IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Iyindi nama ku Burundi muri Afrika y’Epfo

Iyindi nama ku Burundi muri Afrika y’Epfo

samedi 6 Ruheshi 2015

Hari inama mu ndwi iza mu gihugu c’Afrika y’Epfo, iyo nama Uburundi bukazovugwa rwose.

Muri iyo nama y’ishirahamwe ry’Ubumwe bw’Afrika, ibijanye n’ikibazo ca poritike mu Burundi, ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, abari mu myiyerekano amatora meza mu Burundi n’ibindi bikaba biri mu bishobora kuhavugirwa, nk’uko amwe mu makuru adushikira avyemeza.

Mwomenya ko inama zitari nke zimaze kuba ku bibazo vy’Uburundi, ariko abatari bake, bakabona ahubwo ibintu biguma biyangara, aho gutorerwa umuti, ndetse na bamwe mu banyagihugu b’abarundi, bakaba batabona kazoza k’igihugu cabo, muri iki gihe.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.