Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB umutekano
Gitega : Ikindi kiziga catowe
Yanditswe taliki ya 18-04-2016 - isaha 11:34' na IGIHE

Mu kiringo ca hafi indwi imwe gusa, ikiziga kigira gatatu c’umuntu catowe mu ntara ya Gitega mu gatondo ko kuri uwu wa mbere.

Ico kiziga ni ic’umunyagihugu azwi kw’izina rya Gaspard Habarugira, yavuka muri komine Bugenyuzi, intara ya Karusi, kikaba catowe mu gashamba, hafi y’itongo ry’abapfuye ry’abo mw’idini rya Islam riri muri komine Gitega, intara ya Gitega nyene.

Imbere y’ico kiziga, hari imiti, abanyagihugu baba hafi y’ahatowe ico kiziga bakibaza ko yoba yahitanwe n’ingwara yoba yagendana.

Uwo muntu yatowe ikiziga agize uwa gatatu mu minsi iri munsi y’indwi, muri iyo komine.

Ivyiyumviro vyanyu

Ivyobintu Biteye Amakenga , Ariko Byose Bizi Imana ; Imana Imwakir Mubwami Bwayo , Ikindi Bobaza Abiwabo Icamujanye Aho Igitega , Bakanafashya Umuryangowe Agahambanwa Iteka.

18.04.2016 à 20:47
Nyamagandika 444

Nonekotumenyereyehakogw,amatohozakuruyonawentiyokogwa ?

18.04.2016 à 18:38
Ndayishimiye Merthus

AMATOHOZA ARACYAKOMEZA IBURUNDI

18.04.2016 à 17:32
LILI

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.