IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Colonel BIZUBONA Emmanuel yagandaguwe

Colonel BIZUBONA Emmanuel yagandaguwe

jeudi 21 Ndamukiza 2016, par egide

Iyindi ntwazangabo yo mu gisirikare c’Uburundi yagandaguwe mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatatu. Colonel BIZUBONA Emmanuel yagandaguwe n’abantu bataramenyekana bamurasiye muri karitiye ya Bukirasazi, mu gihe yariko arataha.

Amasasu yahitanye ubuzima bwa Colonel BIZUBONA Emmanuel yumvikanye nk’igihe c’isaha imwe n’iminota mirongo itatu, kw’ibarabara rya 5 muri karitiye ya Bukirasazi ya mbere, muri zone ya Kinama, komine Ntahangwa, mu gisagara ca Bujumbura.

JPEG - 105 ko
Colonel BIZUBONA Emmanuel yishwe arashwe

Colonel BIZUBONA Emmanuel yaraye agandaguwe yakorera mu gihugu ca Tanzaniya, aho yari yarungitswe n’igisirikare c’Uburundi, nka «attaché militaire».

Iyo ntwazangabo yagandaguwe, Colonel BIZUBONA Emmanuel yinjiye igisirikare c’Uburundi avuye mu mirwi irwana (ex PMPA : Partis ou Mouvements Politique Armés), akaba yari mu karuhuko mu gihugu c’Uburundi.


IGIHE

Messages

  • ewe mana garukira buno burundi kuko turagowe!!!

  • BASHA,ABO BANTU MUGUMA MWICA GA MWABANTU MWICA,NYOMBA AR,IMPENE MUGOMBA KURYA BROCHETTE!AHO MUBICA NGO MUZOPFA MUFASH,IGIHUGU?NTIMUGEZA,KANDI IGIHUGU NTIKIRONDERWA GUTYO!ASHA NYEN,ICUBAHIRO ARI MU MINWE Y,IMANA NDAZI KO ARIWE MUSHAKA.URYA N,IGITI KITURIRWA KUKO USHATSE KUCURIRA UGUMA UKIZUNGURUKA UKIRANGAMIRA MUGABO KUGIRA UCURIRE BIKANKA UKARUHA UGAHEBA.NAWE ZUNGURUKE MUZOTEBA MUHEBE KUKO ABO MWICA N-AMASHAMI YA NYAGITI MUGABO IGITI NTIMUGEZA KIRAHUMA!!!

  • piter arabamara amuhoye ko yaba akorana na batavugarumwe na we bari tanzanie .(Haguruka mwese canke abamare)

  • Mana Tabara Abenegihugu Umuryango Wiwe Wihangane Mwisi Niko Bimeze

  • Imana nimwakire mubwami bwayo niyo imuzi kumutima

  • Burundi kera wa mwiza none wabaye mubi.Barundireka kwicana kuko izoniinguvu zanyuzitera zihera nimushire hamwe muduze igihugu canyu

  • Reka kwisamburirako nk’intungwa.Intwazangabo ziriko zirapfa zikorera u Burundi.None ni mwaguma mwicana bizoherera hehe?Kwicana muvyihoze.Ubu naho mu kanya turaza kumva uyundi musoda mwamwishe ngo murahora.Hebe kwicana mukorere igihugu canyu

  • kubita.Kubita.bahere.Nkayafuyimijira.Mu tamankurumbiyavuga.Abarinyumayiwebahere

  • mubandanye mwijara babamara nko mu 72 ahutu murashira

  • Irambona.Kwica Abategetsi Bamwebamwe Bibazako Ariwomuti.Nibaaandanye Akabi Ntawekereye.Imanayo Irabona Ndahojeje Imiryango Yabuze Nkahoza Nabobakoranye

  • BAZOBAMARA BUKEBUKE MUZOKWIKEBUKA MWARAHEZE.

  • Imana imwakire gusa biratangaje kubona abasirikare aribo baribajejwe guhagararira igihugu nogusubiza ibintu kumurongo murikino gihe igihugu kirimukaga aribo basigaye bicwa nkabana binyoni jewe mbona niba vyabananiye nibapfume batanga imihoho muri nyagisirikare hama bahebere zambonerakure zikorere ntakundi kuko nubundi twumvako ibikorwa vyabajejwe umutekano arizo zavyigaruriye

  • Abarundi mugomba gusengera diamon yubwicanyi naho murashira kabisa

  • ahaaaaaa ibi bintu bizodushikana kure. basha aba offociers mwese nimurondere aba garde corps sinon ba SINDUMUJA barabamara. mbe ko haguma hapfa aba officiers babahutu, muma quatriers yiganjemwo abahutu, ivyo bisigura iki???????

  • Umuryango w’umuhisi ndawihanganishije. None abategetsi b’Uburundi babona ibi arivyo vyiza? bibaza ko bizohera ryari? gute? Dukwiye guca ubwenge tukamenya ko tuyobora igihugu kirimwo abantu kandi bakeneye kubaho. Ingorane ya mbere nuko leta y’Uburundi ikoresha kwica no gutoteza abo yokabaye ikingira, nk’umuti w’ingorane zugarije igihugu. Abakosheje ntawukwiye kwicwa canke ngo atotezwe ahubwo akwiye kwigishwa, urenze amategeko agahanwa hakurikije amategeko. KWICA ABENEGIHUGU NICO GITUMA TUGUMA TUBURA INTWAZANGABO NKIYI!! BANYAKUBAHWA Mudakenyeye ngo muhuze abarundi bo mu bwoko bwose, mubakingire mudacaguye, mubakunde mutarobanuye, TUZOKOMEZA TUBURE INTWAZANGABO ZACU, kandi namwe mudahinduye bizobagerako.

  • Imana nimwakir ariko abantu barigukorubwicanyi nkubwo bwoguhiga aba chef bacu bashaka nibabirek hakiri kar.

  • yaba,bokwisubiraniyemwonyene,twebwebatobatobakatureka,

  • shaa bandanya munwa amaraso yabahutu kuko niyoyabatunze kuvakera uburero mwarimunyotewe iyoshetani yateye ababatutsi niyinzigo cabisa ntakibazo imana yaremye abahutu atarukwibanse namwe muzoteba mushikigwe

  • Basemerera bati iyo mandat ni inkorabara, Nkurunziza nako nkurumbi, heba. Reka abamare. mutibagira ko avuka ku mututsikazi. bandanya mwanitse amenyo

  • Imana nimwakir ariko abantu barigukorubwicanyi nkubwo bwoguhiga aba chef bacu bashaka nibabirek hakiri kar.

  • Kubita Muhashe izontumva zananiwe guhagararira ibwirizwa nshingiro n’amasezerano ya arusha,zigatako zikabuza umurwi ngarukiragihugu warurongowe na Nyenicubahiro General NIYOMBARE ,kubogora uburundi buriko bucokezwa mumanga nabandandende aribo bagumyabondo ,uwo ni mucezo wa ndani ,bamwumiye inyuma ngo hari iyindi mpembo afise azobaha nabandi nibarindire azobaheza kamwe kamwe, EWE TARI WAVUGA NUKO INTUMVA ZIKOREYE URUPFU ZITUMVA,URUMUGABO PE

  • YOOO?MUBURUNDI IMANA IDUTABARE NON KO BICA ABATEGETSI HAKABURA UWUBAVUGANIRA? UMUNYAGIHUGU WEW? ABARUNDI NIMUZE TWIZERE UBUTUMWA BWU BUGOROZE TWE SE ATAWUVUYEMWO IMANA IZODUHARIRA

  • IMANA IMUHE IBIRUHUKO VYIZA.ARIKO ABOBAKORA IVYO NTIBIBAGIREKO ICO WICISHA ARICO UZOKWICISHWA.

  • mbe ayo ma quartier ko kera ata mu officier numwe yaba muri ayo ma quartier igisoda carapfuye kweli mbega ntibokwiyubahiriza!!!!!

  • iri niryahonyabwoko abatutsi baribamaze imisi baririmba none bariko bararishira mungiro basubiriye bimwe 72...vyokwica abahutu bincambwenge, ikibabaje nuko abahutu bari muriCNARED ivyobatabibona kuberako aribijuju...akataretse kaba gasema......

  • None abo Bicana Nibande?Mbega Bo Biaza Ko Batazopfa? Ijambo Ry Imana Riti:<uwicisha Inkota Nawe Azokwicisha Iyindi>nabo Bagabe!!

  • turahojeje umuryango wiwe nabo bakoranakukazikiwe kamisiyos.

  • UBWO HAGANDAGUWE UMUHUTU EJO HARAKULIKIRA UMUTUSTI. NIKO GAHUNDA IMEZE MU BURUNDI HALI IBIBAZO NKURUMBI ADASHOBORA GUHAGALIKA. NAWE IBIBAZO BYARAMURENZE…WAMBWIRA GUTE UMUNTU WIYITA PRESIDENT AKIRIRWA YIFUNGIRANYE IWE . NIKIBAZO

  • Bahutu biwacu ni muhumure ubu natwe twamaze kwambara.ntamuntu akomeje kwihanganira izombwa zabatutsi zitumwa na kagome ngo nikagame.

  • Abishendadaye,bamwishebibazakoatamuhutu,azobbaho.Rindiraivyomukoraturabibona|mwishe,adorufuntimumaze,badorufu|mwishe,dariyusi,ntimumazebadariyusi/mwishebizubonaaririkobab,izubonanibeshi
    MWARATWISHENTIMWATUMAZERINDIRAUBUTWIZE,TURIBESHI

  • Abishendadaye,bamwishebibazakoatamuhutu,azobbaho.Rindiraivyomukoraturabibona|mwishe,adorufuntimumaze,badorufu|mwishe,dariyusi,ntimumazebadariyusi/mwishebizubonaaririkobab,izubonanibeshi
    MWARATWISHENTIMWATUMAZERINDIRAUBUTWIZE,TURIBESHI

  • Ha,mwiyingariheze,wiriwuranzungurukamugisagara,ubonumuntu,uhagarikimodoka,umuhoji,kumbe,warikutaha,kuzuza,igikombe,nimureke,abahutu,mwiyitanzaniya,bahirwankimpongo,kuberabo,ngobatahe,gwimigwintibikoreko,aruku,mututsiyibaza,gwamarabahutu,oya,numuhutu,yibaza,gwamara,batutsi,oya,gusabazosigara,bazoyubahana,

  • Nimureke kwihenda birazwi neza ko kwisi yose guhera kuri Major kuduga hejuru bigoye kumwica atishwe na Leta. Erega naho ari umuhutu, muri politique ntiwobizana naho mwoba muvukana araguhitana. Abantu muzana ivyamoko muracari ibijuju, canke ni jeu politique kugirango ingorane zuburundi zibandanye zigoye gutegera

  • Muvyukuri Abatutsi Bakeneye Kumara Abahutu bize Nyuma Bafate Igihugu Nyuma Bice Batobato Mumatora Vyaranse None Bashaka Gucamubwicanyi www.Icumuntucishije Nawe Nicokimwica Kandi Mwitonde Isi Igiye Kurangira

  • yemwe! karaciye ingani abategetsi mugisirikare bashire nkifu y’imijira?mana garukir’uburundi,ahandiho igihugu kizosigara ,atandongozi gifise!!?

  • IBASHWANYE BAFA AMATONGO NGOZI Le 21 /4 /2016

  • Abobicany N,abagombakubonekeshanab Ishusho Yuburund

  • Ivyobavuga Vy’ubwoko Mubantu Ntabwokobubaho Ahubwo N’impwemu mbi yabateye.Ingeromugeramwo abariyo muzogererwamwo.

  • IMANA imwakire!! ababikora bose nabo bazapfa. binyegeza abantu ntinyegeza IMANA.

  • ha ntawuhisha umwotsi inzu yahiye reta niyemere ko umutekano udakwiye hanyuma iganire nabatuga rumwe nayo bareke kuroba kamwekamwe.

  • pole ;kumuryango w’yum musirika. A rikose aba colonele bi burundi (cdd) ba gederara kuri moto ?ntakwiyubaha kurimo .

  • UWUSHAKA KUVUNA INKWI AVUNA RUMWE RUMWE.Abaturongoy Geragza Muhindur Umukenyuro.Ahandiho,UMUHUTU arasubira kuba IMBAGWA.Colonel Muzima Ata Bagarde Afis?Mwabahutu,komwijajara.Jew Mpava Nigra Mur Tanzanie,kuronder Ubuhungro

  • Imana imwakire mubwami bwayo pole sana kumuryango wiwe ntakundi natwe tumenye ko dusavye icumbi ngaha kwisi turondere twese ijuru ntakindi gisigaye.

  • IRYO NIRYO HONYABWOKO MWAVUGA? MBEGA KO MWAVUGAKO HICWA ABATUTSI UBU NIBO BARIKO BAPFA? NKUBU HOPFA UMUTUTSI WOCA WUMVA INDURU? KO MWABESHERA ABA POLICE NGO NIBO BICA NONE KO MUGIRA MUMARE ABASILIKARE! NDABARAHIYE NTIMUZOTUMARA. UWO UZA GUSIGA URAMURINDIRA. BADO. TU PINGE MAJI NA WUNGA1/1 KUVUBU. MWABICANYI MWE

  • Bazohera nkifu yiminjira
    Peter yaravuze ukuri kabisa
    courage nyiricubahiro komeza .

  • Ubwo mugiye kwica abatutsi binzirakarengane ngo hapfuye umuhutu nawe mwiyiciye mwebwe nyene izo stratégies zanyu zaramenyekanye mushatse mwakwitonda kubera ko iyo leta irongowe n’igisigo nkurumbi isigaje ukwezi 1muhumure barundi

  • Mugiye Kuguma Mwica Aba Coronel Gusa None Tubaye Abande

  • yemwe abant bicabandi nabobameny kuburuhirarugupfa kandi bamenyeko umuntaragashusho kimana muragowe mwebwe mwinyegeza inyuma yiki canke kiriya hama mukaja murikikamukiza mukwicana mbegako twese tuvamaraso atukura harihuwuvayera,yirabura,vert canke jaune?nikuki wicamugenzawe umuhorubwoko bwiwe,izurutamuhaye wew wariguze muri boutique?cankumugambwe nibindi murikebuke kuko kumusi wimperuka umwewese azobazwa kucazoba yarakoze caba ciza canke kibi hama yishure bizoba bibabaje imana ikweretsabantu wishe!mana garukiruburundi nibindi bihugu bimeze nkiki.

  • Nukuri Abantu Bariko Baraka Ubuzima Igabo Zigihugu Imana Yomwi Juru Izobabaza Ivyobakoze Yomaraso Imana Izoyababa

  • Nagirambaze None Coroner Bizubona Emmanwer,yahowe,iki?

  • ncuti zanje nimutahure ko bashaka kuducanishamwo ngo umuhutu umututsi kugira twicane hama ivyaha vyabo bifudike nabo bari bashaka kwica tubiyicire ntitwibagire ko nah’intambara benshi yadutetuye hari akagwi kabantu babironkeyemwo inyungu

  • Kuki abahutu ari abicanyi, abo mu Rwanda bakoze ihonyabwoko bafatanije n’abarundi b’impunzi, abahutu b’iburundi nabo baraje biyemeje ko nta mututsi uzasigara, ariko baribeshya icyakubwira ikimwaro abicanyi bo mu Rwanda basigaranye, bagenda bubitse imitwe.

  • Eeeh!!Brabamaze Kabisa Abarundi Nabasirikare Bigihugu Baracunga Abo Bamenja Bafatemwo Numwe Bas. Uraz Ko Babandanya Kuduhekura Nyamasema.

  • Abarundi turarambiwe president nareke kwicisha abantu iyo sintwaro ibereye avuga!

  • yoo.none.abamwishe.ntibarafatwa?

  • yoo.none.abamwishe.ntibarafatwa?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.