Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB umutekano
Ivyigwa kuri Lycée du Saint Esprit vyahagaze ku mvo z’umutekano
Yanditswe taliki ya 25-04-2016 - isaha 11:26' na IGIHE

Ubuyobozi bw’ishure ryitiriwe Mutima Mweranda bwamenyesheje ko ivyigwa bihagaritswe kuri uwu wa mbere, ku mvo z’umutekano w’abanyeshure hamwe n’abarezi bo kuri iryo shure riri mu Gihosha, hafi y’ahabereye igitero cahitanye ubuzima bwa Général Athanase KARARUZA.

Ico kibanza kirimwo iryo shure gikikujwe n’abasirikare benshi kuva mu gatondo ko kuri uwu wa mbere, inyuma y’urupfu rw’iyo ntwazangangabo y’igisirikare c’Uburundi, yagandaguwe hamwe n’umupfasoni wiwe hamwe n’umwana wiwe w’umukobwa.

Imodoka y’igisirikare c’Uburundi niyo yaje gukura muri ico kibanza imodoka yarimwo Général Athanase KARARUZA, ikaba yononekaye cane kubera amasasu yarashwe, hamwe n’igisasu ca Roquette yatewe.

Ivyiyumviro vyanyu

Birababaza Uwaturemye Kuko Baguma Bazimanganya Ubuzima Bwibiremwa Vy’imana Yaremye.

27.04.2016 à 17:48
Maniriho Jacques

AYA MARASO YIRIRWA ASESEKA ARABABAZA IMANA !!!!

27.04.2016 à 10:39
an

bteye amakenga gose !UMUTEGETSI AFISE ABAMUGENDANIRA ,BAKINGIR UBUZIMA BWIWE NTAZI UKO BANGANA ,AKICWA MURI UBWO BURYO ?MANA TABARA UBURUNDI N’ABABUBAMWO.

26.04.2016 à 07:35
K@MRO

NUKURINIBARABE.BAGEZAHONAYAHANDIHONTAKIGENDA

25.04.2016 à 17:57
ERENEST

Nukwihangana nababuze bose ivyis namayobera.

25.04.2016 à 16:49
Nene Nesta

hahahaa !abicwa nabica bos bariz.ndababazwa nigiporisi cank igirikare gisokoroka kizanw nuguhagarara ahubuts’ikiziga ;aho gusokoroka’hacubuka umwicanyi.

25.04.2016 à 16:16
Richard¤Gitoko

EMW MBONA IVYIKIGIHE BIGOY KWICANA BIZOTUGEZA HEH ? BAKIRISU DUKOMEZ IBISABISHO

25.04.2016 à 15:25
MUYAHUDI

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.