Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB umutekano
Buyenzi : Umutama w’imyaka 60 yishwe akerewe
Yanditswe taliki ya 19-03-2016 - isaha 11:12' na IGIHE

Ikiziga c’umutama w’imyaka 60 catowe muri zone ya Buyenzi, komine Mukaza, mu gisagara ca Bujumbura. Abamwishe baramukereye.

Ico kiziga catowe mu gatondo ko kuri uwu wa gatandatu kw’ibarabara rya 13 nomero 32 muri zone ya Buyenzi.

Abagandaguye uwo mutama ntibamenyekanye, ikiziga ciwe kibaka caciye kijanwa mu buruhukiro.

Uwo muntu agize gatandatu yishwe akerewe mu kiringo c’amezi atatu gusa, mu gisagara ca Bujumbura.

Ivyiyumviro vyanyu

nubugesera.

24.03.2016 à 00:34
dodo

Nibagezaho.Nn Turik Tuvah Tujah ? Iyab Bari Bazi K Har Umucarubaza.Kand K Nivyagizw Ibanga Bizoja Ahabn Bar Kugezah.Jw Numv Umubabar Kuburund,umwumw Wes Niyisenger Kugatw Iwe.

23.03.2016 à 11:37
Queen

Nibageja Ho Kko Uburundi Burarangiy.

22.03.2016 à 21:23
Gahibo

Uwo Mutama Baramurenganije Ngo Bamuhoye Iki ?

20.03.2016 à 09:31
Sabiraguha Ildephonse

Kweri Tuzohonaduhere Ntamusinumwe Wohera Hadafyuye Abantu Kweri Ahasigayengoharamahor O ,ahokweri Twoburaguhunga Niyo Hatob Ivyotwohungisha Ninzara Ugirankuku ngo Zanibigori Ngo Vyumutekano Ibinivyo bicungumutekano Ngoba do Biracazango Namahera 4000 Fb Nahonyene Kuri Ntaho Nikora Mana Tabaru Burundi Aho ni . Giteranyi Gusahari Hababifise Mwinyungu Tuziriki

19.03.2016 à 22:32
Fere Wagiteranyi

knd abakora ibara bahungabanya umutekana,nukuri sabo mumadini yabakizwa bnshi oyaa ! Twbw turitandukany nivyo twitez Yesu k agy kuza,burakuja kumavi,ng ikibzo ng nimw muzogkora !ikibbaj birirwa mwisengro bagatahuko

19.03.2016 à 22:29
Yesu

Ebana Turahonye !Nabatama Bashikiwe ?Abajene Batumaze Nabatama Yamara ??Kumbuke Barebamtu Bacini Nibishi.

19.03.2016 à 22:03
Mayor Célestin

Ntacagizwe Ibanga Kitazomenyekana,buraca Bugacana Ayandi,iconzi Neza 100% ntahonyabwoko ribaho i Burundi

19.03.2016 à 20:20
Batwenga

MWIBAZA KO VYOBA BIVA GUKI KO BAGUMA ABANT BAPFA ?

19.03.2016 à 19:33
ALEXANDRE

Ewe Samantha na mogheini,ayo mafranga muha pasifique maragaritte maggy sinduhije,yokumara abana babarundi ntaco muzoshikako kndi muzohera nkifu yimijira,ikibabaj nuko mutsinzwe muyiha umunwa Ngo genocide,,,nimubireke bicitwa vuba bitabibyo muzicuza ese iyo tubimenya tukabireka ndabasabye mureke ikiciyunviro harabo gihindura nka basindumuja tari nabandi.

19.03.2016 à 14:34
karorero

Iyo ntekahamwe yitwa Kinyata,wapfuye urwo bene wanyumva babahuntu baba korera mu gakora umwanda mukanwa,mwagize ibyago kwagabira igihugu umukiyi wakabumbu uvuye mu mashamba ngo arogo igihu.

19.03.2016 à 14:19
jonathan

Izontozo za sindumuja nimurondere ingene muzihasha kuko ziracafuje igihugu cacu barongozi ndaba saba kugikorerako

19.03.2016 à 12:49
Muhirwe

Nkurumbi yariyemeje ko atamurundi numwe yitwako adashigikiye kwiyimika kwiwe azosiga ejombundi bariko bariterera hejuru ngobaritwariye tv yabafarasa ngoyarabatutse Ngo ntabantu bicwa bakerewe none ico sigihinyuza ntanimisibiri eheze

19.03.2016 à 12:47
tari

ABO NIBABANYAGWANDA BOKWAKAGAME BAKE REYE ABABIKIRA BATATU BAGUMA BAKERERA NABANTI TWARABAMENYE BATUMWE NASIDUHIJE AMAHERA YOKUBIKORAYASHIKI YE KURI RPA

19.03.2016 à 12:19
KINYATA

KABABAYE UBWICANYI MUBURUNDI KUMBE BWAFASHE IYINDI NTUMBERO ? OOOOO"TURAGOWE YABA RETA BABA ABO BATAVUGA RUMWE BOSE NTATORANIJE UWURIKO AKORA IRYO BARA MUBURUNDI AZOHANWA NIMANA

19.03.2016 à 12:13
NYABA

Ni babe bataha Kare abo Ni basindumuja bamuhekuye ariko uko nukwitarukirizako imivumo ntibazi ico bakora.

19.03.2016 à 11:38
karorero

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.