, par WABUTARE
YO000!! NONE UMUNTU ASIGAYE YICWA NKI NYAMASWA TURAGOWE .NIKUKI ABANTU BASHOBORA KWICIGWA HAMWE BAGATORA UMUPORISI ABANDI BAGABASIGA AHO ? KOBAVUGA NGO NIMBONERA KURE IYO BAVUGA KO ARIBISUMA NAHO . NUWISHE UWUNDI ABA ARI MBONERAKURE IMANA IDUFASHE KU VYAHA MUBURUNDI
10 Mukakaro 2015, 13:58, par KORODE
JEWE.ICIYUMVIRO CAMJE NIDUSABE IMANA.IDUFASHE
10 Mukakaro 2015, 14:29, par NDUWIMANA
Ariko ga basha uwo mugabo niyombare na leonard bashaka kumara abarundi mu vyukuri kweli.
Ariko aho bari nabo nyene bamenye ko bazopfa igihe kigeze cabo.
Nibareke abantu bibereho kuko sibo babaremmye.TURABIYAMIRIJE.
10 Mukakaro 2015, 14:32, par J.@yaya@
Ndahojeje imiryango yabuze.MANA bahafi yabawe.
10 Mukakaro 2015, 14:51, par All Hasani Mwinyi
Uumusi Urizina Bazofatwa Nn Ngaho Amatohoza Yivyo None Ntaboneka?Nibakorere Kuri Leonard Ngendakwasatani Hamwe Na Niyombare Kazima Bavyiyemereye Kandi Reta Twayisaba Gushiramwo Inguvu Kugira Izomburakimazi Zifatwe Imana Irikumwe
10 Mukakaro 2015, 15:12, par Marcel
Narinzi ko Niyombare azi ubwenge.Kwihorera kubantu batoyi barajwe nukurondera utwo bararira ni agahomera bunwa.....Ndarengewe ndarengewe
Imana irabona Uburundi...
10 Mukakaro 2015, 17:05, par SIBOMANA ADRIEN
IZONZIRAKARENGANE IMANA IZAKIRE MUBWAMI BWAYO.
10 Mukakaro 2015, 18:30
ndi leti
10 Mukakaro 2015, 18:37, par mutabazi
Umwicanyi kabuhariwe Leonard Ngendakwashetani, Niyombare,... Bagomba kubazwa amaraso y’inzirakarengane. Kubona umuntu w’umugabo yarabwiye isi yose ko ariwe uri inyuma yiterwa rya Grenades. NTAho bataniye na Boko Haramu mumugambi wabo bafashwamo na Pacifique $ Vital. Ibi byose ubiri inyuma ni Kabutindi ruharwa mugutera agafuni uzwi kwizina rya Mudahagamaraso Kagame. .
10 Mukakaro 2015, 18:51, par Gérard
Oooomana yanj !Non iperereza ntirigikora?BIRABABAJE
10 Mukakaro 2015, 18:58, par RUCIO
NONEKO LETAYUBURUNDI IVUGAKOHARIUMUTEKANOABOBAPFABICWANANDE?? GASUPARIBARATUZAABONAGUTE!! OOOOO!!! MUSENGEKARABAYE
10 Mukakaro 2015, 19:03, par venant kalisa
BURUNDI UGEZE AHARINDIMUKA PE IMANA NIYO YOKUBATABARA
10 Mukakaro 2015, 19:15, par NKUNZIMANA LEONARD
Ariko MANA we!vyogenda gute none kugira mugihugu c’uburundi hareke kwama hasesetse amaraso nacanecane nkayo yinzirakarengane!ntamusi wijana mu burundi hadapfuyumuntu.mukanya ngo amatohoza arikarakorwa.baba bataramenyukuri,kwivyambere,hakubukibindi.none bizogenda gute ga bene burundi? komeza gusenga.sawa ndavuga sinvura!
10 Mukakaro 2015, 20:53, par Niyonzima Gaspard
Haaaa!!Ivyubu Ntivyoroshe Abanya bujumbura Babanyagihugu Batobato Barakwiye Kubabisa Bakabatana Igisagara Kuko Duhogwa Ubusa Kubwanje Yoba Bito Duze Mugihugu Hagati
11 Mukakaro 2015, 00:10, par Yvan
Birababaje kubona abantu basigay bicwa bunyamaswa ata camira
11 Mukakaro 2015, 00:42, par Sikujuwa
Nibareke Guhohotera Ikiremwa Muntu Mukubica Bazobibazwa Ku Mana Imana Igiye Gutorera Ibihano Uburundi
11 Mukakaro 2015, 03:38, par John
Nonentimurameababigiramwirabeimbnerakureziraba maraimanandaziyukoitarenganyamugaabantubasigayemuburundimubamubikokoicogihugu uravyeamabiakoregwamwonabakirongoyebaravumwenimanacobuzekigafuamubindibihuguhakonacocihibarangonigihuguimanairihoizoruconoyopeter uzoyiteraigerenade.
11 Mukakaro 2015, 05:57, par RWASA
NONE.NABAKIBABISHE.KOMU.VUGAKO.ABABISHEBATARAME.YEKANA
11 Mukakaro 2015, 06:30, par Vincent
Ariko c nkawe wikoma HE Kagame,ahuriye he n’ibibera i Burundi koko? Mujye mugira indero bamwe muri mwe. Uriya ni umikuru w’igihugu akwiye icyubahiro nk’uko natwe twubaha HE Nkurunziza.
11 Mukakaro 2015, 06:37, par J Baptiste Hagarurimana
Emwenzobambona Ahabantubicirwamugisagara Harigiporisinigisirikarebiragoye Gutahura Rekaturindiramatohoza Icazoshikako
11 Mukakaro 2015, 09:54, par bigirimana
turagow nukuntu ifashanyozahagaritswekugiporisi ubwicanyibucabubabwinshinubusum
11 Mukakaro 2015, 10:42, par GILBERT
Ewe MANA tabara Uburundi N’abarundi.Uwusesa Amaraso Wese Amenye Ko Bibiliya Ivuga Yuko Ingero Ugeramwo Niyo Uzogererwamwo.Mwari Mukwiye Guhinduka,Umuntu Wese Agaharanira Gukor’iciza
11 Mukakaro 2015, 14:53, par paci
ico gihutu mana yanje sijewe nzobana kiraphuye .ayo maraso azoharugwe kuri we.iyo bwa.
11 Mukakaro 2015, 16:43, par IRABIBONAVYOSE J.DE DIEU
ARIKO TURAGOWE! NONE KOBAGUMA BAVUGAKO UBWOBWICANYI BATAZI ABABUGIRA BUZOBAZWA BANDE?UKO SI UGUSIGANA INKORE KUMASO KOKO NIVYO NIVYO NTIBAMENYEKANA???IMANA YONYENE NIY’IZOBA ICABONA C’UBURUNDI.
11 Mukakaro 2015, 16:45, par IRABIBONAVYOSE J.DE DIEU
ARIKO TURAGOWE! NONE KOBAGUMA BAVUGAKO UBWOBWICANYI BATAZI ABABUGIRA BUZOBAZWA BANDE?UKO SI UGUSIGANA INKORE KUMASO KOKO NIVYO NIVYO NTIBAMENYEKANA???IMANA YONYENE NIY’IZOBA ICABONA C’UBURUNDI.
11 Mukakaro 2015, 17:50, par KIRIMWABAGABO NESTOR
PETER NDAKUBWIR’UKURI :AYO MARASO Y’ABANTU B’INZIRA KARENGANE NTAZOPFA UBUSA!!!
11 Mukakaro 2015, 20:01, par Big ¥ Félix
Abantu rero dusigaye dusumba ibitungwa muvyubwicanyi. Sivyo gusa jew ndibaza ko abo bicanyi bafise imitima y’ivyuma
11 Mukakaro 2015, 21:40, par JONASI
uburuni barababaje kuba ibyo biba amahanga abirebera
12 Mukakaro 2015, 08:00, par rukanika
Ariko kweli Nkurunziza Imana wayishyize kuruhande umaze abarundi???mbega amaroso Imana yakire abayo bose bazize wowe nyamara nawe igenekerezo ryawe rirahari ukegera Rugira ukamubwira ibyo byose
12 Mukakaro 2015, 14:03, par Mbabizi janvie
MANA yi SI tabara uburundi ndabona bikomeye bavandimwe baba rundi mwihangane mutabaze IMANA .
12 Mukakaro 2015, 14:19, par JUFF
Ivyo vyose harabo bizobazwa , gusa lmana nibakire mubayo , Mana dufashe hama unafashe igihugu cacu c,uburundi turakwingize wewe Mana ushobora vyose uravuga bikaba wategeka bigakomera , AMEN
12 Mukakaro 2015, 19:16, par nsengumuremyi sylvain
umva ,umuntu, utwara ubzimabwabantu ,ntazababarirwa
12 Mukakaro 2015, 21:37, par Boniface Ndayisenga
Imana Ibakire Birababaj Kubon Twican Tur Bamw Mana Tabar Kino Gihugu
12 Mukakaro 2015, 21:40, par NKUNZUBUMWE
MUNTU.WICA.MUGENZAWE UMUNYENEZA.UMUSUMWE.UZOVYISHURA.KUMBURA.WIHANE.BIGISHOKA.!!
13 Mukakaro 2015, 05:29, par PASCALSINDAYIHEBURA@GMAIL.COM
PASCAL
13 Mukakaro 2015, 09:16, par david
Imana imbakire mubwami bwayo ivyobakora vyose imana irambibina
14 Mukakaro 2015, 20:04, par HARERIMANA EGIDE
EREGA GUPFA NIVYANDITSWE UWUTAZOPFA ARARUHUNGA MBEGA BAMINANI NUBONA KO BAHUNZE ARIKO MINANI NIHOTLE AFISE BANA NTIYARI YARABARONDEREYE ASHAKIKI?HAHAHA PITA YABARUSHIJUBWENGE MUKUNYEGERA MUBANYAGIHUGU NTAMU PELEZIDA YARIBWISHIKIRE KWANYUMBAKUMI ARIKO WE ARISHIKIRAYO UWUNDAZOSHIKA MUBITOKI NKA PIT
15 Mukakaro 2015, 12:03, par Hakizimana
NDIMUSHASHA NUKURI UMURUNDIWESE AHO ARIHOSE ARIBAZA AHO IBIBINTUBIZOHERERA?
ARIKO UWIZERIMANAWESE AJEKUMAVI ASENGE KU KONTEBWENTACOTWOKWISHOBOZA ATARIMANAYONYENE
15 Mukakaro 2015, 19:09
nibakomeshe izombwa kuko zinjiye ahatinjirwa igisirikare c,uburundi n,inkinzu y,umwishwa kirazira kwinjiramwo
16 Mukakaro 2015, 07:49, par Jimmy butoyi
Twebwe bato nitwetuhahonera nibatureke none muburundi ubwicanyi buzoheraryari? Mungutusaidie
16 Mukakaro 2015, 07:50, par Jimmy butoyi
Twebwe bato nitwetuhahonera nibatureke none muburundi ubwicanyi buzoheraryari? Mungutusaidie