Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Cibitoke: Umuntu umwe yarapfuye uwundi arakomereka bahitanywe n’amasase (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke: Umuntu umwe yarapfuye uwundi arakomereka bahitanywe n’amasase (...)

Cibitoke: Umuntu umwe yarapfuye uwundi arakomereka bahitanywe n’amasase y’igipolisi

jeudi 6 Myandagaro 2015

Umusore azwi kw’izina rya Paul Ramazani batazira Rachid yari asanzwe akora akazi ko gukora imiduga yaritavye Imana ahitanywe n’amasasu yarashwe n’igipolisi.

Vyose vyatanguye ku mugoroba wo kuwa gatatu igenekerezo rya 5 Myandagaro 2015 aho abapolisi biyegeraniriza muri komine ya Cibitoki ku mabarabara ya 10,11,12 na 13.

Bashitse kw’ibarabara rya 13 baciye batangura kurasa,abanyagihugu barashwiragira,ayo masase nyene yaciye akomeretsa uwundi musore Mechack Ramazani w’imyaka 15,wo mu muryango wiwe .

Paul Ramazani azwi cane kuko yakoze imyiyerekano yo gukingira ibwirizwa nshingiro n’amasezerano ya Arusha biciye mu myiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.