IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

mardi 18 Munyonyo 2014

(OPDAS Burundi 18 11 2014) Sensibilisation Parlementaires Burundais implication des Hommes dans l'éTME

IGIHE

Messages

  • Ndamubonye nimama wacu umutambukanyi wumumuru wigihugu cu Burundi.

  • Mama Burundi komera! Turashima ibikorwa ukora

  • @philbert we vuga uti mama wanje apana mama burundi ?wewe nduva ko ucibereye muntwaro zacami ??bahonye,ntibavuga gutyo

  • nshima ko uri mu ka perezida ukaba urangwa n’ubwitonzi pe we. Ariko se rwose uje ku mavi kuko umugabo wawe inkotanyi, abadede batamwubaha bari muri système, ikibiri, société civile ikora nka opposition, n’abandi barisonzesheje ngo babone ingene bamuniga nka ndadaye. Ariko bazahava bagira erreur d’appréciation nk’iyo mu 1993. Ni baje mu matora tuzihitiramwo, dore ko intambara nabo yobahitana

  • Uwo muvyeyi wuburundi ndipfuza kumusaba salle mukigo cibuye UBUNTU yo kwigishirizamwo urwaruka inyigisho zerekeye iterambere ry umuntu zitwa mukinofonofo EDUCATION FONDAMENTALE uwoba ashoboye kumushikira akamunsabira iyo salle Mungu azomuha imigisha
    contact : 79470222

  • Uwo muvyeyi wuburundi ndipfuza kumusaba salle mukigo cibuye UBUNTU yo kwigishirizamwo urwaruka inyigisho zerekeye iterambere ry umuntu zitwa mukinofonofo EDUCATION FONDAMENTALE uwoba ashoboye kumushikira akamunsabira iyo salle Mungu azomuha imigisha
    contact : 79470222

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.