Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Karuzi: Ibirwanisho bicira muriro vyaratowe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Karuzi: Ibirwanisho bicira muriro vyaratowe

Karuzi: Ibirwanisho bicira muriro vyaratowe

lundi 5 Myandagaro 2013

Ibirwanisho bicira umuriro bisisgaye vyuzuye mu banyagihugu bo mu ntara ya Karuzi naho amasekeza yo kurwanya ivyo birwanisho bicira umuriro yama yabaye, bimenyeshwa na Gaspard Ntahimpera asanzwe ajejwe umurwi w’igihugu ujejwe kwegeranya ibirwanisho bicira umuriro ku rwego rw’intara.

Ibirwanisho bicira umuriro bitari bike bikaba vyaratowe ku misozi hamwe no mu mashamba n’igipolisi c’igihugu kandi ubusuma bw’bantu bitwaje ibirwanisho busigaye bukunda kuba mu ntara ya karuzi. Nk’akarorero igrenade yaratowe hafi y ‘igikoni c’umukecuru muri komine buhiga, muri ako gace nyene umwana w’imyaka 5 bakaba bamusanze ariko arikinisha n’amasasu.

Ku mashure yo muri komine Bugenyuzi bakaba baratoye amasasu 12 mu murima ama grenade 16, inkoho zitatu hamwe na za mbugita bita ‘’baionnetes’’ zaratowe n’igipolisi c’igihugu hafi mu ma komine yose y’i karuzi.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.