Igisirikare c’Uburundi cemeje ko hari umusirikare yazimiriye ku Musaga

Yanditswe na IGIHE
Kuya 13 Munyonyo 2015 saa 11:24
Yasomwe : 99018
0 0

Muri zone ya Musaga mu gisagara ca Bujumbura hari umusirikare w’Uburundi yahiciwe kuri uwu wa kane, mu gihe yari kumwe n’abandi bajejwe umutekano bariko basaka ibirwanisho mu gatondo ko kuri uwu wa kane.
Amakuru ava ku Musaga amenyesha ko vyabereye kw’ibarabara rya mbere, aho umwe muri abo basirikare bariko barasaka yicwa, ayo makuru akavuga ko uwo yishwe yavuga ikinyarwanda, bikavugwa ko yoba yari INTERAHAMWE yambitswe impuzu z’igisirikare c’Uburundi.
Mu gisirikare bavuga ko ico bazi ari uko (...)

Muri zone ya Musaga mu gisagara ca Bujumbura hari umusirikare w’Uburundi yahiciwe kuri uwu wa kane, mu gihe yari kumwe n’abandi bajejwe umutekano bariko basaka ibirwanisho mu gatondo ko kuri uwu wa kane.

Amakuru ava ku Musaga amenyesha ko vyabereye kw’ibarabara rya mbere, aho umwe muri abo basirikare bariko barasaka yicwa, ayo makuru akavuga ko uwo yishwe yavuga ikinyarwanda, bikavugwa ko yoba yari INTERAHAMWE yambitswe impuzu z’igisirikare c’Uburundi.

Mu gisirikare bavuga ko ico bazi ari uko hari umusirikare yazimiye ari mu gikorwa c’ugusaka ibirwanisho ku Musaga, ariko bakavuga ko bataramenya namba yoba yarishwe.

JPEG - 25.4 ko
Colonel Gaspard Baratuza, umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi

Colonel Gaspard BARATUZA, umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi yamenyesheje ko ata musirikare w’Uburundi baramenya ko yishwe, akemeza ahubwo ko hari umusirikare wo mw’ikambi ya Muha yazimiye mu gihe yariko arafashanya na bagenzi we gusaka ibirwanisho aho ku Musaga.


Kumenyekanisha

1
maria João 17-11-2015 à 22:27

Mbega mwa batutsi mwe aho mwatwariye igihugu c, uburundi ntimworeka abahutu nabo bagatwara nibura iyi myaka itanu nibura! Mbe mwibaza ko abahutu muzobica mukabamara?

2
JAMALI.BIGINA 17-11-2015 à 14:14

UWOBALISHE NABALAT UZA NAWE ALILABA HA SIGAYE NAO

3
kagwesi 16-11-2015 à 17:51

Yaja kugihugu basemerera

4
SINDUHIJE 16-11-2015 à 10:04

IVYOVYOSE BIVAKUNTAGOMDWA ZABANYABURURI NAMURAMVYA BARINGAHA KUMUSAGA MWABICANYIMWE IMANIRAJE MUHIGURE

5
Kud Int 14-11-2015 à 11:04

Abobana B,igihugu Munyuruza Mukihaya Ngomwagizenez Umusumwe Muzobibona

6
Kud Int 14-11-2015 à 11:02

Abobana B,igihugu Munyuruza Mukihaya Ngomwagizenez Umusumwe Muzobibona

7
Kud Int 14-11-2015 à 10:59

Abobana B,igihugu Munyuruza Mukihaya Ngomwagizenez Umusumwe Muzobibona

8
.com 14-11-2015 à 10:53

Weee Urazikurumututsi Anikamenyo Abahutubivyangenkankurumbibaratumara

9
Burundi we 13-11-2015 à 18:34

Mbese Colonel en plus akanavugira igisirikari cy’u Burundi yambara tenue (uniforme) itariho amaranka ye (Rank) Ni akumiro.

10
Didi 13-11-2015 à 18:12

Baratuza uriko urahenda abatazi ivyigisoda?abantu bose murungika muba mubazi,ntiwombwira ingene chef wa peleton,section bobura kumenya izina canke matricule yiwe ,so vyatanguye Kagame ntazihangana sha arabereka.

11
psychologue 13-11-2015 à 17:40

@concilie ndayurushwima-ndayizamba. nukuri ba SINDUMUJA mupfa guhuragura ibigambo. namwe se mutangiye kurara murota FDlR nka wa mwicanyi udasinzira kagame. uwo munwa nimutawudoda niwo uzabakoraho. cyangwa muze iwanjye mbavure niba mwarasaze kubera urumogi munywera aho kumusaga.

12
Jonny 13-11-2015 à 14:55

FDD - CDD muraraba neza inyamarere Inkotanyi ntizibe zatwinjiranye.

13
Vincent 13-11-2015 à 14:14

AHUBW BABUZE KUBAMARA TWES TUZOPEFA

14
Worlde 13-11-2015 à 14:11

Hahahahaha Je ndazi iyo twomuronderera. Tugende mu Rwanda wosanga yasubiye mumuryango k’ubona yaramaze igihe kitari gito ari muri Congo. Vyanse naho dukoreshe vyavyuma vyasaze mukurondera hahahahaha Muramaramaje pe!!

15
baratuzwa 13-11-2015 à 14:01

emera akabi urakuze sinaw wenyine barenze 3 bishwe muragowe Kagame arabarasa yikinze inyuma yabasilikare ba onu bagiye kurungikwa mu Burundi

16
baratuzwa 13-11-2015 à 14:01

emera akabi urakuze sinaw wenyine barenze 3 bishwe muragowe Kagame arabarasa yikinze inyuma yabasilikare ba onu bagiye kurungikwa mu Burundi

17
Falcon 13-11-2015 à 12:51

Mwanka mwemera mwa ba dd uburundi sigihugu cokwiganzira nkitongo ryaba so naba nyoko,muzovako mbere nabi,uburundi s’urwanda canke ouganda.

18
Concilie ndayizamba 13-11-2015 à 12:49

Baratuza biramugora kuvugisha ukuri.Urya musoda yari umu FDRL kandi ubu basigaye ari benshi mu gisirikare c-u Burundi eka no mu gipolisi. Turasavye abo bicanyi cndd- fdd yatuzanyemwo ibasubire muri CONGO iyo baje bava kuko bagomba gupfa bangara nka GAHINI. Mu biganiro bigiye gutangura nukubivuga bakabomora kuko icabazanye sikindi nugukuramwo abantu imitima n-ibindi bihimba vy-umubiri. Abo ba fdrl bameze nkimbwa zisara kuko basheshe amaraso menshi iwabo none NKURUMBI yarabikozeko ngo bamufashe, nawe akaba yabemereye ama PARCELLES bahejeje GUKORA.

19
BOBO 13-11-2015 à 12:20

Wasubiriye Kuvuga Abapfuyengobazimiye? Urakazimirankabo Mbe Ahazimiranumwana?

20
Bella 13-11-2015 à 12:15

Huuum izo nterahamwe mwazanye mugiye guhinyuka!!ko uzi ikambi yiwe ntuzi izina ryiwe canke numero matricule?

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha