Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Colombie : Yahanishije umwana wiwe mu giporisi
Colombie : Yahanishije umwana wiwe mu giporisi
lundi 8 Ruheshi 2015
Umupfasoni akomoka muri colombia agace ka Géorgie yafashe ingingo yo guhana umwana wiwe w’imyaka cumi akoresheje igiporisi.
Nk’uko uruganda rwo kumenyesha amakuru rwa odditycentral.com ruvyandika, uwo mupfasoni amaze kubona ko indero y’umwana wiwe imunananiye yaba muhira kw’ishure mu babanyi n’ahandi, niho yafashe ingingo yo kw’itabaza inyamira mabi, bamufashe mu ntumbero yogutuma uwo mwana agira ubwoba, nyuma agahindura ingeso.
Chiquita Hill afise imyaka 33 akaba ari we nyina wa Sean. Mu nyuma y’aho yumviye ko umwana wiwe arikigaba no kwishure kandi yahora yibaza y’uko ari muhira gusa abikora, yabonye ko umwana wiwe yarengeranye ataco yoshobora wenyene, adafashijwe n’inyamira mabi akaba yaciye arondera inyishu y’ico yokora aho naho yarondeye imvo yo kwegeka kuri uwo mwana kandi arabishira no mungiro ivyo vyose yabikoze mu ntumbero yo kugira umwana wiwe agire ico atinya niyashika mu bigero.
Bill Nkurunziza
Messages
8 Ruheshi 2015, 14:00, par Rudaragi
Iyi Nkuru Muyihe Abarundi Nacane-cane Abatutsi Kuko Ntibigeze Baha Indero Abana Babo Mukuja Mw.Ibarabara Kugumuka Uravye Imicuko Y.Abana Yahindiwe Mw.Ibarabara I Mayuyu Muri Mukike Ugasanga Umwana W,umukobwa Atarameribere Ngo naje Guteger.Imiduga Abana Batarashikana Imyaka 15 Abandi Kuja Kuteramabuye Inzu Z.Abandi N.Akamaramaza Ivyo Vyose Bikorwa Abavyeyi Babo Bitegereza Harimwabo Nabakokeza Mumpisho Harimwaporona Bayobnka Rwasa Nagira Mbaze Muri Kazoza Kabo Abo Bana Bazokura Amacakubiri Abagejeje Hehe Mubo Niboneye Niba Bari100 Nta Bahutu 20 Barimwo Naregereye Umwe Mubari Mumigumuko Icamuzanye Yanyishuye Ati Jewe Bampitanye Bambwira Ko Nanse Kugenda Bankubita ,kandi Naravyemeye Kuko Barakubise Abantu 2 Abandi Babakura Iyo Bari Kurima Mu Myaba Abandi Iyo Bari Gucana Amakara Kwubaha Kwaraheze
8 Ruheshi 2015, 15:47, par gir’ubuntu
non ivy’abahutu n’abatutsi ubikuyeh?uzi gusoma?niba ubizi,wasomye ivyandits cank ivyo wiyumvira?subira kw’ishule amashule y’intango biga k’ubuntu baheze bakwigishe gusoma no kwandika kuko mbona wize kwandika amafuti
8 Ruheshi 2015, 20:15, par NIYUBAHWE SIMON
NDI SIMON NIYUBAHWE JEW ICO NOVUGA KUWOMWANA NTIYACA YIHUTA KUMUHANISHA,MUGIPORISI YARIKUBANZA GUHANURA UWOMWANA,NAMWE MURAZ UMWANA KWARUKWENGENGA.NYABURYA, AKIRIMUTO.
8 Ruheshi 2015, 21:10, par Coco
Ico kijuju nimba ng ari rudavagi,ni rudavagi kko,ivyo vy’ubwoko abivanyh!Nimubarek niko babay nuwo muri babandi nyene bakora ivyobatiyumviriy.mubabarire
8 Ruheshi 2015, 21:14, par Coco Bi
Ico kijuju nimba ng ari rudavagi,ni rudavagi kko,ivyo vy’ubwoko abivanyh!Nimubarek niko babay nuwo muri babandi nyene bakora ivyobatiyumviriy.mubabarire
9 Ruheshi 2015, 07:02, par NDAYISENGA PILAR
TORTURE AUX ENFANTS EST INTERDIT.
9 Ruheshi 2015, 08:58, par Bucumi
SIMON nagomba ndakwishure gato yakoze neza kuko namba yafashe ingingo yo kumuhanisha nuko yabonye ko yahereye kuva kera bikanka rero igihe wewe wiyumvira ko yobanza kumuhanura harigihe azoba ageze mubigero noneho mama wiwe atakivuga nakimwe.
9 Ruheshi 2015, 09:39, par Ir egide
Gerageza messages zibitutsi namoko ntimusubire kuzemerera kurubuga gwanyu nayahandi izoba site ya satani ndabivuze nkumuntu wimana
9 Ruheshi 2015, 12:24, par serges ammie des Enfants
Aha!Ndumiwe umwana Nkuwo agahanigwa mugi porisi abavyeyi nibikebuke batoze inderok abana babo
o
,
y
w
9 Ruheshi 2015, 14:57, par NYABENDA JEREMIE
NAGIRANGO MBAZE MPANURE RUDARAGI KO ATARIVYIZA GUFATA ABANTU COKIMWE KUKO NURYA MWANA HARIHO ABANDI BENSHI MURI KIRYA GIHUGU BUMVIRA ABAVYE KANATSINDA NTAHO BATUBWIYE IVYAMOKO.URASENGE IMANA IGUHE UMUTIMA WOKUBUNA UMUNTU WESE NKAMUGENZI WAWE.GUSA BIBIRIYA NGO MENYEREZA UMWANA INZIRA AKWIYE GUCAMWO AZORINDA ASAZA ATARAYIVAMWO.