Isale : Umuntu atamenyekanye yatowe ikiziga

Yanditswe na IGIHE
Kuya 24 mai 2016 saa 12:29
Yasomwe : 31734
0 0

Ikiziga c’umuntu atamenyekanye catowe mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri muri komine Isale, intara ya Bujumbura.
Abanyagihugu bo mu karere katowemwo ico kiziga bavuga ko uwo muntu batamumenye.
Umutekano warahungabanye kandi i Nyagasasa mu ntara ya Bururi, aharashwe imodoka yo mu bwoko bwa FUSO yaguye mu mutego w’abantu bitwaje ibirwanisho, mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere.
Amafaranga ataramenyekana igitigiri niyo yasahuwe n’abo bantu bitwaje ibirwanisho, iyo modoka nayo ikaba yarononekaye, cane (...)

Ikiziga c’umuntu atamenyekanye catowe mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri muri komine Isale, intara ya Bujumbura.
Abanyagihugu bo mu karere katowemwo ico kiziga bavuga ko uwo muntu batamumenye.

Umutekano warahungabanye kandi i Nyagasasa mu ntara ya Bururi, aharashwe imodoka yo mu bwoko bwa FUSO yaguye mu mutego w’abantu bitwaje ibirwanisho, mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere.

Amafaranga ataramenyekana igitigiri niyo yasahuwe n’abo bantu bitwaje ibirwanisho, iyo modoka nayo ikaba yarononekaye, cane cane amapine yarashwe.


Kumenyekanisha

1
nihinbazwe richard 27-05-2016 à 11:12

imana irakwiye kugarukira uburundi kuko tuzogeza ryari ahubwo abajejwe umutekano baribakwiye guhagararira umutakano

2
Ntahombaye Richard 25-05-2016 à 20:48

None abobantubarafashwe ?

3
Alice Irumva 25-05-2016 à 16:15

ubwo aho impande saho bahamvye ikivunga ? Ni fausse commune ?

4
Jean Freury 25-05-2016 à 02:37

Tabaramana Ubwokobwawe Bushiriye Mwabunoburundi None Tuvahetukajahe ?Duhungirehe Tutazokumva Ubwicanyi ?Atariwawe

5
None ? 24-05-2016 à 21:13

Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga !

Bakunzibanje mwabonye uwomntu yihenze agakoresha izina ryanje kandimbona aruwo ari umujeri ? Wa Mujeri we ntasoni ?

6
JN KDG 24-05-2016 à 19:09

Abobantu baguma bitswa bazira iki ? nosaba abica abandi ati. kuvahomwakabiciye ntimurabahimba .gezaho kuko ingero mugererako abandi namwe niyo bazobagererako. ndavuga simvura abumva nibumve bimbwirwa beshi bikumva benevyo

7
None ? 24-05-2016 à 17:30

Nkuko nabibabariye ni uko ubu nabaye umuntu w’Imana. Burya rero, uwo muntu hamwe niyo Fuso ivyabo ni Imbonerakure zobimenya.

8
None ? 24-05-2016 à 16:13

Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga !

Yamahera Louis Michel yazarabaha ayacishije kwa Kagame mwabonye kwatanguye gusa nayahagarikwa bamujeri batanguye guhohotera abiviriye gusumira umiryango mukubaka kunguvu utwobafise !
Mwaramaze guhumirwa nka Kiranga, amaraso arahumira ngaho mutanguye gukora nkabasazi.

9
MUYAHUDI 24-05-2016 à 14:04

NIHATARI IVYUBURUNDI

10
niyonzima 24-05-2016 à 12:36

abobicanyi nukubahasha namwebanyagihugu bisare nimwerekane abo bicanyi mukabanyegeza bazobahindukirra

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha