Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB umutekano
Imiryango iba mu makambi y’abasirikare yasabwe kuyavamwo gushika kuwa 12 Gitugutu
Yanditswe taliki ya 1er-10-2015 - isaha 11:48' na Van Naris Mugisha

Ibiro bikuru vy’intwaramiheto bisaba imiryango yose iba mu makambi ya gisirikare kuba yavuyeyo kugira isigire ibibanza abasirikare.

Mw’itangazo ryateweko umukono n’umukuru w’ibiro bikuru vy’intwaramiheto General major Prime Niyongabo kuwa kabiri igenekerezo rya 29 Nyakanga 2015,iyo miryango yahawe indwi zibiri kugira ibe yavuye mu makambi.

Iryo tangazo rimenyesha ko umunsi wa nyuma wo kuba bavuye muri ayo makambi ya gisirikare,ari igenekerezo rya 12 Gitugutu 2015.

Umukuru w’ibiro bikuru vy’intwaramiheto agasaba kandi abarongoye amakambi gushira mu ngiro iyo ngingo no kuyimenyesha abo yega bose ata wuvuyemwo.

Ivyiyumviro vyanyu

Ikibabaje Umukuruwigihugu Atuga Bira Ibigwati Vyamahoro Bagashaka Kubitaka.Commine Muhanga.Harabantu Mubatege Sti Bobonye Kwabanyagihugu Boroshe Harikigwati Camahoro Baguma Baburaguzabantu Kwiyubakira Nyakubahwa Narabe Akokagwi Kagarukirizengaho.

8.10.2015 à 15:36
Serina

Mwabarundi nabarundikazi kuki ivyonsoma mwandika vyose vyuzuye igwanko no gukukeza ? Ndababzwa cane kuba ubona umuhutu canke umututsi agize ikibazo ikabona unezerewe. Mumateka yuburundi tumaze gupfisha benshi mumpande zose wewe usigaye umaze kwunguka iki ? Leta Unze ubumwe za america haba amako yose yabantu baba munsi yijuru ariko babanye amahoro uwugiye kubayo wese avuye ahandi ategerezwa kudahwa izo nzikira zose kugiea abane nabandi kuki nawe itodahwa iyonzigo ? Tuzokwama murivyo abatuyisi twese twaremwe nimana ntawansikiye imana ikete ngo abe uwariwe kumbure yibihitwamwo birashika kutari guhitamwo uko uri.murakoze

7.10.2015 à 14:06
Cyprian

Uk Nukur .Ntah Vyakabay Aba Civil Babana Ni Gisilikare.

6.10.2015 à 16:40
Naasson

Nn Ko Muriko Mubakurayo Mwiteguriye Iki ?Twe Abanyagihugu Bic Bidutera Amakenga.

6.10.2015 à 12:00
Fulgence

NISAWA BAVEYE ABO BAKECURU

4.10.2015 à 21:18
######

NISAWA BAVEYE ABO BAKECURU

4.10.2015 à 21:17
######

ntibakureyo abo abasivile ntahovyakabonetse abasirikare babana n’abasivile igisirikare gikore akazi kaco neza

3.10.2015 à 22:02
Bimazubute

@ mugisha
nibasohoke baje kuwota hanze nk’abandi nyene nta mwana n’ikinono,

3.10.2015 à 17:58
fidelite

@mugisha
burya abatutsi hari igihe mwibazako muri hejuru ya vyose,umwanya wose ni turabereka,ntimurye ngo murya,nukwama mutega iminsi abahut bande de couillons mwibazako arimwe mwenyene muzi kwica,natwe tuzovyiga rindira namwe ntimwijajare.

3.10.2015 à 02:32
fidelite

Abasoda Bose Barbade amazu kubera somariya

2.10.2015 à 23:01
mahoro

Iyongingo turayishimye twosabanabandibategetsi babijejwe kobofatira ingingozibereyenkizo abanyagihugu bakiri mumakambi yimpunzi hagatimugihugu kuko ntantambara ikiri mu Burundi

2.10.2015 à 22:15
Shikama

Abasoda Kirazira Kobaban Nabasivi Le Mumakambi Kurubwo Turashigi Kiye iyo ngingo kugira umutekano ucungerwe bikwiye.

2.10.2015 à 17:23
Nyandwi Augustin

Abasoda Kirazira Kobaban Nabasivi Le Mumakambi Kurubwo Turashigi Kiye iyo ngingo kugira umutekano ucungerwe bikwiye.

2.10.2015 à 17:22
Nyandwi Augustin

nabaho nabona ingingo leta ifata twese icarimwe tukayishima, mukuvayo bajye babasaka batazasohokana ibirwanisho.

2.10.2015 à 16:25
um

Ego twumvirije ivyiyumviro bitandukanye mwavuze, none ubu nico gihe ciza co kwimurira imiryango hanze yamakambi ? hirya no hino barara ntibuca, iyo ngingo yagihutihuti yoyitondera bakabanza bakarondera aho baja kuba nimiburibure amezi atatu, aba kaporale igihe bava muma kambi barabahaye amahera 600.000Fbu sinzi ko abo bashaka gusohora nabo bayategekanije ? ubwo bugeera prime ninkozi yikibi aho ashaka ko iyo miryango bayicira hanze yikambi ! Imana ihora ihoze , nturye uryame.

2.10.2015 à 13:53
mugisha f

Iyo ngingo ni nziza,ariko babahaye imisi mike yo kuyishira mu ngiro. Mbona bikwiye ´ko bobongera nk indwi 3. None kubera iki bavyihutishije, naho amakambi atarayaba civiles.

2.10.2015 à 10:47
None Martin

Nyakubahwa Jn. Ndakongeye iyindi Pete kiva ubu Kuri Marshal. Ahubwo karakamaramaza naho umusoda numusivire banana mwikambi ubundi mubindi bihugu mwikambi ntihinjirwa numugore kugira azegusura umugabo abironkera uruhusha ahubwo baribaracigaruriye noneho baneye ahobarima. About basic ire babayo nibo basohokana ibigwanisho. Nibazivemwe izoninzu zi gihugu sizabantu bamwe bamwe guse. Komera kumuheto turikumwe nkizuru numunwa.

2.10.2015 à 07:45
mwene harimesh

iyo ngingo niyo.erega amakambi yarasigaye umengo nama WC.

2.10.2015 à 06:59
Ntakidahera

Wewe ntubona abavuza amaruru ngo ntibazovamwo,ibirumbo bimaze 27 ans nka popo biba mu mazu y’igisoda,harura igihe yavukiye ubwo buyobe ni époque ata muhutu yaja mu gisoda et surtout pas mu makambi,raba ingene aca atangura gukuga ,bamenyereye ivya gusa,nibaduge mu rutovu benshi niyo baza bava ,baje kwubaka nyabuna,ahubwo deux semaines ni nyinshi,abo batindi sibo baciye binjiza izo nyenzi z’abanyamulenge muri ayo makambi ,ni bo badutuririye abana mu migumuko,nibaveyo,harageze ko ducungera umutekano w’igihugucacu ata nkomanzi,abasoda mu makambi,aba civiles ku gatumba canke ahandi en dehors y’amakambi.

2.10.2015 à 01:05
fidelite

Nibazako Mushaka Gukora Ivyomugomba Vyaba Bibi Canke Vyiza Atamusivire Abona Kugira Bibe Akamizwe Ningoma !

1er.10.2015 à 22:54
Kaduga
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.