Bururi : Abantu bane baciriwe igihano c’ugupfungwa ubuzima bwose

Yanditswe na IGIHE
Kuya 8 juillet 2016 saa 08:32
Yasomwe : 63270
0 0

Sentare nkuru y’intara ya Bururi yaciriye igihano c’ugupfungwa ubuzima bwabo bwose abantu bane bagirijwe ko bari mu mirwi irwana kandi bafise uruhara mu gushaka kwica abanyagihugu hamwe n’inzego z’umutekano.
Abo bantu uko ari bose biyemereye icaha bagirizwa imbere y’abacamanza, ariko bakaba basavye ko bogabanirizwa igihano.
Umwe muribo akaba yasavye ko atohabwa igihano kimwe na bagenzi we bandi kubera avuga ko ata nkoho yafatanwe.
Muri urwo rubanza rw’ikibiriraho rwamaze nk’iminota mirongo ine (...)

Sentare nkuru y’intara ya Bururi yaciriye igihano c’ugupfungwa ubuzima bwabo bwose abantu bane bagirijwe ko bari mu mirwi irwana kandi bafise uruhara mu gushaka kwica abanyagihugu hamwe n’inzego z’umutekano.

Abo bantu uko ari bose biyemereye icaha bagirizwa imbere y’abacamanza, ariko bakaba basavye ko bogabanirizwa igihano.
Umwe muribo akaba yasavye ko atohabwa igihano kimwe na bagenzi we bandi kubera avuga ko ata nkoho yafatanwe.

Muri urwo rubanza rw’ikibiriraho rwamaze nk’iminota mirongo ine n’itanu, ingingo yafashwe na sentare nkuru ya Bururi akaba ari uko abo bantu bose ukwo ari bane bazopfungwa ubuzima bwabo bwose, bakaba baciye bajanwa mw’ibohero.

Abo bantu bari bafashwe mu ndwi iheze, umunsi haba igitero ku musozi Mubuga, zone Gasanda, komine n’intara ya Bururi.


Kumenyekanisha

1
NShimiriman Renovat 22-07-2016 à 22:28

Baraka Bo Na Babaciriy Ugorubanz Urazi Gusesamarasoyamweneso Utaremye Uba Uvumwe Niyamuremy Birashimisij

2
Reverien 15-07-2016 à 20:19

mumanike imijojo

3
MUFAWAGWO 15-07-2016 à 13:19

KWERI ABO BOSE BAKWIYE GUTSIBWA IBIHIMBA VYILONDOKA MUKAVYANIKIRA KULUTARE IBIKORAKOZI BIKABIRYA KUKO BISE BESHI !!!?

4
Nijimbere Arstide 13-07-2016 à 13:26

Mwari Mukwiye Kubapfungira Mwicupa Intumva Zikwiye Kwibonerako

5
EZECHIL 11-07-2016 à 20:46

HA !AHUBWO ABO BANTU BARI BAKWIYE KWICWA KUKO NABO NYENE NTIBA SHAKIRA INEZA ABANDI ! NIBIHANE YESU YU KARIBU WATAHUKUMIWA VYA KUFA

6
Turabategerejye 444 11-07-2016 à 20:44

Jika Komera , Twebwe Twama Twavuze Ko Tari Muki Espagnol Risobanurwa Ngo Uwaturutse Ikuzimu ! Abo Nabo Nibinjire Bahereyo Mbere Bari Bakwiye Kwubakirwa Impimba Mwishamba Rya Ndubura

7
Muryangurakiz styveen 10-07-2016 à 16:06

ahubwo nibahanwe bimwe vyakarorero nuwundi agire icatinya ariko antutwibagirwa vuba ukunt twaronse amahor tuyanyotew iyo tutabona Cndd fdd nagahengwe dufite uyumunsi ntako tubadufis.

8
Muryangurakiz styveen 10-07-2016 à 16:04

ahubwo nibahanwe bimwe vyakarorero nuwundi agire icatinya ariko antutwibagirwa vuba ukunt twaronse amahor tuyanyotew iyo tutabona Cndd fdd nagahengwe dufite uyumunsi ntako tubadufis.

9
MISAGO MICHERI 10-07-2016 à 09:18

ABONINKOZIZIKIBI ABARUNDI NTANTANBARABAGIKENEYE ABONIBAMUNYENBARI BAKWIYE KUNYOZWA NTIBAKUVIKANE KWISI UBUTUNGANE NUBUZE BUREKAKUGIRINYA KUKONABO NABICANYI

10
MISAGO MICHERI 10-07-2016 à 09:13

ABONINKOZIZIKIBI ABARUNDI NTANTANBARABAGIKENEYE ABONIBAMUNYENBARI BAKWIYE KUNYOZWA NTIBAKUVIKANE KWISI UBUTUNGANE NUBUZE BUREKAKUGIRINYA KUKONABO NABICANYI

11
Rachel Niyonsaba 10-07-2016 à 07:06

Nukuri Turavye Ingene Uburundi Buguma Mu Ntambara Ni Vyiza Ko Abo Mwoba Mwafashe Bashaka Kuguma Bahungabanya Umutekano Guhanwa Bikomeye Kuk Nibo Baguma Bahungabanya Umutekano W,uburundi Murakoze

12
Saidi 9-07-2016 à 18:11

Birakwiye KO bahanwa, iyongingo niyo abarundi turayishigikiye.

13
Pacifiques Nininahazwe 9-07-2016 à 10:44

None ko abafashwe bari batanu, ni kuki haburanijwe bane ? Mwomenya uwitwa Jimmy arimwo mubaburanijwe ? Mwoduha amazina yabo bane ?

14
tari 9-07-2016 à 03:53

Murambabarira kuvyonanditse, narengeje kuko mpejeje kumenyako ahobaribicaye atamuntu numwe yariyabariye urwara.

15
Kwikwi 9-07-2016 à 01:05

Pfunga !ahobari sikibanza cabo bazosohoka kumbure hinjira abandi atawurabamenya neza !

16
jika 8-07-2016 à 22:57

ewe tari kumbura wegere abanonosoye i ngwara zo mu mutwe kuko warahahamutse. erega ubwo bujuju ufisr ntaho buzogushikana kumbuta niwa uri umurimyi ufate isuks ikaba uri umunyamwuga gakore. niwaba naho uri umu nya polotike nukuri iri inyuma ya majambere

17
Bantazira Ngozi 8-07-2016 à 21:24

Ntavyo Bemeye Izo Ni Nkoni Babakubise Kandi Babahora Kudashikira Manda Yakatatu Ntitwabishimye

18
P.ANTOIN 8-07-2016 à 20:48

IMANA YAHAYE UBWENGE UMUNTU BWO KUMENYA IKIBI NICIZA. NIBAHANWE KUKO BABIKORA BABIZI TWEBWE DUSHAKA KUJA IMBERE NTIDUSHAKA UDUSUBIZA INYUMA .BAKWIYE KUNYONGWA .KAKABA AKAROLERO KUBANDI

19
Zubery 8-07-2016 à 20:38

Yesu Yabajije Ati Uwatagiri Icaha Namutere Ibuye

20
Ncuti 8-07-2016 à 19:20

Rekabakomenihobatazosubira.Kuko Ingeroyicaha Nurupfu.

1 | 2
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha