Gihosha : Umunyamahanga yagandaguwe arashwe

Yanditswe na IGIHE
Kuya 15 juillet 2016 saa 02:34
Yasomwe : 112230
0 0

Umutekano warahungabanye mw’ijoro ryo kuri uwu wa kane muri zone Gihosha, ahagandaguwe umunyamahanga yarashwe amasasu menshi aca yitaba Imana.
Umuntu yitwaje inkoho niwe yakoze ubwo bwicanyi bwabereye ku rugo rwo mu Gihosha. Uwo muntu yitwaje inkoho yategetse ku nguvu umunyezamu yugurura imiryango y’urwo rugo kumwugururira, aca ashikira uwo yariko ararondera amurasa amasasu menshi, ayo masasu akaba yarahitanye n’uwundi mwana yari ku ruhande.
Uwo muntu yasanze abantu bateramye abonye uwo (...)

Umutekano warahungabanye mw’ijoro ryo kuri uwu wa kane muri zone Gihosha, ahagandaguwe umunyamahanga yarashwe amasasu menshi aca yitaba Imana.

Umuntu yitwaje inkoho niwe yakoze ubwo bwicanyi bwabereye ku rugo rwo mu Gihosha. Uwo muntu yitwaje inkoho yategetse ku nguvu umunyezamu yugurura imiryango y’urwo rugo kumwugururira, aca ashikira uwo yariko ararondera amurasa amasasu menshi, ayo masasu akaba yarahitanye n’uwundi mwana yari ku ruhande.

Uwo muntu yasanze abantu bateramye abonye uwo yariko ararondera aca amurasa amasasu menshi.

Uwo yishwe ni umunyamahanga, ku rupapuro rw’inzira rwiwe, handitsweko ko avuka mu Rwanda, i Cangugu, ariko ico gitabu c’inzira akaba yakironkeye muri Mozambique.

Igiporisi kikaba caciye gita muri yompi abantu batandatu ku mvo z’amatohoza. Abo bafashwe akaba ari abanyagihugu baba muri urwo rugo rwagandaguriwemwo uwo muntu.


Kumenyekanisha

1
Kirogorye 28-07-2016 à 20:19

Shaa ubwicany ntaw bwerey kand abo bos murk muric muzokwicuz shaa muratey isoni vrema muraga puu

2
Kah 27-07-2016 à 18:48

Mwe Mwarihe Bamugandagura ?

3
Morodikayi Jon 16-07-2016 à 22:24

Twebwe abarundi turatwenza ngo pasipoti ya muzambike, mbega ya baye umunyazambike ukugira aronke vyangobwa vyico gihugu ? twarabahunyuye ni mwice gusa turabizi kwica kwarico gifungurwa canyu.

4
ERENETE 16-07-2016 à 21:38

AHUBWO ABO BANYAHANGA BAZABARICA BAZOBAHUMIRA

5
ERENETE 16-07-2016 à 21:37

AHUBWO ABO BANYAHANGA BAZABARICA BAZOBAHUMIRA

6
Rucamubibatsi 16-07-2016 à 15:04

uzi kunva niyunve, kandi n’ufite amaso arebe !

7
Rucamubibatsi 16-07-2016 à 15:01

uzi kunva niyunve, kandi n’ufite amaso arebe !

8
hirwa 16-07-2016 à 11:24

izo ninterahamwe ziva mozambique ahubwo iburundi ninzira banyura 。abandi bahahurira nimiryango yabo nicyo kibakwiye bababashaka

9
mujyemukurikira 16-07-2016 à 11:14

uwishwe ashobora kuba
- INTERAHAMWE yo muri Mozambike yishwe n’u Rwanda
- cg se umunyarwanda woherejwe n’u Rwanda akicwa na DD.
- cg se un innocent wishwe na DD.

uwishe Hafsa Mossi we birazwi ko ari DD

10
###### 16-07-2016 à 10:27

None uwomuntu amazekugandagurwa hakozwe iki kubutungane

11
Zabulon Rutana 16-07-2016 à 06:39

Ntakundi Imana Imwakire Mubwami Bwayo

12
Zabulon Rutana 16-07-2016 à 06:37

Ntakundi Imana Imwakire Mubwami Bwayo

13
Françoir 15-07-2016 à 23:29

Hicwa abenegihu atacamira kumunyamahaga nikuribatakanyomo ariko abarikobavishamaraso yinzirakaregane umurirow Imanaurabaroreyenibatokwihana.

14
karorero 15-07-2016 à 22:30

Hahahahahahh !!!!!ikikinyakuru kirazi kwandika ikinyoma kwer !!!mbega ko urinz kuvuga ko ari umunyarwanda ushats kuvuga ko yakorew genoside ?ico womenya nuko mubesh mozambique nta Ambasade y’urwanda ihari kand ntana pass port yurwanda itangirwa mozambique ico nikinyoma cambay ubusa nimba naho ninkozi yikibi yakoz amanyanga kurupapuro gwinzira murakoz.

15
Gihe Ciherezoi 15-07-2016 à 22:27

Abo Mugumakwica Imana Mushora Vyose Irabona Uwicisha Inkota Nawe Acisha Iyindi Jewe Ndagi Uravye Azo Bona i

16
Mah 15-07-2016 à 21:45

Muragowe barundi. KO mumaranye

17
mugabo 15-07-2016 à 21:37

Uwo munyamahanga niwe yagandaguye hafisa mossi yavuye mozambike aca tz akurayo umuduga wa ti ufise iparata yaho kuko ariyo nzira yo gushika burundi arungitswe numushikiranganji mushiki wabo na major richard sezibera Bose babarongozi mu gwanda kugira bamwihimureko in gene yambitse ibara sezibera numushikiranganji mushikiwabo n a chef wabo kagame Ku mabi bakoreraga uburundi, vyose biri gusiguka

18
mugabo 15-07-2016 à 21:32

sezibera Bose babarongozi mu gwanda kugira bamwihire in gene yambitse ibara sezibera numushikiranganji mushikiwabo n a chef wabo kagame Ku mabi bakoreraga uburundi, vyose biri gusiguka

19
mugabo 15-07-2016 à 21:31

Uwo yishwe ni we yagandaguye hafisa mossi, akaba yaravuye mozambike aca azana umuduga awukuye tanzanie wa ti ufise I parata ya tz kuko ariyo nzira yo gushika Burundi, yarungutswe na mushikiwabo abihanuwemo na sezibera Bose babarongozi mu gwanda kugira bamwihire in gene yambitse ibara sezibera numushikiranganji mushikiwabo n a chef wabo kagame Ku mabi bakoreraga uburundi, vyose biri gusiguka

20
NEPO 15-07-2016 à 20:55

UBWICANYINTIBUZOHERA TURAGOWE

1 | 2
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha