IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Inkoho n’ibindi bikoresho vya gisirikare vyatowe ku Mutakura

Inkoho n’ibindi bikoresho vya gisirikare vyatowe ku Mutakura

mercredi 12 Myandagaro 2015

Inkoho zibiri zo mu bwoko bwa kalashinkov,amasasu arenga amajana atanu,grenade,impuzu n’ibirato vya gisirikare,ni bimwe mu vyatowe n’igipolisi mu gikorwa co gusaka cakoze mu gatondo ko kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 12 Myandagaro 2015.

Nkuko vyashikirijwe n’icegera c’umuvugizi w’igipolisi Pierre Nkurikiye,igikorwa co gusaka cakozwe muri quartier ya Mutakura kw’ibarabara rya 4 inomero 50 ku rugo rw’uwitwa Ayoub ariko asanzwe aba ahandi.

Icegera c’umuvugizi w’igipolisi yavuze kandi ko bafashe ibikoresho vyo kwa muganga,harimwo imiti.Yavuze kandi ko bafashe n’abantu bane ku mvo z’amatohoza.

Mwomenya komu gihe igipolisi cariko gisaka ku Mutakura,no muri quartier ya Jabe igipolisi cazindutse kihugarije atawusohoka canke ngo yinjire.


IGIHE

Messages

  • Ahaaa! Murabireb neza, non vyagenz gt kugir ng baj gusopa uwomuhana kandi nyeneho atarih asanzw aba?

  • NIBAKOMEZE GUSAKAHOSE BAKURIBIRWANISHO MUBANYAGIHUGU,KOBAVUGANGO IMBONERAKURE NIZOZIFISIBIRWANISHO,ABOBAZIFATANWE NIMBONERAKURE? TWARABAHINYUYE,

  • MUKORE UKO NYENE. INGABO Z’IGIHUGU ZIRARIKANUYE KU GIKORWA KIRIKO KIRAKORWA MU MUTEKANO NTANGERE. ABANYAGIHUGU TURABAKEJE KU NYIFATO MURIKO MUBIKORAMWO MU MUTEKANO NTANGERE. NAMWE BENE GIHUGU SUBIZA IVYO BIGWANISHO NTACO BIZOBAMARIRA ATARI UKUBAHEKURA.

  • Ni mukomereze aho muhige izo nkozi zi ibibi zose, izo mufata kandi muzikanite uruzikwiye!!

  • Irementanya gushka ryari?mwasats JABE,NYAKABIGA, MUSAGA mwafashe KANYANGA,non kanyanga niyo irasa?vyumvikan kar mwebw nyen murasa hama mukabeshera aben gihugu.

  • inkoho zibiri gusa,abobatutsi bazimbuye guhera 72,ntimusamare,hari zose,za roquettes zagwa kuri general wacu nazo,niyo ziri,abamwishe si yo bazananye?Bandanya mubafyineko,ziruzuye muri utwo tuzu twabo,rondera,rondera baramaze aba cnddfdd muri ayo ma quartiers babita imbonerakure,zibiri gusa ,zana vya catelpillard birandure vyimbe murabe ko mutazitora

  • Comeza mubake ivyobirwanisho kandidukomeje gushimira abigize kobakorana nizonjavyi muntumbero yokugira bazebaratungira agatoke abajejwe umutekano ahobababafise cankebabitse ibirwanisho, uyumurwi urikurakoraneza ngaha mugihugu kuko ahobamaze gutungiragatoke abajejwe umutekano usanga batabeshe cokimwe nabakorerahanze yigihugu iyobabwiye inzegozumutekanoko bagombagutera baturuturutse ahanturunaka usangabatabeshe. Ivyovyarabaye batera Cibitoke, batera Kayanza, nahandibafata imirwiyabantu atacirakora. Abarimubihuguvyakurenabo barimwuwomurwi bakigira abakorana nizonjavyi turabashimira komuguma muturungikira imigabonimigambi ikorwanabariyo cane cane abari mubihugu vya Bulaya,Amerika,Australia nahandi, rekambonereho nogushimira uyumuntu ari ahitwa New York muri Amerika aheritse kuduha agakuru kabamwe mubarundi ngobariko barahavugira ayamuhe ngobigira ibitangaza bakibagirako vyahindutse.

  • Reka kuza mubesha ngo mwafashe inkoho? None ko mutazerekana kumasanamu, mugashima gushira izo sura zanyu imbere noneho turabimenyereye ko mugenda ahantu mukabitaho hama mukavyagiriza abanyagihugu twarabahinyuye.

  • none ivyo bigwanisho mu kwinjira biza par osmose?canke imbibe ntizicunzw?cank bikorerwa mu burundi?biratangaj nukuri.

  • Erega nizo mwahaye imbonerakure bashobora kuzigurisha kubandi banyagihugu,rekana iyo mitwe,twebwe turindiriye inteko mvamakungu nayo mwebwe ninzoya zirazi ivyanyu.

  • FATA NYISHI NIZO ZITEJE UMUTEKANO MUZIMARE

  • Ibi ni ibikorwa byiza gusaka abanyagihugu. Barundi mbashimira ko mwamenye amayeri y’umwanzi. Gusaka bizahoreho kugeza izo nkozu zikibi zose zifashwe cyangwa zomoke zijye murwanda kurya impungure. Urwishyigikiye ararusoma. Ndizera ko abo bose bahenzwe kujya mwibarabara cg gutera grenades aba polices ubu bagiye gutangira kwicuza. Gusa mugabo police niba ifashe izo nkozi zikibi umuti uroroshye cyane. Iyo umuntu ashaka kukwica ukamutanga umushyira mucyobo aba yateganyije kugushyiramo

  • emma
    jewe ndashima kuba muriko murarondera ibigwanisho biri mubanyagihugu, mugabo banze mukorere kurabo murongoye mugi POLICE no mugisoda, kuko mubasoda naba POLICE harimwo abaha inkoho nama grenade abagwanya ikiringo cumukuru wigihugu wacu NKURUNZIZA P.

  • BIRABABAJE KUVUGA NGO MWAFASHE IBISA NAMABUTURA YIGISODA MWIRIW AHANTU NON MWARIMWATWAW NAYO MABUTURA?

  • muragenda mukabishirgyo kugira muronke abo mudfndereza

  • irementanya.com.mbe kobasaka ayo ma quartien yagize imyiyerekano gusa?za mbonesi zanyu mwanbika tenis ko muta zivuga?twarabahinyuye.burakeye tubirabe.

  • Gkgdjmawgm gdk1mt,122376

  • kuri abobantu bakwiye guhanwa bikwiye

  • reka bige kurasa nabobonyene kuko igihugu c`uburundi gisigaye ari akananira bahinga kuko ntanumwe yumwe yumva

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.