Accueil > Amakuru > umutekano > Imbonerakure zasubiye gutungwa agatoke
Imbonerakure zasubiye gutungwa agatoke
dimanche 29 Ntwarante 2015
Imigambwe itavuga rumwe na CNDD FDD iremeza ko hariho ibirwanisho biriko bihabwa Imbonerakure z’uwo mugambwe, mu turere dutandukanye tw’igihugu.

Leonce Ngendakumana arongoye urunani ADC Ikibiri, akavuga ko ivyo birwanisho, bitangwa mu ntara zitandukanye, bihabwa urwaruka rw’Imbonerakure za CNDD FDD.. Eka si uwo gusa, na Charles Niyungeko yahoze ari umushingamateka wa CNDD-FDD mu ntara ya Makamba, ahamagarira abanyagihugu bo muri komine Nyanza-Lac guhaguruka, bakiyamiriza imirwi yoba iriko iragira imyimenyerezo ya gisirikare mu turere twa Biniganyi no Kuwinka i Kabonga muri iyo komine.
Mu mugambwe CNDD FDD babicishije kuri Willy Nyamitwe asanzwe atwara igisata kijejwe amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu, akavuga ko ari ibihuha, ndetse iyo amatora yegereje, hama ibihuha nk’ivyo.
IGIHE
Messages
29 Ntwarante 2015, 10:22, par Muhanuzi
Nibahagarike Izo Mbonerakure Zabo Hakiri Kare.None Karashize Ingani Umuntu Ahakane N’ivyibonekeza.Canke Batubwire Tuze Tuzifata Tuziboha! Uko Niko Vyama Bama Bahakanye Ariko Ikibi Naco Nyene Ntikinyegezwa.Turindire.
29 Ntwarante 2015, 10:47, par Edouard
Nibitegure Cane,ariko Nintwaro Ya Buyoya Yari Yabonetse Munguvu,mbona Yamisore Yiwe Atawomenya Koyigeze Kubaho.Ntanuwibuka Numwe Muribo.Abobo Vyaciye Mumpapuro Kugira Bashike Kubutegetsi Ntakanya Bazovurwanga.Reka Tubahe Imisi.
29 Ntwarante 2015, 16:00, par niwiyubare
Jewe nibaza nkabantu bagihendwango babahe ibirwanisho nibazako atari abarundi kuko iyaba bari abarundi bogiye hamwe bakiyunvira mumitima yabo bakarabira hamwe inyungu aba sanzasheque inyungu bahawe ikigihe tugezemwo sicogusubira inyuma niciterambere kandi bamenyeko abo babahende ejo ntacobazobafasha nakimwe
29 Ntwarante 2015, 16:26, par Tonny Niyoyankunze
nibitegure ariko iconzi co nuk akataretse kaba gasema.burya impanuro zimaze kuja ahabona babahanura bakica
amatwi nirimwe tukashira munguvu tukaraba uwurusha uwundi.abo ba jeune nabo bemera kwakira ibogwanisho ndakeka kwari aba génération 96 kukwabo nibo novuga kwataco bazi kuri kahise kuburundi.
29 Ntwarante 2015, 19:06, par NTAKIRUTIMANA
Ivyo abarundi turabimenyeye mugihe c’amatora ko haba ibihuha vyinshi, 2010 Nyangoma yavuga mumigambi yiwe ko hepfo y’ibarabara Reta yahariye mais nawe yariko ararondera aho agura muraza mubaze mukagongo aha muri mw’izone yakizuka, rero ivyo muvuga ngw’imbonerakure nibaza ko muzikunda kuko naho mwozanka ntaco mwozigira shake mugeze murabe!!
29 Ntwarante 2015, 19:24, par Nkunduburundi
JRR (1972), Sans echecs
29 Ntwarante 2015, 21:12, par ndayi
nibitegure ariko bike bangenzibabo ayobaboye mucibitoke ntakibuza rero nabonyen kobabagira nkabandi
30 Ntwarante 2015, 06:39, par ndikumana
Abo bantu nibazako batanyuzwe . Mbe ntibabonye benewabo mucibitoke ayobabonye baje bavuye. Congo kubera monusco. Ibirukanye baje baziko bakirwa nabaribabatunye ico babahenvye babakubise amasoro atakigonrwe hama hakaba hari abandi bagikwirikira ubwije . Kanura nahandi bazobamara kuko. Ntaco bacera baburaniwe barondera abo bikana
30 Ntwarante 2015, 13:07, par santos
Ahubgo ntimuzi nivyo murimwo,mu regera izo Interahamwe murikumwe mu babaze,bazobabgira ko bapfuye bayerera.
30 Ntwarante 2015, 15:59, par nijipis
mukazana imigozi tukababoha.uwutazi kurasa ninde?jesimbona igituma mugira ubwoba,erega ntawuzokwama kwisi.izombonerakure twohaguruka abarundi dufise umutima wokurinda ntitwobikura nkuwikura umwanda? ntihagire nuwuzosubira kuvuga izina ryazo.kandi vyose nibi illetrés.ntanumwe afise umutima wubwenge
30 Ntwarante 2015, 18:41
Uta inkok ntut icibits!
30 Ntwarante 2015, 18:54, par Eric
Ugutwi kw,impene kwunv kwokej,intahanugw nuko mais ndabtahura ntibize niho bagez kwiyunvira.
30 Ntwarante 2015, 20:14, par denis
Zireke zidagadure none sabana bigihugu. komwababaye rungika namwe abiwanyu nabo biyereke
30 Ntwarante 2015, 21:06, par egide
imana nidufashe yemwe dusang aribihuha nkukobabivuga arik urukurukuru niyonkuru.babirabeneza.
2 Ndamukiza 2015, 05:36, par BIMENYIMANA
benewacu mumenye neza ko nimba ivyo babavugako arivyo mume ko ataho muzocikira kuko natwe turiteguriye kuzorwanya uwariwese ashaka kudusubiza muntambara rero mwitondere izo nyigisho muriko murahabwa murabe iyo zizobajana.
2 Ndamukiza 2015, 05:37, par BIMENYIMANA
benewacu mumenye neza ko nimba ivyo babavugako arivyo mumenye ko ataho muzocikira kuko natwe turiteguriye kuzorwanya uwariwese ashaka kudusubiza muntambara rero mwitondere izo nyigisho muriko murahabwa murabe iyo zizobajana.
11 Ndamukiza 2015, 06:50, par BARANDEREKA Boniface
ABA DD BOSE NTIBASHOBORA KUVYEMERA ARIKO BIZOBAHINYUKANA IMANA NIYO NKURU.Wait you will see!!!