Accueil > Amakuru > umutekano > Céléstin NZOHABONAYO yatowe ikiziga
Céléstin NZOHABONAYO yatowe ikiziga
mercredi 21 Gitugutu 2015, par
Ikiziga ca Céléstin NZOHABONAYO catowe hari haheze imisi irenga indwi umuryango wiwe wabuze irengero ryiwe.

Uwo yishwe agandaguwe yahora akora akazi ko kwunguruza abantu n’ipikipiki canke n’imodoka, rimwe na rimwe akaba yanahora yunguruza n’imodoka abakozi ba RPA Ngozi.
Amakuru ava i Ngozi amenyesha ko Céléstin NZOHABONAYO yari yarigeze guhagarikwa n’igendereza ry’aho i Ngozi, hama ararekurwa, yagirizwa ko yama ariko araja i Bujumbura, hama akagaruka i Ngozi.
Umuryango wa Céléstin NZOHABONAYO wasubiriye kumubura kuva kw’igenekerezo rya 13 Gitugutu 2015, uca aronka amakuru avuga ko yasubiriye guhagarikwa.
Mu gihe uwo muryango wari ukiriko urarondeza aho yoba apfungiwe, amakuru y’uko yatowe ikiziga yaciye amenyekana, ikiziga ciwe kikaba catowe mu ntara ya Kayanza, hafi y’umupaka wa Kanyaru.

IGIHE
Messages
21 Gitugutu 2015, 10:14, par Tabara
Imana yonyene kabisa
21 Gitugutu 2015, 10:17, par Cikinorisi
Ewe Mana Ndufashe Kuko Turagowe Abarundi Turi Mubibazo
21 Gitugutu 2015, 10:18, par ntibantunganya
kombona yambaye ibirato by.abasoda,,,
21 Gitugutu 2015, 10:19, par Cikinorisi
Ewe Mana Ndufashe Kuko Turagowe Abarundi Turi Mubibazo
21 Gitugutu 2015, 11:08, par MPAWENAYO
kwica bamwebamwe ntacobikibabariy nuko nawe hageze ubuhangange bwiwe atacobuzovuga ngobumubuzegupfa nukuri turashimiy oni kubihano yafatiy baryabategetsi bane nirondere nabandi bakozenkabarya bariho
21 Gitugutu 2015, 11:11, par gakima
UWAMWISHE NDAMUSABIYE KURINDA APFA ADASINZIRIYE MU BUZIMA ASIGAJE KWISI. AZE YAME ABONA IKIZIGA CIWE KUMUTWE WIWE KUVA UYU MUSI
21 Gitugutu 2015, 11:41, par giko
Jew abantu mwambaz’imana murantangaza!ntamana iriho,manure mwirwanire!ahandi ho murahona
21 Gitugutu 2015, 13:50, par Kags
ndahojeje famille zikomeje kubura abantu,barikwicwa nabi cane!!!Imana yo mwijuru niyo yohagarika ubwicanyi buri muburundi,mwe mukora ibyo mwibaza ko muzopfa?? icyo muba mukoze nuko uwo mwishe muba mukoreye neza kuko mumwica yiyejeje akazamurwa icyo tubona tukababara ariko umuntu nyamuntu aba yazamuwe kera ariwe Roho mutagatifu,hama mwe amaraso ye akabaja kugatwe mpaka ntamahoro muzogira amaraso arahuma!!mwe mukora ibyo mugeze aho Imana iraza kwihorera ubwoko bwayo buriko burazira ubusa,abarundi mufise kubana mumahoro uko muri amoko3 Imana iborohereze abicanyi basubize inkota murwubati.ndashimye ko fidelite atarandika ashinyagura wasanga Imana yamuhinduye akaba umuntu utekereza kandi akanga ikibi.thw
21 Gitugutu 2015, 15:17, par sombi
Muce murandoka bose, un jour ils vont repondre
21 Gitugutu 2015, 15:39, par bosco
abo bicanyi boba bamuhoye iki?
21 Gitugutu 2015, 15:56, par che
Akataretse kaba gasema, mukazobura abo mwica muzikora mu nda ubwanyu.
21 Gitugutu 2015, 17:32, par tera
Umusi mwahejeje kwica abo mudashaka muzokwica ba nyoko mbere n abo mwavyaye muragakubitwa n inkuba mwa bikoko mwe
21 Gitugutu 2015, 20:20, par Tuyisabe
Mana tabara ababanyi bibujumbara kuko bafise ingorane
21 Gitugutu 2015, 20:31, par Anaclet
Emwe Ku Vyakuri Imana Yonyene Niyo Yogutabara
21 Gitugutu 2015, 22:57, par NKUNDIMANA
MANA YACU NUDUTABARE ,KUKO UBWICANYI BURI MUBURUNDI BURARENZE KABISA. NUDUTABARE NKUKO WATABAYE ABISIRAEL UBAKUYE MUMABOKO YA FARAO.
22 Gitugutu 2015, 05:44, par Marcel
URWORWEGO RWIGENDEREZA RURAZA KUTUMARA.NJANYWE NATWE TWIHUNGIYE.
22 Gitugutu 2015, 05:46, par Marcel
URWORWEGO RWIGENDEREZA RURAZA KUTUMARA.NJANYWE NATWE TWIHUNGIYE.
22 Gitugutu 2015, 06:36, par Mpozamarira Erias
Ndahojeje umuryango wanzohabonayo,hamwe na benigihugu bose bomumimihingo yigihugu cose bariko bahekurwa niyo mihimbiri, yatoranye umwuga mubi wokunwa amaraso yabenewabo. bamenye neza yuko nabonyene rubarindiriye,Sadamu yarica bantu ntaho yibaza yuko nawe kwazashikirwa nonubu arihehe? ni vyo bipfamutima nya nkurunziza bifata bantu bakabica babatekeye amaboko namaguru,bamenye neza kwariko bazotekerwa nabo.
22 Gitugutu 2015, 12:05, par ..5
kk
22 Gitugutu 2015, 13:24, par mana tugarukire
imana nitugarukire kuko turagowe ivyo vyosi birikurireta yankurumbi maze abagabotwe se tuvire hasirimwe tuje kukirimba tumufate tumunige abasoda ntibazumara twese tuzotwara imwampi amacumu imiheto twese uwutawufise abicurishe kendi ingozi nzobaha sinye
22 Gitugutu 2015, 20:16, par R.k.b
Ndi,murwanda,abarundi muzagezahe mwicana?siwomuti w’ikibazo.murabogusengerwa,kuko ahobigeze birababaje cyane;igihugu cyanyu natwe turagisabira kugirango mubane mumahoro; Imana ibafashe.
22 Gitugutu 2015, 20:52, par Vincent
Nitwigumy Twes Me Birababaj Pe.Uburund Bwahinduts Amacuniro?!
23 Gitugutu 2015, 15:05, par Acoy
Manayomwijuru numuherowashinte kuburundi ibirikobiraba birababaje pe abantuntibagitinya nimana mana nahawe
24 Gitugutu 2015, 13:06, par kabuga
burya iyo nkurunziza avuga ngo Dusenga dukora mwari muzi ko gukora ari iki, inumire nawe buca aramukirwa nka adolphe we tuzomuca amavya
24 Gitugutu 2015, 14:11, par NIMPA
LUTT
24 Gitugutu 2015, 17:35, par ernest ruyigi
kok ntibibuka.kuk yababibuk ntibokoze amaras IMANA izoyabishuza.
24 Gitugutu 2015, 19:22, par NDAYISHIMIYE PHILIPP
KWICA SIC GIKURU"GIKURUNIKUMVIKANA
25 Gitugutu 2015, 18:36, par KOCH
Nakamuna Yemwe Imana Ifashe Abarundi N Uburundi Nukuri Pee!
26 Gitugutu 2015, 08:42
UWICISHA INKOTA AZOKWICISHWA IYINDI
26 Gitugutu 2015, 14:03, par Rutembere
Ariko ivyo mwica abantu mubona bizobashikana hehe?Ubunaho mutanguye guta umutwe muronderera ingorane mu Rwanda.Muribagiye ivyo Obote na Laurent Kabira babonye ? Nkurumbi ndibaza ko utiremye kandi Uburundi sitongo ryiwanyu.Hama abo ba"Ba Sans Défaits = Ba Nyamitwe , ba Serafin ...n ’abandi ntavuze " bakubesha ugaca wibaza ngo ufise ubushobozi burengeye ibihangange kuri iy’isi tubamwo! Hewe bireke ubivemwo kuko ntanahamwe gusesa amaraso byatumwe uwutwara atwara hama ngo bïmwerere.Raba ba Causescu ,Tito ,Khadafi,Hisenabreu , Idiyami ,Hitler , Pinoche ,Mobutu ,Havyarimana ... ntawobaheza.Bireke uzoba witwaye neze kuko ntawutihenda kw’isi .Urakoze
26 Gitugutu 2015, 16:12
IKI GIHUGU KIRAKWIYE KWISUBIRAKO,IMANA NIYIBERE MUKIBANZA CABO IZOBISHURIZE!!!!!!!
26 Gitugutu 2015, 22:46, par NSENGIYUMVA
NUGUSENGA CYANE NTAKITAGIRA IHEREZO BIZASHIRA
27 Gitugutu 2015, 19:42, par Anicet Ntakirutimana
Yemwe Bantu Bimana Ivyomugira Nibiki Nimwibukeko Imana Irutavyoseko Irih Muri Bible Handiceng Uwicisha Intamb Niyozokwicishwa Nibandanye Mupfe Ivyisi Atacobimaz Muzobisigah Impe Ivyomuriko Murakor Muzoyinka Mwijur Mwogomba Mwogezah Ndavuga Simvur Murantung
8 Mukakaro 2016, 19:59, par Salvator
Nonentibaramuhamba