Accueil > Amakuru > umutekano > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
mardi 29 Ntwarante 2016, par
- Général Prime NIYONGABO, umukuru w’ibiro bikuru vya gisirikare (i bubamfu), ari kumwe na Emmanuel NTAHOMVUKIYE umushikiranganji w’ukwivuna abansi, hamwe n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA. Ni mu birori vy’ugutanguza umwaka w’ishure 2015 - 2016 mw’ishure Kaminuza rya gisirikare (ISCAM)



IGIHE
Messages
29 Ntwarante 2016, 12:23, par INTAGOHEKA
NYAKUBAHWA NAKOMERE AREKE TWIMUJERI NATWISINDUMUJA TUGUME TWIRIKA MUMAKUNGU ARIKO NTANTAMBWE BUZODUTERANA
29 Ntwarante 2016, 15:28, par jean
Prime arakumesa sha peter
30 Ntwarante 2016, 06:42, par habarugira
None mutama avuga arya majambo yashatse kuvuga iki? sha ivyisi airagoye umuntu twubaha ariko akavuga rirya jambo. arikose iyaba uko twavuga imana ariko twayikunda tuba dutekanye.
30 Ntwarante 2016, 06:53, par TABARA
Vyari Vyiza Iyabamutabacanishamwo,kuko Burya Kumva Harimwo Abashaka Kwica Bagenzibabo Birababaje Nibikebuke Bareke Gutoteza Abo Ba Ex Fab Ubundi Amahoro Aboneke Iburundi Nabahunze Batahuke
30 Ntwarante 2016, 06:56, par AGATO GWASA
jewebanyita agato gwasa,harihoahonzogufatira petero nzokwiyiciraubonasha uzorabaukointamayambagwa weguzautwenkikimata nibitamankindayimbebayikizunguuragasweranyokoyambayeibombekumusundi.
31 Ntwarante 2016, 20:28, par Challobalo Ndayisenga
Ndi Challobaro Gikuru Nidukunde Imana Nayivysi Tuzobisigakwi Abagayisha Nibo Bababariko Barigaya
31 Ntwarante 2016, 21:19, par munene
Gen Prime Niyongabo arakonje biragaragara ko urupfu rumuzereramo rwose ko uku kwezi kwa kane biraboneka ko kutamusiga NADAFUNGURA AMASO NGO YONGERE UBULINZI.
16 Ruheshi 2016, 21:19, par Denis
uwushaka igisoda we ntiyoza atize ?