Umuntu umwe niwe yakomerekejwe na gerenade yatewe mw’ijoro ryo uwu wa gatatu muri zone ya Kanyosha, mu gisagara ca Bujumbura.
Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko iyo gerenade yatewe nk’igihe c’isaha zibiri z’ijoro muri karitiye ya Musama iri muri zone Kanyosha, ikaba yakomerekeje umuntu umwe yariko ararengana, nk’uko bimenyeshwa na Moise NKURUNZIZA, icegera c’umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi.
nkumuntu agira commentaire ingana gutyo arantangaza. Mbega bamwe babaha ama rockette muga ntibabahe aho muhungira ubu ntibavundiye mubusho? Imbonera kure zizamaho wazikunda wareka. nimba utagomba kurwara umutima vyokubera vyiza uje ukabana nazo. nayo kwibazako zikangwa nutu du commentaires mwandikira muvyumba aho muriko murihenda caaaaaaaaaaaaane!!!!