Gihosha : Umuntu atamenyekanye yatowe ikiziga

Yanditswe na IGIHE
Kuya 10 juillet 2016 saa 04:35
Yasomwe : 43803
0 0

Ikiziga c’umuntu ataramenyekana catowe muri zone Gihosha, hafi y’ishure ryisumbuye rya Gikungu muri zone Gihosha, mu gisagara ca Bujumbura.
Amakuru atangwa n’abanyagihugu begereye ahatowe ico kiziga akavuga ko ico kiziga c’umuntu w’umugabo cazanwe n’imodoka itamenyekanye mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatandatu, nk’igihe c’isaha zitandatu z’ijoro.
Iyo modoka ikaba yamutereye mu mufurege uri ahahurira ibarabara ryitiriwe uwa 28 Munyonyo hamwe n’ibarabara rija kw’ishure Kaminuza ryitiriwe umuco (Université (...)

Ikiziga c’umuntu ataramenyekana catowe muri zone Gihosha, hafi y’ishure ryisumbuye rya Gikungu muri zone Gihosha, mu gisagara ca Bujumbura.

Amakuru atangwa n’abanyagihugu begereye ahatowe ico kiziga akavuga ko ico kiziga c’umuntu w’umugabo cazanwe n’imodoka itamenyekanye mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatandatu, nk’igihe c’isaha zitandatu z’ijoro.

Iyo modoka ikaba yamutereye mu mufurege uri ahahurira ibarabara ryitiriwe uwa 28 Munyonyo hamwe n’ibarabara rija kw’ishure Kaminuza ryitiriwe umuco (Université Lumière de Bujumbura).

OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi amenyesha ko biboneka ko uwo muntu yishwe anizwe, kandi ko amatohoza yatanguye.


Kumenyekanisha

1
Morodikayi Jon 17-07-2016 à 07:31

ubwobubwebwe bwahumanye ntibworeka kwica abobantu ! abamwishe ntibakaronke amahoro amaraso yi we azobahumire gushika nokumiryango yabo yose, bazopfe bangara, ahozobari hose bazokwamane intuntu kumutima, igihe cabo cogupfa nicashika kuribo bazopfe binukira, bazopfanintuntu yokutabona uwokubaremesha.

2
eric 16-07-2016 à 16:57

Mwampaye amakuru kuri iyi nkuru bavandimwe ko uyu muntu muzi 277835187714

3
M.Nkunzingoma 15-07-2016 à 23:25

Ntawipfuza ko ubwicanyi wbobandanya ahariho hose mugihugu icarico cose.
Mbega abarundi cane cane abandisti kobataka bandika bavuga ngo Imana yabahevye abarundi , nobamenyesha ko abarundi nisiyose bahaye shetani ikibanza kinini hanokwisi aho kugiha Imana. Nobasaba kwikebuka.

4
Mikidadi 14-07-2016 à 15:24

mbe amatohoza yiburundi ahora ava mwikintu ? Ga yemwe canke nukujijisha abantu gusa ngohariko hakogwa amatohoza

5
Ciza,pasck 12-07-2016 à 13:56

mana.uwomuntu.umwakire.mubwami.bwawe.karashizingani.abantu.bagume.batorwa.ibiziga ?.umuntu.yica.mugenziwe..azobona.ibara..natihana.

6
Niragira Rany 11-07-2016 à 21:17

Non Muburund Hazorek Kubonekamw Ibizig Ryari ?

7
###### 11-07-2016 à 19:33

BENOIT.ABANTU BAKORA IVYO VYO KWICANA BAKWIYE KWIHANA BAKABIREKA KUKO BATIHANYE BAZOPHIRA MURIVYO AMAHEREZO NIMURI GIHENOMU.

8
josué 11-07-2016 à 07:02

mana yanje tabara uburundi nabarundi turahonye.

9
josué 11-07-2016 à 07:01

mana yanje tabara uburundi nabarundi turahonye.

10
MUYAHUDI 10-07-2016 à 20:06

MANA YOMWIJURU IBURUNDI WADUHEVY ? ABANTUWAREMY TURAMARANY ! KAZ UHINDUR IBIBINTU NTAMWANA WUMUNTU YOBIHEZA

11
BUKURU 10-07-2016 à 17:27

NONE UBWICANYI KOBWIMONOGOJE BIZOGENDA GUT ?

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha