Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Ingaruka mbi z’ukuraba isinema zerekana abahuza ibitsina
Ingaruka mbi z’ukuraba isinema zerekana abahuza ibitsina
lundi 11 Rusama 2015
Ingaruka ni nyinshi ziterwa n’izo sinema, ariko ubu twabateguriye zimwe muri izo haba kurwaruka
1.kutagira ubushake no gusohora intanga mu kanya gato cane.
Iki ni ikibazo abagabo canke abasore benshi bakunda kwirengagiza ariko ahanini benshi babiterwa no kutamenya. Kubera gukunda kuraba isinema z’imibonano mpuzabitsina, habaho kwama wipfuza .kuguma ushaka kwikinisha, kubera iyo mvo yo guhora wikinisha, bigatuma niyo uriko urangura amabanga mpuzabitsina usohora ningoga, udahagije uwo muriko murakorana imibonano mpuzabitsina.

2.Kwama wipfuza (désir) isinema zerekana abakora imibonano mpuzabitsina, zihindura isoko(source) y’ubushake bwo gukora imibonano mpuzabitsina.
Umuntu akunda kuraba isinema z’abarangura amabanga y’abubatse bituma kugira ashake ico kintu ari uko abanza kuraba izo sinema, ivyo rero bigatuma agira ubwunvikane buke n’uwo bubakanye, canke bagomba gukorana iyo mibonano. Naho abantu benshi bazi ko abahungu aribo bakunda kuraba ayo masinema, ubushakashatsi bwagaragaje ko abagore nabo, bazitabiriye kurugero rw’ibice 69%. Iyo umugore akunda kuraba izo sinema, aca yumva atagishaka umugabo bahuza ibitsina ahubwo agaca yumva yo kwikinisha kugira aruhuke (satisfait), iyindi ngaruka ni kurenga ibigo.
3. Ku rwaruka hoho izo sinema zironona ivyiyunviro vyarwo.
Kugira ibibazo no kudatahura ku vyerekeye imibonano mpuzabitsina n’ibisanzwe. kubera kubura abarusobanurira ivyerekeye imibonano mpuzabitsina, bituma urwaruka ruca mu nzira ya hafi mu kuraba ayo ma sinema, kugira rutahure ico gikorwa. Ikibabaje ni uko bahakura ubumenyi butaribwo, bakabeshwa n’amasanamu y’ibinyoma. Aha ntitwirengagize ingaruka mbi, ziva muri ayo masinema :Kwandura Sida, Gutwara inda z’indaro n’ibindi.
Bill Nkurunziza
Messages
11 Rusama 2015, 11:42, par nizeyi jamese
Ariko,hari,n’igihe umenya /jeux utaruzi aruko Uyibonye Ariko simvuze ngo tuziteho kuziraba oyaVYOSE TURAVYEMEREGWA ARIKO SIKO BITUGIRIRA IKIMAZI MURAKOZE Kuduhanura
11 Rusama 2015, 11:58, par KUBWIMANA
Nukuri nyene mudakoze.Ariko bensi bararuguyemwo muzorondere ico abaruguyemwo bokora ngo babohoke iyondwara y’umutima bumubiri.Gusa sinarinzi ko nabakobwa bibashikira.Nyaragasa rero mushake icokorwa kuo vyamaze kubako kuko sinkekaka ko ari benshi.
11 Rusama 2015, 12:00, par Nizeyimana James_cadet
mwiteramiye na madame hobite munfashe.
11 Rusama 2015, 12:04, par NIYONKURU
IZO MPANURO MUGERAGEZE KUZIRUNGIKIRA URWARUKA RWISHI.
11 Rusama 2015, 12:37, par Jean jacque
344070
11 Rusama 2015, 13:16, par EDOUARD S.
NON MWABIKUY HE?
11 Rusama 2015, 14:42, par Salomoni waza
Abarekaye amasinema yuguhuza ibitsina nibo batwonona biteyeko bagaca barekura ko aja kuri internet. Gusa hamwe arafasha kuko uyiravye umucanwa urapunguka...
11 Rusama 2015, 15:03, par Ndayishimiye
Nibunve ababikora jewe nfite imwaka 24 sindavugana nicitwa umugore kandi ndakome ndihanganye mpaka ndose gwanje nimero yanje ni 69054093 uwoshaka yonfona nkamwereka uburyo bwokwihangana murakoz
11 Rusama 2015, 15:05, par Rupande
Mbe none birya bigesera babirabira iki? Erg nta gishasha kiriyo, ko mbona bishinga kuzibagurana gusa!
11 Rusama 2015, 17:24, par Nkunzimana
Hokorwa Iki Kugira Urwaruka Rwa None Ntiruhurumbire Izo Sinema?
11 Rusama 2015, 18:41, par Gaddy
Ahubwo Reta Yofasha Na Connexion Yavyo Kuri Net Igacika.Ababikoranabo Bazosha Ingero Yicaha Nurupfu.Reka Kwonona Ingoro Yampwemu W Imana
11 Rusama 2015, 19:07, par Niyokwizigira
None?nkivyo bigesera nind?yobira adasara
11 Rusama 2015, 19:34, par Niyonzima Pierre.
Kubijanye nukuraba ayo masanamu mpuza bitsina vyari bikwiyeko Leta itegurira urwaruka ihugurwa rifatiye mu kuraba ayo mashusho mpuza bitsina,bakabamenyesha inzongaruka zishobora kubashikira kuko igitigiri nyamwinshi barica amatwi bakabifata ibisanzwe.Bamwe barahendwa yuko bataravye ayo masanamu badashoboro kumenya uburyo(méthode) bwokurangura amabanga mpuza bitsina. Hanyuma kubamenyeshako kwisambanya(mansiblation)ko bimara inkomezi mugihe uriko urarangura amabanga y’abubatse navyo nyene urwaruka rukabimenya eka na bubatse nabonyene bagahabwa inyigisho.Leta ifadikanije n’amashengero bafise uruhara runini mukugarukira abo bantu batwawe n’ubwo buzimire biciye mu kubakoresha ama sémimaire,kubahuriza hamwe n’urundi rwaruka ruvuye ahandi,murico gihe ruzumva intambwe urundi rwaruka rugezeko,nago ruheze rwikubite agashi.Hanyuma n’abavyeyi nabo bahagurukire urwo rwaruka barwerekeye ibibi nivyiza batarunyegeje.
11 Rusama 2015, 20:24, par nayisi
ukwo s’ukwigisha mubunuzi ahubgo bashaka kutwononera abana umwana abona ubworo ntakwihangana agira
11 Rusama 2015, 20:43, par issa niyomwunger
abantu bogerageza gupunguza kuraba izo film
11 Rusama 2015, 22:24, par Ndayishimiye
Hari unditse sms umbabarire kuba ntagusubije rero nokubwirako mukwikingira wonga cane ugasaba imana umutima wokutipfuza mbere ukirinda kuraba ayomasanamu niyontumbero nziza yokwirinda izondwara zose zifata ziciye mubihimba vyirondoka jew sindigera nryamana nicitwa umukobwa mumya 24 urunva niko niyunvira kurondera uwotwubaka mugabo ntaciye mubidakogwa ahubwo ngirako nshaka umwigeme yisoneye izi kwakeneye kubaka adakeneye kuba umusambanyi yoshaka kuri nimero 69054093 cank 76362699 yonphona tukavugana merci
12 Rusama 2015, 09:13, par Olivier
Murakoze cane kurizo ngarukambi zijanye nukuraba ayo masonema y’uguhuza ibitsina.
Kubw’ivyo nasaba shimitse ko hotegurwa inyigisho kurwaruka kugira batahure izogarukambi kugira babone kuvyirinda,eka nokububakanye kugira birinde izongarukambi zishika bariko barangura amabanga mpuzabitsina.
Ikibazo:kubahoze baraba ayo masinema ndetse bakisambanya nkuko mwabivuze hama bagatahura inyigisho bakabiheba ivyo vyogusohora intanga kare birahera?agakamara umwanya munini atarazisohora?
12 Rusama 2015, 13:45, par Nahishakiye Jean Marie
Vyiza Bokwihanganira Ayo Masenema Bakaraba Ibifise Akamaro Bihangane Kabisa
12 Rusama 2015, 21:27, par Enock
Novuga Ko Ababikora Bakwiye Kwihana Nayahandi Umuriro Utazima Urabarindiriye. Ababiraba Nabo Bashigikiye Ababikora Nabonyene Batihanye Bazoronka Ingero Imwe Nababikora.
Impanuro: Nukumenya Ko Imibiri Yacu Ari Insengero Z’Imana, Uwuzokonona Urusengero Rw’ Imana Nayo Izomurandura. Soyez Béni!
12 Rusama 2015, 21:28, par Enock
Novuga Ko Ababikora Bakwiye Kwihana Nayahandi Umuriro Utazima Urabarindiriye. Ababiraba Nabo Bashigikiye Ababikora Nabonyene Batihanye Bazoronka Ingero Imwe Nababikora.
Impanuro: Nukumenya Ko Imibiri Yacu Ari Insengero Z’Imana, Uwuzokonona Urusengero Rw’ Imana Nayo Izomurandura. Soyez Béni!
12 Rusama 2015, 22:45, par Sibomana Adrier
None Mwotubwira Ico Rihana Na Christbrauni Bapfuya.Kugira Bahebane.
14 Rusama 2015, 14:36, par queen
Murakoze,vyukuri ababikora bobireka.
Bituma umunt kd yikunda,akabona mugenziwe k naho atoba ahari yovyihereza,ivyo navyo
IMANA NTIVYEMERA!
14 Rusama 2015, 14:45, par Innocent
ICIZA NUGUHEBA KURABA IZO CENAMA CANKE KUZEREKANA.MURAKOZE
14 Rusama 2015, 23:01, par Jules César
ahubwo yaba ari ibishoboka bri bakwiy kwugara imbuga zerekana ayo masanamu,urwaruka narwo rwicunge.
17 Rusama 2015, 12:17, par John Bosco
Mbega ntakuntu abavyeyi bojinama bagasemerera ku maradio bigahagarikwa kumbuga za facebook?ndibazako coshoboka .bavyeyi mutavuyehasi urwaruka rurabajanye!!kandi nimutabikora IMANA izobibabaza.hagararire ibanga rero mwiyemeje ryokurera ok
25 Rusama 2015, 12:04, par alexis.brundi
bakwiyekubiheba kukobiratesha umutwebeshi ababikorabakwiye kukurikiranwana porisi kuko.birababaje reta.ikwiye kugi ra.ico.ibigira murakoze
26 Rusama 2015, 03:37, par jean marie nsengiyumva
jew niyumvirako umuntu aravye izo sinema yubatse vyoba vyiza kuko yoca avaho abifitiye akayabagu.
27 Rusama 2015, 19:13, par Ndikuriyo
reka sha nagira ubayeho ukunda kwiyunvira nivyo sawa
29 Rusama 2015, 15:47, par niyonzima
abavyeye barakwiye kubagurira abana tel ntoya kukira ibarinde iyo mpantuka
6 Ruheshi 2015, 22:21, par bizimana donatien.
kanatsinda nimana iravyanka jewe nohanura ugwaruka ko rwoheba guhumanya amaso ruraba izo nkino za shetani.
7 Ruheshi 2015, 00:16, par ndayizeye renovatt@Email.com
arikose niyehe mpanuro mwoduha twebwe urwaruka mbega umuntu yorangura amabanga ryari mbegaho uretse ivyo nubuhe buhinga mwateguye kuvyigisha abaturage mwoshobo ra kuduha ibisubizo? murakoze
25 Ruheshi 2015, 23:10, par uwimana pacifique
Kubwiwanje niyumvirako ayo masinema ataco amaze.impamvu nyamukuru n’uko uwuyiravye ahita yifuza kurangura ayo mabanga mumwanya udakwiriye!haba k’uwubatse cank atarashika mubigero amenyeko at’akamaro.
2 Myandagaro 2015, 06:01, par Eric Naishi Buj KAMENGE
Merci Jew Ndabashimiy Icogukora N’ugushishikara mwigisha Mubabwirako Irya Ari (Progrm) Ya Satani
Unomusi Harababiraba N’abashikibabo Muma Phone Bakagaruka Bagasambana Nabo None Umaz Gusamba Na Dada Wawe Mother We Haba Hasigayiki? Mupe Umuco Asante.
29 Myandagaro 2015, 00:17, par barakanfitiye j.claude
ntavyonarinzi.jendu mugabo yubatse .none wamawikinisha.urachobora kuronka abana?2.ntandwarara bitera?
3 Kigarama 2015, 17:31, par Ingabire fleury
Turabashimiye gose ,hama n’ukuja muraduhanura kuk biranagoye nkumunt akunze kurab ayo masinema kugira abivemwo .
27 Ruhuhuma 2016, 10:37, par NZEYIMANATIERY
NDABARAMUKIJEJENKIGITEKEREZONOTANGA NUKOBATOZA BARAREBA AYOMASINEMAKUBERABITUMAUWUZIRAVYE NAWE ACASHAKAKUBIKORA
27 Ruhuhuma 2016, 10:52, par nzeyimana tiery
ndabaramukije.jenkimpanuronotaga nukobatoguma baraba ayomasinema kuberandabobacabashakakubikorahataragera ugasangabarahuyenibibazo
3 Rusama 2016, 07:31, par Emmanuel
nihatari
12 Ruheshi 2016, 00:10, par Arine Irankunda
69399928
11 Myandagaro 2016, 12:04, par Irakoze Moïse
Nukurijewendabashimiyecanekukonanjebirafashije.Nohanuranabandikobohebakubiraba.Nakarebavungangonibiterasoni.KandinIMANAiravyanka.
4 Nyakanga 2016, 14:16, par packhastone
murakoze kudukebura
27 Nyakanga 2016, 21:56, par MFURANZIMA Adolphe muyinga, butihinda,Tangara
Biraberey ko umuntu wes yomeny iyi mpanur
14 Gitugutu 2016, 12:13, par kubwimana levis
murakoz cyan
25 Munyonyo 2016, 23:23, par Sebastien
Impanuro Nobaha Boreka Kuraba Ayo Masinema Bakarindira Igihe Cabo Kikagera
4 Ruhuhuma 2017, 21:42, par nshimitimana chadracki
sivyiza kuraba zmasinema kuko bituma mumutw haza ivyonyene bariko barakota kubwanje nobasabzvko batoza barabirana bikateka kubztesha umxanya ok
13 Ruhuhuma 2017, 22:23, par Ndihokuawayo Jamarie
Jewe Vyarase Kondabiheba Kandi Biraryohera None Mwadufashik? Konumvise Binteyubwoba.Mwoturosa Inyishu
22 Ndamukiza 2018, 13:13, par Moses hassani Mugenzi
Murakoze no kutwigisha.None hoba hariho imiti ituma ubwonko busubira gukora nka mbere?.
4 Mukakaro 2018, 20:21, par Eric
Mutanze impanuro nziza CN! Hamw urwaruka nkanj rwobitahura
25 Mukakaro 2018, 04:53, par Bigirimana Oscar
jewe maze imyaka2nikinisha nafashwe ningwara yo kumeneka umutwe nashaka menye ingene iyo ngwara noyikira muzoba mukoze