Accueil > Amakuru > umutekano > Jabe : Ibarabara rikuru rirugaye
Jabe : Ibarabara rikuru rirugaye
mardi 10 Munyonyo 2015, par
Ku munsi ugira gatatu w’ukwaka ku nguvu ibirwanisho biri mu banyagihugu batabifitiye uburenganzira, igiporisi cazindutse kirasaka muri karitiye ya Jabe.
Abanyagihugu bo muri karitiye ya Jabe bamenyesha ko bazindutse babona abaporisi benshi baje kubandanya ibikorwa vy’ugusaka muri karitiye ya gatatu ya Jabe, hamwe na karitiye ya gatatu ya Nyakabiga.

Muri karitiye ya Jabe, ibarabara rikuru ryitiwe urwaruka (avenue de la Jeunesse) rigabura karitiye ya Jabe na Bwiza rirugaye, abanyagihugu b’aho bakaba batarekuriwe uruja n’uruza.
IGIHE
Messages
10 Munyonyo 2015, 11:05, par General Gaciyubwenge
UMVE RERO KO INZEGO Z’UMUTEKANO ZANANIWE NIBAREKE ABANYAGIHUGU TWICUNGERE KURUGERO RUHAGIJE DUFISE UKUNTU TWEBWENYENE TWOKWICUNGERA KURUTA IVYO BIGOPO NGO BAJEJWE UMUTEKANO, TUZOMENYA IYO TUZIKURA IZOKWIRARIZA, KANDI TUBAHAYE IMISI MIKE BAZOBE BAVUYE MUMAKARITIYE Y’ABANYAGIHUGU URABONA IYO MIKOMA!!!!!!
10 Munyonyo 2015, 11:42, par ERICK MSAFILI
Nkurunziza nibamurekere nawe ubwiwe ntiyitahura kuko Imana ishaka yuko ashitsa ivyanditse abazi gusoma bible bamwe bamwe mwomfasha gutahura. agiye gushitsa ivyanditse egome gusaka nibyiza ariko nuko PNB ikora umutima mubi ninzigo
10 Munyonyo 2015, 11:43, par ERICK MSAFILI
Nkurunziza nibamurekere nawe ubwiwe ntiyitahura kuko Imana ishaka yuko ashitsa ivyanditse abazi gusoma bible bamwe bamwe mwomfasha gutahura. agiye gushitsa ivyanditse egome gusaka nibyiza ariko nuko PNB ikora umutima mubi ninzigo
10 Munyonyo 2015, 11:44, par ERICK MSAFILI
Nkurunziza nibamurekere nawe ubwiwe ntiyitahura kuko Imana ishaka yuko ashitsa ivyanditse abazi gusoma bible bamwe bamwe mwomfasha gutahura. agiye gushitsa ivyanditse egome gusaka nibyiza ariko nuko PNB ikora umutima mubi ninzigo
10 Munyonyo 2015, 11:46, par ERICK MSAFILI
Nkurunziza nibamurekere nawe ubwiwe ntiyitahura kuko Imana ishaka yuko ashitsa ivyanditse abazi gusoma bible bamwe bamwe mwomfasha gutahura. agiye gushitsa ivyanditse egome gusaka nibyiza ariko nuko PNB ikora umutima mubi ninzigo
10 Munyonyo 2015, 13:01, par ntunzwenimana jean nepomuscene
Iyaba basopa babuze bagataha ikibabaje nuko ico gi police kironka Cank kitaronka kigenda cishe abanyagihugu !!
10 Munyonyo 2015, 13:40, par vincent
ariko naho atarekura turamurindiriy
10 Munyonyo 2015, 15:09, par Benjamin
Ico niyumvira nuk bokugurur iyo barabara
14 Munyonyo 2015, 10:29, par GASANA Anastase
ivyo ni vyiza cane kubera igipolisi kiriko kirakora ivyo kijejwe.gsa barabe baje mu ma quartier yose ntibatoranye.gutyo ntaho bazoba bahengamye.