IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Igenekerezo rya mbere Ndamukiza : Amamuko y’umusi bita "uwo kubesha"

Igenekerezo rya mbere Ndamukiza : Amamuko y’umusi bita "uwo kubesha"

vendredi 1er Ndamukiza 2016, par egide

Amatohoza yakozwe yerekana ko gushika mu mwaka w’1564, umwaka mushasha watangura igenekerezo rya mbere Ndamukiza. Muri uwo mwaka nyene, niho umwami Charles w’icenda yafata ingingo yo guhindura ikirangamisi, kugira umwaka uzokwame utangura igenekerezo rya mbere Nzero.

Abantu bacira batangura guhimbaza umwaka mushasha guhera kuwa mbere Nzero 1565, muguhana utuganuke nk’uko bitegerezwa ku musi mukuru.
Ariko rero, abantu benshi baragize ikibazo co kumenyera uwo musi w’ico kirangamisi gishasha, aho mbere hari n’abandi batigeze bamenya ko umusi wahindutse. Abo batabimenye canke abatavyibuka bagumye bahimbaza umwaka mushasha kuwa mbere Ndamukiza.

Mu ntumbero yo kwinuba abo bagihimbaza umwaka mushasha ku genekerezo rya kera, hari abaca batanga utuganuke tutari two canke two gutwenza, inkuru z’ububeshi canke zigamije gutwenza haba kubazibwiranye canke abazumvise ku nsamirizi, ku mboneshakure, eka mbere no mu bimenyeshamakuru.

Kuva ico gihe, uko umwaka utashe, abantu benshi, abakuze n’abato bafashe umugirwa wo gutera inkuru z’ububeshi, canke zitwenza, kw’igenekerezo rya mbere Ndamukiza, umusi nawo bahimbaza bakawita "Poisson d’Avril", vyosigurwa nka : "Ifi yo muri Ndamukiza."

Abatari bake bokwibaza igituma bahisemwo kuvuga ifi

Insiguro ya mbere, tuyikura mu gihugu c’Ubufaransa. Muri ico gihugu, mu ntango z’ukwezi kwa Ndamukiza, uburovyi bwari bubujijwe kuko cari ikiringo c’irondoka ry’amafi. Abantu rero barabesha abarovyi ko babahaye ifi ariko babahaye igishushanyo cayo. Uwuyihawe yibaza ko ari uy’ukuri, yaca atangara mu kuvuga ati :"Poisson d’avril ! Ifi yo muri Ndamukiza ! ".

Iyindi nsiguro, ariko ya vuba cane, ivuga ko ifi mu kwezi kwa Ndamukiza cari ikimenyetso c’ikarema, aho abantu baba barekuriwe gufungura ifi gusa. Mu ntango z’ikinjana ca mirongo ibiri, abantu benshi bararungikirana udukete ducafyeko udufi duto duto kugira bipfurizanye urukundo, ubugenzi n’umunezero.


IGIHE

Messages

  • N’ukuri ndabonyeko Bibiliya ivuga ukuri aho ivuga muri Daniel7:25b<Azoja imigabo yo guhindura ibihe n’ivyagezwe...>soma kandi Daniel11:36:Nuk’uwo mwami azokora uko yigombeye,yishire hejuru,yigire agahambaye gusumba icitwa imana cose...Izina ry’Umwami wacu Yesu Kristo rishirwe hejuru shishikara muburira abantu.Yesu ati:Bansengera ubusa kuko inyigisho n’imigenzo ar’ivyagezwe n’abantu.

  • Iyo nkuru ni nziza kuko ituma duhanahana kahise tukabona ibihe vyagiye biraranga isi nabayibayeko nico bamaze.hanyuma uwo muvukanyi aciye afatira kuri biblia ndumva ntari kure cane yugutahura ko ibiri murico gitabo bidufasha gutahura isi nabayiriko.gusa yumve ko kenshi biblia dushobora kwihenda mukuyisoma cane cane iyotuyisiguye twisunze ivyo twitweze kuyisangamwo hagutega amatwi ngo twumve ahotugoyagoya namaso ngo tubone neza ivyo abatubanjirije basize nivyo natwe twosiga.bandanya mudutohoreza.kuvuga reroko bifatanye nivyo yemera arasoma nibindi bitabo vyanditswe nabo basangiye ukwizera nabo batagusangiyf igihe yoba ashobora kwakira ivyiyumviro bitandukanye nivyiwe

  • Ngira ngo mbaze Nijimbere ikindi gitabo yumvise kivuga ukuri gusumba Bibliya icarico? Ivyo uwu mumenyeshamakuru avuze mur’iyi nkuru, ntawovyemera 100% kuko hashobora kuza abandi bagakora ubundi bushakashatsi, ugasanga ntibahuza, ariko Bibliya vyogora ngo usambure igishingantahe cayo. Nayo ivy’imisi duhimbaza vyo, turazi ko ar’ububeshi bwashigikiwe cane n’Ekleziya Gatorika. Nka jewe ndibuka ko uwo musi nawigijwe n’abihebey’Imana banyigisha nkiri muto. None woshobora kunyumvisha gute, ukuntu twoba duhimbaza Pasika y’izuka rya Yezu, kandi Yezu yahimbaje Pasika yo muri Bibliya yo kuva mu Misiri? Yezu ntiyagarutse ngo avuge ngo izuka ryiwe niryo rihindutse Pasika. Ariko baramugeretse kw’ico kinyoma, abantu bafatirwa mu mutego. Umutumwa Yohani n’umwanditsi w’inkuru Nziza Luka bavuga neza ko umusi Yezu yapfa ariwo wari Pasika (Luka 22: 1, 7, 23: 46; Yohani 19: 30-31). ariko nkubu ubivuze bokwita umusazi. Bibliya tuyisoma ngo turonke inyishu z’ibibazo dufise mu kwemera kwacu, kandi inyishu zirimwo. Nayo ivyo abatubanjirije basize canke izindi nyandiko, izo n’inkuru nk’izindi, ntitwozigereranya na Bibliya, ijambo ry’Imana. "Kuko muzi yuko ibyo mwacungujwe ngo muve mu ngeso zanyu zitagira umumaro mwatojwe na ba sekuruza banyu, atari ibishira nk’ifeza canke izahabu, ahubwo mwacungujwe amaraso y’igiciro cyinshi, nk’ay’umwana w’intama atagira akanenge canke ibara, ari yo ya Kristo (1Petero 1: 18-19). Mfise vyinshi novuga ku vy’imisi ya gipagani duhimbaza kuko bishigikiwe na Shetani. Mu vy’ukuri, umusi wo kubesha wavuye muri Shetani.

  • Ego inkuruzawe zirateramisha mugabo mwibuke igihe ivoka bavugakozabaye nyinshi zikaburanabazirya barazamura zikagwaho ibujumbura ntizamanuka uhagaritsimodoka ntibahagarara kuko ntamaherawaronka yokwishura hari itariki yambe ndamukiza bacababeshayuko mwivoka hariyurunyo musiyurubuto ururiye ucupfa ngobatemagure amavoka yoseyomuburundi bacabarayatemagura bugingo basigaye bazirondeza sihobaciye bavuga kokwarikumusi mukuruwokubesha bakabona gusubira gutangaza kwisamisamizi ngonibasubire bafungure ngokwarukubeshEgo inkuruzawe zirateramisha mugabo mwibuke igihe ivoka bavugakozabaye nyinshi zikaburanabazirya barazamura zikagwaho ibujumbura ntizamanuka uhagaritsimodoka ntibahagarara kuko ntamaherawaronka yokwishura hari itariki yambe ndamukiza bacababeshayuko mwivoka hariyurunyo musiyurubuto ururiye ucupfa ngobatemagure amavoka yoseyomuburundi bacabarayatemagura bugingo basigaye bazirondeza sihobaciye bavuga kokwarikumusi mukuruwokubesha bakabona gusubira gutangaza kwisamisamizi ngonibasubire bafungure ngokwarukubeshEgo inkuruzawe zirateramisha mugabo mwibuke igihe ivoka bavugakozabaye nyinshi zikaburanabazirya barazamura zikagwaho ibujumbura ntizamanuka uhagaritsimodoka ntibahagarara kuko ntamaherawaronka yokwishura hari itariki yambe ndamukiza bacababeshayuko mwivoka hariyurunyo musiyurubuto ururiye ucupfa ngobatemagure amavoka yoseyomuburundi bacabarayatemagura bugingo basigaye bazirondeza sihobaciye bavuga kokwarikumusi mukuruwokubesha bakabona gusubira gutangaza kwisamisamizi ngonibasubire bafungure ngokwarukubeshEgo inkuruzawe zirateramisha mugabo mwibuke igihe ivoka bavugakozabaye nyinshi zikaburanabazirya barazamura zikagwaho ibujumbura ntizamanuka uhagaritsimodoka ntibahagarara kuko ntamaherawaronka yokwishura hari itariki yambe ndamukiza bacababeshayuko mwivoka hariyurunyo musiyurubuto ururiye ucupfa ngobatemagure amavoka yoseyomuburundi bacabarayatemagura bugingo basigaye bazirondeza sihobaciye bavuga kokwarikumusi mukuruwokubesha bakabona gusubira gutangaza kwisamisamizi ngonibasubire bafungure ngokwarukubeshEgo inkuruzawe zirateramisha mugabo mwibuke igihe ivoka bavugakozabaye nyinshi zikaburanabazirya barazamura zikagwaho ibujumbura ntizamanuka uhagaritsimodoka ntibahagarara kuko ntamaherawaronka yokwishura hari itariki yambe ndamukiza bacababeshayuko mwivoka hariyurunyo musiyurubuto ururiye ucupfa ngobatemagure amavoka yoseyomuburundi bacabarayatemagura bugingo basigaye bazirondeza sihobaciye bavuga kokwarikumusi mukuruwokubesha bakabona gusubira gutangaza kwisamisamizi ngonibasubire bafungure ngokwarukubeshEgo inkuruzawe zirateramisha mugabo mwibuke igihe ivoka bavugakozabaye nyinshi zikaburanabazirya barazamura zikagwaho ibujumbura ntizamanuka uhagaritsimodoka ntibahagarara kuko ntamaherawaronka yokwishura hari itariki yambe ndamukiza bacababeshayuko mwivoka hariyurunyo musiyurubuto ururiye ucupfa ngobatemagure amavoka yoseyomuburundi bacabarayatemagura bugingo basigaye bazirondeza sihobaciye bavuga kokwarikumusi mukuruwokubesha bakabona gusubira gutangaza kwisamisamizi ngonibasubire bafungure ngokwarukubeshEgo inkuruzawe zirateramisha mugabo mwibuke igihe ivoka bavugakozabaye nyinshi zikaburanabazirya barazamura zikagwaho ibujumbura ntizamanuka uhagaritsimodoka ntibahagarara kuko ntamaherawaronka yokwishura hari itariki yambe ndamukiza bacababeshayuko mwivoka hariyurunyo musiyurubuto ururiye ucupfa ngobatemagure amavoka yoseyomuburundi bacabarayatemagura bugingo basigaye bazirondeza sihobaciye bavuga kokwarikumusi mukuruwokubesha bakabona gusubira gutangaza kwisamisamizi ngonibasubire bafungure ngokwarukubeshEgo inkuruzawe zirateramisha mugabo mwibuke igihe ivoka bavugakozabaye nyinshi zikaburanabazirya barazamura zikagwaho ibujumbura ntizamanuka uhagaritsimodoka ntibahagarara kuko ntamaherawaronka yokwishura hari itariki yambe ndamukiza bacababeshayuko mwivoka hariyurunyo musiyurubuto ururiye ucupfa ngobatemagure amavoka yoseyomuburundi bacabarayatemagura bugingo basigaye bazirondeza sihobaciye bavuga kokwarikumusi mukuruwokubesha bakabona gusubira gutangaza kwisamisamizi ngonibasubire bafungure ngokwarukubesha

  • Izina ry’Imana rihabwe icubahiro kuko iriko irahishurira abasavyi bayo ivyo yavugiye mu kanwa ka Daniyeli igice7:25 havugako hazohindurwa ibihe n’ivyagezwe.Bibiriya yigishako abantu baruhuka umusi w’isabato ariko uno musi abantu Imana yaremye bigishijwe n’abantu kubaha uwa mbere w’imisi ndwi.Ivyagezwe10 barakuyemwo bimwe bimwe Kuvayo20:2.Hitamwo kumvira Imana hakumvira abantu Matayo15:7.

  • Izina ry’Imana rihabwe icubahiro kuko iriko irahishurira abasavyi bayo ivyo yavugiye mu kanwa ka Daniyeli igice7:25 havugako hazohindurwa ibihe n’ivyagezwe.Bibiriya yigishako abantu baruhuka umusi w’isabato ariko uno musi abantu Imana yaremye bigishijwe n’abantu kubaha uwa mbere w’imisi ndwi.Ivyagezwe10 barakuyemwo bimwe bimwe Kuvayo20:2.Hitamwo kumvira Imana hakumvira abantu Matayo15:9.Mu vy’ukuri ukwezi kwa mbere kwa Bibiliya kuba hagati ya Ntwarante na Ndamukiza kwitwa Abibu.Guhimbaza umwaka mushasha muri Nzero itariki1 n’ikinyoma,ukuri ni uko muri Ndamukiza igenekerezo rya mbere.Kuvayo12:2,kuvayo13:4,Gusubira mu vyagezwe16:1

  • Izina ry’Imana rihabwe icubahiro kuko iriko irahishurira abasavyi bayo ivyo yavugiye mu kanwa ka Daniyeli igice7:25 havugako hazohindurwa ibihe n’ivyagezwe.Bibiriya yigishako abantu baruhuka umusi w’isabato ariko uno musi abantu Imana yaremye bigishijwe n’abantu kubaha uwa mbere w’imisi ndwi.Ivyagezwe10 barakuyemwo bimwe bimwe Kuvayo20:2.Hitamwo kumvira Imana hakumvira abantu Matayo15:9.Mu vy’ukuri ukwezi kwa mbere kwa Bibiliya kuba hagati ya Ntwarante na Ndamukiza kwitwa Abibu.Guhimbaza umwaka mushasha muri Nzero itariki1 n’ikinyoma,ukuri ni uko muri Ndamukiza igenekerezo rya mbere.Kuvayo12:2,kuvayo13:4,Gusubira mu vyagezwe16:1

  • Izina ry’Imana rihabwe icubahiro kuko iriko irahishurira abasavyi bayo ivyo yavugiye mu kanwa ka Daniyeli igice7:25 havugako hazohindurwa ibihe n’ivyagezwe.Bibiriya yigishako abantu baruhuka umusi w’isabato ariko uno musi abantu Imana yaremye bigishijwe n’abantu kubaha uwa mbere w’imisi ndwi.Ivyagezwe10 barakuyemwo bimwe bimwe Kuvayo20:2.Hitamwo kumvira Imana hakumvira abantu Matayo15:9,Ivyakozwe n’intumwa5:29.4:19Daniyeli3:18.Mu vy’ukuri ukwezi kwa mbere kwa Bibiliya kuba hagati ya Ntwarante na Ndamukiza kwitwa Abibu.Guhimbaza umwaka mushasha muri Nzero itariki1 n’ikinyoma,ukuri ni uko muri Ndamukiza igenekerezo rya mbere.Kuvayo12:2,kuvayo13:4,Gusubira mu vyagezwe16:1

  • UWOMUSAZAYANTANGAJEAKOIMANAIRAMUKUNDA

  • None Abasenga Ku Wambere W’imisi Ndwi Imana Yoba Itabemera

  • Umwami wacu ahabwe icubahiro

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.