IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kanyosha : Abasirikare baguma bamama kugira ntiharaswe abari mu (...)

Kanyosha : Abasirikare baguma bamama kugira ntiharaswe abari mu myiyerekano

mardi 12 Rusama 2015

Mu gihe imyiyerekano iriko iba mu mice ibiri, abagore inkumi ukwabo, abagabo n’abasore ukwabo, umurwi w’abagabo watewe ivyuka vyokera mbere baranaraswa, mu gihe bashaka kuja mu Kanyosha.

Muri komine ya Kanyosha, abashaka kwinjira mw’ibarabara rija mu Rumonge ntiboroherejwe, kuko abaporisi bababwiyeko bataza kubihanganira hamwe bohirahira bakegera ibarabara.

Abari baje muri iyo myiyerekano, bamaze guterwa ivyuka vyokera, nabo bakoze hasi, batera amabuye abo baporisi, intambara zirasutama. Abo banyagihugu basavye abaporisi ko bobacungerera umutekano, baheze babaherekeze, bashike aho bashaka kuja, ko kandi atamutekano baza ghungabanya. Abasirikare bagerageje guhuza izo mpande zibiri, abaporisi bararahira ko abanyagihugu barengana, abanyagihugu nabo bati turarengana, ibintu bica birakomera.

Abaporisi barashe amasasu yica, abanyagihugu barashwiragira, ariko haheze akanya abiyamiriza ikiringo ca gatatu baca baragaruka, nabo batera amabuye. Abasirikare bakavuga ko barengewe, kuko ku bwabo, ivyo kuri uyu wa 12 Rusama, babona ko bitaza kworoha, kuko abaporisi vyagaragara ko baza guhava barasa. Abasirikare ariko bakaba bagumye bamama kugira ntihakoreshwe inguvu mu kwirukana abari muri iyo myiyerekano, na cane cane mu kubarasa.

Kugeza ubu, akaba atanumwe yari bwa komereke ku mpande zibiri.


IGIHE

Messages

  • Nibabara1 ariko nabo rurabarindiy imana ibaha1 ijisho

  • Any time soon ngagara. Musaga. Kinanira. Cibitoke jenda tungomba tugire ibitero vyabihevye we wanna punish those mihimbiri za batutsi cane cane hamwe nabo bahutu bahezwe guhera umwanya uwariwo wose nugusatura bombe ahrihose iyo mihimbiri ikoraniye ngo iri mumyiyerakano vyagaragaye ko bagomba igwano be carefuly we are on the way

  • nibacungere umutekano atanguvu, abo bapolisi kuko ivyo dusaba twebwe abenegihugu vyumvikana. kandi turiyamirije ihonyangwa ry’amategeko!!uwo mugabo nabise abandi babege na none inkono iryaha isangiwe.

  • Nibabarek Nuburengenzira Bwabo. Ntaco Bahonyanga Democratie Ya Ndandaye.

  • Imanishimwe hamwe hamwe igisoda cuburundi kirazi ico gikora sicokimwe nigiporisi

  • Mukama wanje,babaherekeze gushika iyo mushaka,muriko mubasotora,mubatera amabuye,mubatera grenades hanyuma ngo babashikane iyo mushaka,mushaka kuja gucafuza igisagara n’ayo mapine?

  • Komera gatsiyubwenge ubandanye usigikiye igihugu cawe nabanyagihugu ejo niwewe uzoturongora!!ntiwisinge izombwa zabapolice bahendwa na nkurunziza atacozabamarira!!uravye na ba cndd bari mumyiyerekano bamaze kwambikimbwa ivyapa bisigura ko na nkurunziza batamwemera nihamwe higitsure na we bamugereranize nimbwa !!!!b

  • Ubuharihabantu babonye twareretse kujagubangana nabobariko baraducafuriza igihugu kubera Ko tuziko igihugu gifise abajejwe umutekano bacabibaza kotutariho! Mbenone nitwakomeza kubona mukomeje kubangamira abajejwe umutekano ngonibigireyo tukaranuka twiyiziye tukihuriranamwe ntimuzobonako abajejwe umutekano bwabundi bakenewe?

  • Basoda nobasaba kuducungera neza ahandiho namwe murabura imfashanyo nkabapolice ariko ndavye mwebwe murazi amategeko abagenga naho arimwo ababinyegejemwo nukuraba neza kwatari imbonerakure kuko barafise umwambaro wanyu ico kijuju rentokill naco ngokiravuze nawe wiyita vuganeza urafise igisagara wewe cisuku muburundi mwe nankurumbi komwanagicafuje sasa nimutembe harihageze

  • NIMUTABAGURE IVYO MUTABAGURA INO MUMISOZI TURI KUKIVI NTIHAZOBURA UBWICWA NINZARA MBABAZWA CANE NUMUNTU APFA ATARIMWO NAYABO BANDI JEWE NDABITA IMBURAKIMAZI BITA MUBITABARABA

  • PNB mimwisubireko mureke kurasa abari mumwiyerekano kuko ivyobaharanira biraba raba,ejoniwakukuruka muzojahe?Abo urasa ejonibo bazogu hembura cakumenye.

  • Ese Guherekeza Uwugomba Ku Kwica!Abaporisi Mwihangane.

  • Police murihaye ibara iyataba abanyagihugu ntimuba muriho uwabarose ntiyakaravye reka babake nagashahara kunyu niho muzomenya ko mwaherekej ubwuj narinzi rwabarunbi nincabweny igipolice kiraduteterej mumakungu.police=niryo.

  • Police murihaye ibara iyataba abanyagihugu ntimuba muriho uwabarose ntiyakaravye reka babake nagashahara kunyu niho muzomenya ko mwaherekej ubwuj narinzi rwabarunbi nincabweny igipolice kiraduteterej mumakungu.police=niryo.

  • NDAKWEMERA GACIYUBWENGE NINGABOZAWE IYABA IGIHUGUCARIGIFISE ABAGABONKAWE IJANA COTEYINBERE AHUBWONIWEUKWIRIYE GUTWARIGIHUGU NZOGUSENGERA WIRAMBIRE

  • PNB na FDN mwes mukorera abarundi n’igihugu mw’irinde icocose cobacanishamwo cnk cobashafuza.kabwanj ndabakeje mukomer kw’ibanga.

  • mwarimuzi pnb icogisigura:police naturellement brutal’rero ntimutangazwe nivyo bakora .ewe police uwabaroze ntiyakaravye mukenyere mwumire kurushato kwinka yapfuye.aho ntimubonako nkurumbi Peter yamaze gushengera.mwabanyagihugu menyako uhuy numupolice ugumana ico umwivunisha kuko balèze nk’imbwa isara rero guma mwiteguye.

  • Basoda Murabago Ntimuhemukir Igihugu Kure Peter.Mucunger Demomcratie Muburundi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.