Accueil > Amakuru > umutekano > Iradiyo RPA Ijwi ry’abanyagihugu yaturiwe
Iradiyo RPA Ijwi ry’abanyagihugu yaturiwe
jeudi 14 Rusama 2015, par
Iradiyo RPA Ijwi ry’abanyagihugu yaturiwe
IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Messages
14 Rusama 2015, 09:45, par NGENDAKUMANA Benoit
je ibiriko biba mu burundi nimba ari ubwenge buke bwanje sindabitegera.
14 Rusama 2015, 09:47, par UHURU
IHORIHORI RIHONYA UMURYANGO.NZOBA NDARABA IHEREZO RYIBI
14 Rusama 2015, 09:53, par NZOJIYOBIRI David
MANA DATA UVYAGIYE MW’IJURU KUZE UTABARE UBURUNDI BWACU.GIRA ICUKORA KUBIRIKO BIRABA MUBURU.
14 Rusama 2015, 10:21, par mareshal
ndasavye abarundi n’amakungu mwiyamirize izonkorabara ziturira amaradiyo,zikabohera amaboko imugongo abanyagihugu,zikabicisha inzara.ndahojeje rpa n ayandi maradiyo yaraye atewe.ubu abanyagihugu bariko batotezwa,bicwa,bangazwa atakivugwa,ubwoba ni bwinshi cane mubanyagihugu bahora batabaza amaradiyo yigenga.Nibatabare vuba.
14 Rusama 2015, 10:22, par mareshal
ndasavye abarundi n’amakungu mwiyamirize izonkorabara ziturira amaradiyo,zikabohera amaboko imugongo abanyagihugu,zikabicisha inzara.ndahojeje rpa n ayandi maradiyo yaraye atewe.ubu abanyagihugu bariko batotezwa,bicwa,bangazwa atakivugwa,ubwoba ni bwinshi cane mubanyagihugu bahora batabaza amaradiyo yigenga.Nibatabare vuba.
14 Rusama 2015, 10:34, par asman
R.P.A NAYO YABAYE KA REMA SINARINZI NAYO KO VYOYISHIKIRA,MWARAHENZWE BASHA
14 Rusama 2015, 10:36, par asman
R.P.A NAYO YABAYE KA REMA SINARINZI NAYO KO VYOYISHIKIRA,MWARAHENZWE BASHA
14 Rusama 2015, 10:45, par Nzeyimana
NNibareke guturira ayo ma radio abantu mumanga iyo myifato ntitugwa neza nuwoba afite akizere ko kugaruka mu burundi ntawo subira kugira iciyunviro baturira iradio. boreka gutura abahungutse turakunda iguhu cacu ni bihanure abo babigira
14 Rusama 2015, 10:50, par NDASHIMA INGINGO YA GEN MAJ NIYOMBARE GOD FOIX NAKOMERE TURAMUSHIGIKIYE (...)
FABIEN
14 Rusama 2015, 10:51, par NDASHIMA INGINGO YA GEN MAJ NIYOMBARE GOD FOIX NAKOMERE TURAMUSHIGIKIYE (...)
FABIEN
14 Rusama 2015, 11:04, par UMUNTU.ATURIYE RADIO E.P.A NIUMWASIWIGIHUGU NAFATWE APFUNGWE
FABIEN
14 Rusama 2015, 11:26, par kayisire
noe ko ama radio yos aturiw tuzovugra kuk?aah birakaz
14 Rusama 2015, 11:51, par ndiho
nibo badusotoye muguturira rema FM none iradiyo isa niyindi ikindi twagumye twihoreye none nibo badusotoye
14 Rusama 2015, 11:55, par Ferdinand
Nibara pe kur kino gihugu cacu c’uburundi.dukwegegw mukaga numuntu umwe kweli?abasenzi mudufashe gusengera kino gihugu cacu.
14 Rusama 2015, 13:04, par Mouflon
Abarundi turakwiye guhagarika aka gatima k,ihorihori!tuva he tukajahe?None duturire itunga ry,igihugu ryose dusigare twifumberej?Mana fasha uburundi utujabutse iyi mitego ya Shetani!Mukama Yezu Kiza Uburundi
14 Rusama 2015, 13:11, par NKUNDAMAHORO
Mana fasha U BURUNDI bwacu bugeze habi
14 Rusama 2015, 13:33, par prosper nsengiyumva
mbega guturira amaradiyo niwo muti?nkurunziza vahasi wubahirize ibwirizwa nshingiro ahandi ho turagowe?
14 Rusama 2015, 13:36, par ERIC NIYONSENGA LILY.
BIRABABAJ KUBONA AKAJAGARI KADUKA MU GIHUGU AHO KWIHUTIRA GUTORA UMUTI INGORAN BAKIHUTIRA GUTURIRA AMA RADIO! ARK NTIBIBACE INTEGE KUK MU BUZIMA HARI UKUDUGA N’UKUMANUKA, IVYO HARI UMUSI BIZOHERA.
14 Rusama 2015, 13:58, par NIKONGANA IVA
Nizindi rengereko none kwa taco babakoje kandi unguvu zikaba zarenze urugero bakaba baronse aho bazishira,ikibaje n’uko bozohava baturengerako muri nyakatsi tutamenya bapize etage nyakatsi borindira ntiduhombe umwaka w’ishure n’aho mfise amanota make,ingo nyabuna mwiyoge mashu kumugara "filschris"
14 Rusama 2015, 14:10, par vianney
ryar?
14 Rusama 2015, 14:51, par Nduwi
none ko bayituriy rpa bibaza ngo niyo solution?ahubwo habeho ibiganiro
14 Rusama 2015, 14:52, par DANN
Abo ni abanka ko abantu tumenya ibiriko bira. Bavyifuje kera,mugabo ntaco RPA izugurura.
14 Rusama 2015, 15:50, par erick
abiyunviriy guturira erpy basa nkuru arya dahaga arateyisoni niyubahe ibwirizwa shingiro
14 Rusama 2015, 16:24, par frederic
mbe aho baturira amazu niyo abarwanya?
14 Rusama 2015, 16:26, par NIYUNGEKO Vital
Reka twihangane Imana Iratubona buroca kaza roho
14 Rusama 2015, 16:36, par t
iryinyo kurindi
14 Rusama 2015, 16:46, par Melance
Abaturiy iradio RPA n abansi bigihugu n abanyagihugu imana ibababarire
14 Rusama 2015, 17:46, par Harerimana Sebastien
None Abaturiye Rpa Nabagwanya Reta?Canke Nabaganira Reta?
14 Rusama 2015, 18:36, par KING
Barundi Twibagira Nk’inkoko
14 Rusama 2015, 18:37, par Mahoro
Ndasavye ijambo !!!
14 Rusama 2015, 18:59, par Muza
Mana Yee, Garukira Uburundi, Kubera Burahanzw .Nkuwaturiy Radio Ya Nyagihugu Yob Afis Umutima Cank Numusaz?
14 Rusama 2015, 19:15, par SHB
NIBUMVIKANE ABARUMDI TURAHONA ABATURIYE IZO RADIO ZATURIWE NABASI BUBURUNDI
14 Rusama 2015, 19:16, par SHB
NIBUMVIKANE ABARUMDI TURAHONA ABATURIYE IZO RADIO ZATURIWE NABASI BUBURUNDI
14 Rusama 2015, 19:17, par SHB
NIBUMVIKANE ABARUMDI TURAHONA ABATURIYE IZO RADIO ZATURIWE NABASI BUBURUNDI
14 Rusama 2015, 19:29, par shb
kandi abaaturiye izo radio baribakwiye kubakorerako none ko bashaka iradio zingenga urazukuntu abanyagihugu bagandariye iyoradiyo yatanga amakuru aryoshe none kotwumva ngo na rtnb ingoba guturigwa nivyo nibareke
14 Rusama 2015, 19:58, par DUKORADUSENGA
MWAHORA MURYOHEGWA BAHAYE BATURIRA AMABARARA NAMAPINE!!!EHHHHHHHH GAHANGAWIHWE NIKI?
14 Rusama 2015, 20:17, par Désiré
jewe ndibaza noneko biruko bizohererahahe,inyishu yuburundi iri kugururira, radiyo yose yigenga ?mana garukir ubundi pe ,vyarenze
14 Rusama 2015, 20:20, par BIC ROUGE
Irakabona ihiye ntaciza yavugira abarundi atari abanyamusaga.
14 Rusama 2015, 20:21, par BIC ROUGE
Irakabona ihiye ntaciza yavugira abarundi atari abanyamusaga.
14 Rusama 2015, 20:30, par claude
ivyobakora sivyo
14 Rusama 2015, 20:44, par Alexis
Uguheneye ntumuhenere akwita ikiburanyo
14 Rusama 2015, 20:49, par KAGOMA
Ahubwo bigiye vyarengihaniro aroko bavyubahutse abanyagihugu biratubabaje
14 Rusama 2015, 21:38, par Antoine Niyibitanga
abayoboke bâ RPA ni mugandare ntakundi
14 Rusama 2015, 21:55, par nina
tabar uburundi mana!!
14 Rusama 2015, 22:46, par gakwavu
imana ishimwe kuko yariyo kugumura uyumusi ndiharimwe
14 Rusama 2015, 22:47, par gakwavu
imana ishimwe kuko yariyo kugumura uyumusi ndiharimwe
15 Rusama 2015, 03:55, par Sunrise
Irasha natwe tutarava ino ruguru ngo tuze?ereg abagwanya mutama ntagahengw tuzobaha.Niyombare we yarahenzwe niyemer akubitw!!1gusa nemera,ndaz k 98%z’abanyaghgu ba rugur twemer NKURUNZIZA.so wait and you will see.
15 Rusama 2015, 08:01, par mahoro
Les médias sont à terre à cause des forces détruisatrices de la Nation et loyalistes à Pitapita! En plus cette guerre contre ces tyrans, nous voilà sur les différents fronts des guerres médiatiques et pyschologiques! Nous implorons sérieusement à Bujumbura internationale et igihe.bi de nous fournir une information sûre et objective. J’ ai l’ impression que Rfi et sa jumelle anglaise Bbc sont déjà basulées de l’ autre rive de Muha, donc du côté de Pitapita, compte tenu des infos postées sur leurs sites web. Courage et mille mercis!
15 Rusama 2015, 08:43, par Emmanuel Ndayishimiye
Oh Lord
15 Rusama 2015, 08:50, par mahoro
Mwatanguye muturira ama pneus mw’i barabara,munyuma muturira abantu mu nyakabiga ngo ni imbonerakure, munyuma muturira inzu y’umu police ku musaga, muturira amamodoka ,munyuma muturira RADIO REMA FM, None muhejeje mwituririyeko na RPA,BONESHA,RENNAISSANCE. Mwaravumwe subira iwanyu muri Ethiopie na Somali
il est temps de payer les pots cassés, toutes les chosea publiques brulées
15 Rusama 2015, 09:26, par Mathilde
Turakeney Mvuba Bwago? Ukr Kuvyabay Kur Rpa Bavuga Ngo "nuwendey Nyina Mukuzimu Vyaramenyekany "nimugire Ubuntu.
15 Rusama 2015, 11:24, par Nibitanga
Mana Garukiruburundi
15 Rusama 2015, 11:41, par Oscar,Gitega
Shikirize ivy’iyumviro vyanyu mu rupfasoni.Democratie ni ukwubahana mu budasa bw’ivyiyumviro.Ikindi twese turi abarundi.Gushigikira inabi nta n’umwe bifasha.Reka rero tube abanyamahoro turondere kwubaka tuvavanure n’ingendo yo kwisamburirako nk’impene!
15 Rusama 2015, 11:55, par christa
Barabona bayituriye kweli, baribatanguye kwanikiramenyo bigamba ngo batsinze. barakayiturira kuko ntaco yarimariye abanyagihihugu.
15 Rusama 2015, 11:57, par dodo
RPA Wacu tugusavye kuduha numéro de compte kugirango dushireko ayo gusanura iradiyo yacu. Abakunzi bawe turahangamye kandi twiteze gusubira kumva ibiganiro n’ubutwari bwawe vuba cane. Imana ihangaze uburundi n’abarundi
15 Rusama 2015, 12:38, par erie
imana itabare abenegihu bugarijwe nizontambara zidashira
15 Rusama 2015, 12:41, par Dodava
oh my god
15 Rusama 2015, 20:19, par peter
uwo biburiye agwana ni ikitavuga..uwananiyegutunganya urugogwiwe akubita imbwa.
15 Rusama 2015, 20:38, par ramus
claude na bic rouge muzobibonaniyo mwahohoterwa mukabura uwubavugira harya ntauyamavyera shaa!.
15 Rusama 2015, 21:12, par ramus
uwutazi umuti awunyako, mwihangane kandimuharire uguhora nu kw’imana
15 Rusama 2015, 21:20, par Melchiade
Mukuri Ahenumvitiyeko Rema Fm yahiynarababayecane Arikontakundi
16 Rusama 2015, 11:13, par Ndibanje jean
Muyobozi wa RPA, nyarutsa kutubwira compte duterere kugira mu mwanya utarenze indwi zibiri iradiyo yacu ibe yasubiye gukora.
16 Rusama 2015, 16:56, par mutabazi
Iyi radio ntamwanya izongera kugira i Burundi. Nayo yajyanye nabeneyo (les putsciste)
16 Rusama 2015, 17:08, par Elie
nukur nkico noterera iradiyo yacu ya Rpa nabanwanyi bayo nuko twovyihanganira gata tukabandny dusenger abobabisha.
16 Rusama 2015, 17:10, par Elie
nukur nkico noterera iradiyo yacu ya Rpa nabanwanyi bayo nuko twovyihanganira gata tukabandny dusenger abobabisha.
16 Rusama 2015, 17:24, par Elie
nkunk umugenzi yabivuz naj nagomb umukur wiradiyo yacu anyarutse atwugurur compte tugire icoduterer kuk harimw bamw baganday kuber twarabuz kand mwoba mudufashij
16 Rusama 2015, 17:54, par Joseph Irakoze
Ntakundi Ntimwihangane Kwiryoturirwa Ryiradio Yanyu Kuko Ntamvura Idahita Vyose Bizohera
16 Rusama 2015, 18:54, par gakobwa
sha uwuvuga ayo yigombeye navuge mugabo yamara burya imbwa isara ntawe itorya rero kuyigwana bituraba twese rero nabataye ubuntu bagaturira iradio yabanyagihugu nabo kugwanya
16 Rusama 2015, 20:51, par ezechiel ndayizeye goti yaberanda
bashaka bokoresha ubwenge bahawe bakareka kuza barahendwa ababoba agakukunako karimisha mugwiri
16 Rusama 2015, 20:52, par ezechiel ndayizeye goti yaberanda
bashaka bokoresha ubwenge bahawe bakareka kuza barahendwa babona agakukunako karimisha mugwiri
17 Rusama 2015, 05:22, par NKUNDA UBURUNDI
ICO UBIBA NICO UZOKWIMBURA .
17 Rusama 2015, 06:40, par nduwayo
Komeza gusenga
17 Rusama 2015, 13:15, par nkuru emmanuel
ahubwo nabasazi bashaste gushikakuki
18 Rusama 2015, 05:20, par vuganeza
Burya iyo yari iradiyo?Ukuntu yaturira igihugu,emwe Imana ni nkuru ntakayinanira,amaraso y’abahutu mwanyoye nguma nsubiramwo,abatutsi muriko murayishura,imana iriko irabishuza,buhorobohoro ariko muzokwishura abavyeyi bibungenze mwabaze ,ibibondo mwataye mu mbabura,abakobwa mwatungiriye imgano,abo mwamanitse nabo mwashahuye,abapfakazi mwanyaze ivyabo abana bagasigara bifumbereje,ibitutsi n’umuturubiko vyabaranze à notre egard,ivyo vyose ntibishobora kwijana,imana izobibishuza gushika;Ico kizu gisa naho rwoterizuba babuze kugita hasi cose,emwe amajambo yagisohokamwo ntibitangaje ko yaturira akongera akagumura igihugu!Ico kizu sinibazako yari iradiyo gusa,nibaza ko bakoreramwo ivya shetani kuko ntivyumvikana ingene ata numunsi numwe yavuga ikintu ciza,hanyuma ngo nta moko akiri mu bururndi,ibitutsi ,ukubeshegwa vyakorewe abahutu bikozwe niyo radio ntibigira uko bivugwa,ama montages bahakoreye yo kudusambura no kutwica no kutwicisha ivyo vyose imana yabihaze!Imana ihora ihoze!
18 Rusama 2015, 06:18, par Jean Niyokwizera
Ntawukundwa na bose Rpa twebwe abanyagihugu turinyuma yanyu.IMANA izotinda ibibuka.
18 Rusama 2015, 14:41, par Bacam
Jewe Nkumunyaguhugu Mutoy Turasabako Iradio Rpa Yofungugwa
20 Rusama 2015, 12:50, par Nijimbere Vital
Imana Ni Mucamanza Adaca Urwangondagonde!Uwabikoze Wese Amenye Ko Imana Yamubonye.Ikindi Naco Umutima Wiwe Uguma Umwagiriza Kuvyo Yakoze!
20 Rusama 2015, 17:48, par Richard Ndayishimiye
None Ko Rpa Yaturiwe None Yaturiwe Na Bande?Yoba Yazize Iki Gusubira Gukora Ni Vuba?Nimuduhumurize!!Kuko Niyo Duhanze Amaso Murakoze
18 Ruheshi 2015, 20:06, par esta
leka.baturire.ibibi.vyaba.dd.bakora.ntibimenyekane.intahe.izobokera
21 Munyonyo 2015, 17:32, par BANGARYABAGABO
None RPA ubu irakora ko numva izindi ngozirakorera mukinyegero.
21 Munyonyo 2015, 17:33, par BANGARYABAGABO
None RPA ubu irakora ko numva izindi ngozirakorera mukinyegero.
18 Ruhuhuma 2016, 22:20, par RENOVA
NKURUNZIZA YARAHEMUKIYE ABARUNDI NAWE AZOYABONA IMANA IRABIBONA
30 Mukakaro 2016, 15:04, par JENERO
WAP
4 Ruhuhuma 2018, 08:08, par amiri musa
burya abarundi si ibijuju ivyabaye turizera ko bitazosubira abarundi bararushe nintambara, ibinyoma no guhahamura abarundi, abadashaka gusangira igihugu nkabonse rimwe bagashaka gukoresha ubwoko ubu canke buriya kumugambi wokubahendereza ibi kugirango bashike kuntumbero yabo yububisha mukuzokumira muguterura igihugu cose mumaboko yabo kugira kibe cubwoko ubu abandi bubundi bwoko bababere abaja nibateshwe bate twarabahinyuye ahovyakabereye nikera ntibitiranye ibihe ubu turi 2018 sinzi rero bo bakiribabandi ba 1965 ,1972 igisigaye naco ivyizonkino zo guhendana nibindi ntabatabizi utanguje intambara naho ugomba kumenya ibintu 2 gutsindwa canke gutsinda utsinzwe kuntambara bitandukanye nogutsindwa muri LOTERRIE aho haca hakora kuwufise ubwenge bukwije