Bwiza : Batatu bahitanywe n’igitero c’abantu bataramenyekana

Yanditswe na IGIHE
Kuya 19 janvier 2016 saa 09:33
Yasomwe : 76914
0 0

Abantu batatu nibo bishwe ku mugoroba wo kuwa mbere igenekerezo rya 18 Nzero 2016 n’umuntu ari kw’ipikipiki, kw’ibarabara rya 6 riri muri zone Bwiza ya Komine ya Mukaza mu gisagara ca Bujumbura.
Abo bishwe ni umushingwamanza Emmanuel Nduwimana,umuyobozi mukuru ajejwe abakozi mu bushikiranganji bw’indero Protais Ndikuriyo n’intwazangabo mu gipolisi OPPI Anicet Dusabumuremyi OPPI Anicet Dusabumuremyi,batazira Maroha.
Amakuru ava aho mu Bwiza amenyesha ko hari mu masaha y’umugoroba igihe umuntu (...)

Abantu batatu nibo bishwe ku mugoroba wo kuwa mbere igenekerezo rya 18 Nzero 2016 n’umuntu ari kw’ipikipiki, kw’ibarabara rya 6 riri muri zone Bwiza ya Komine ya Mukaza mu gisagara ca Bujumbura.

Abo bishwe ni umushingwamanza Emmanuel Nduwimana,umuyobozi mukuru ajejwe abakozi mu bushikiranganji bw’indero Protais Ndikuriyo n’intwazangabo mu gipolisi OPPI Anicet Dusabumuremyi OPPI Anicet Dusabumuremyi,batazira Maroha.

Amakuru ava aho mu Bwiza amenyesha ko hari mu masaha y’umugoroba igihe umuntu ari kw’ipikipiki yarasa abo bantu batatu.

Umuvugizi w’igipolisi OPPI Pierre Nkurikiye yemeje ayo makuru,akamenyesha ko amatohoza yatanguye kugira abakoze ubwo bwicanyi bamenyekane.


Kumenyekanisha

1
AFANDEMWOTSE KOMANDO 28-01-2016 à 18:13

Huyomujinga anaesababisha vifo vyabinadamu tunamupa sikuchache tunamuhukumu haiwezikani watuwafekiuzembe dawayake tumeichemusha

2
Mugisha 25-01-2016 à 22:09

Birabaj Kumva Imisiyos Hicwa Abant Atac Bazir Nab Bigir Ngo Barik Baratoz Atac Bashikak

3
mwamini fides 25-01-2016 à 02:32

nibatekereze bemerahintahe yashize bagumye bavyonga barahera baribuka kwarinkehwa bakozikiroberi kibata kuwamazi bamenyereye ababakorera nibacire sukurura bicanze nagapiripiri

4
lukas 23-01-2016 à 17:49

Icombona Nuko Abobantubos Bahay Bazira Umuntumwegusa Ariwe Nkurunziza Narab Akinjur Ayomaraso Ahayaseseka Kubwiw Ntazomukor Turarushe Nibibra Muburundi

5
Yamuremye 21-01-2016 à 16:10

Harumwaka Wewe Wica Uzovyishura,ntanyungu Nimw Ibah Kwisi Yosigura Kwica Umuntu.Rer Nabo Bica Bamenye K Gwabo Kirangaye,haraho Bazoboroga Ataw Bayaha Cfr Bible,IGARURE MWEMERE INKURU NZIZA

6
Arfa 20-01-2016 à 22:31

Bogira kabiri nkako igihugu cobohorwa izo mbwa zaba DD bazishe.

7
###### 19-01-2016 à 22:19

Turiyamirije ubwo bwicanyi butagira izina,bareke ivyo bakora kk ntaho bizobashikana.

8
None ? 19-01-2016 à 17:58

Abaharira kwabakora ubwobwicanyi atari aba terrorist jewe ntiturikumwe canke vyobavyerekanako kw’Isi ataba terrorist babaho nabobise aba terrorists barabarenganije canke barababoneye !!!.

9
J.De Dieu 19-01-2016 à 15:50

Ese ! Turapfa Iki Ko Turibamwe Twicane Tuvukana ?

10
neuphtarie niyonzima 19-01-2016 à 14:48

mbega ubwo bugizibwanabi bwoba buvakuki ?

11
neuphtarie niyonzima 19-01-2016 à 14:47

mbega ubwo bugizibwanabi bwoba buvakuki ?

12
neuphtarie niyonzima 19-01-2016 à 14:46

mbega ubwo bugizibwanabi bwoba buvakuki ?

13
MONKORA 19-01-2016 à 13:59

IYO NJAVYI AHO YABAJANYE AHUBWO FATE INJAVYI ZOSE ZO MURIYO ZONE MUZIHASHE

14
hitimana françois 19-01-2016 à 13:49

Ndumva ntivyoroshe ! Iman-ibakire mubwami bwayo namba barayikorey. Mana tabara Uburundi n-Abarundi turarushe !!

15
Gael 19-01-2016 à 13:03

IKIMBABAZA NUKO ONU ABO ATACO IBAVUGAKO UKAMENGO ABARI MUNTWARO NIBO BAGENEWE KUVA AMARASO

16
BUCUMI 19-01-2016 à 12:34

ABOBICANYI KOBASAZE

17
Ngabiyomva 19-01-2016 à 12:02

UBURUDI BUSIGAYE ARI IGIHUGU UMENGO NI SOMALIE YA KERA. ABATEGETSI BARIKO BAKORA IKI ?

18
INTAGOHEKA 19-01-2016 à 11:12

INGERO YICAHA NURUPFU ARIKO INGABIRE Y IMANA NUBUGINGO MBEGABARUNDI TUZOGEZARYARI KWICANA ?VYATANGUYE BUKEBUKE NGO NIZAMANDA 3 YANKURUNZIZA NONE VYARAHINDUYISURA NONE ABOBISHWE BABAHOYEMANDA ?

19
Karyamyemda 19-01-2016 à 11:00

Nukur Imana Irakwiy Kugira Ico Ikoz Kuburundi Ahandi Hoho Biracika Abadayimoni Aramaze Kwnjra Mugihgu C’uburundi Ok

20
aboubakar 19-01-2016 à 09:48

ica izo mbwa za ba DD

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha