Intumwa idasanzwe ya Reta zunze ubumwe za Amerika mu karere k’ibiyaga binini yakiriye abaserukira CNARED
Kuri wa 8 Ruheshi 2016, intumwa zidasanzwe z’urunani rw’abahurikiye mu batavuga rumwe n’ubutegetsi bw’i Bujumbura, CNARED –GIRITEKA, zakiriwe n’intumwa idasanzwe ya Reta zunze ubumwe za Amerika mu karere k’ibiyaga binini.
Uwo mubonano wabereye mu gisagara ca Bruxelles, ukaba waje ukurikira uwundi wari wabaye hagati y’intumwa za CNARED nyene hamwe n’ubuserukizi bw’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Buraya. Iyo mibonano yompi ikaba yaranzwe n’uguhanahana ivyiyumviro.


NIBISANZWE