Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB umutekano
Kigobe : Ikiziga c’umugabo yambaye ubusa catowe
Yanditswe taliki ya 12-10-2015 - isaha 15:26' na IGIHE

Abarengana hamwe n’abanyagihugu bo mu Kigobe, hafi ya karitiye ya kane nibo batanguye kubona ubwa mbere ikiziga c’umunyagihugu w’umugabo yishwe n’abantu bataramenyekana. Mu giporisi bamenyesha ko uwo muntu nawe nyene ataramenyekana.

Ico kiziga c’umugabo yatowe yambaye ubusa cabonetse mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri, igenekerezo rya 12 Gitugutu 2015, mu Kigobe, aho bita Ku Mwembe, kw’ibarabara rija kuri kaminuza yitiriwe ikiyaga Tanganyika. Abagandaguye uwo muntu basize bamuciye bimwe mu bihimba vy’umubiri wiwe, bikaba vyaboneka ko n’amagara yiwe bayaciye.

Mu giporisi bamenyesheje ko uwo muntu atamenyekanye, Pierre NKURIKIYE umuvugizi w’giporisi c’Uburundi akavuga ko amatohoza yamaze gutangura.
Ikindi kiziga c’umugabo yambaye ubusa nyene caratowe kuri uwu w’Imana, mu ruzi Nyabagera, bikaba vyaboneka ko cari caje kiva kure, kuko n’umubiri wasa n’uwamaze kuvako.

Ivyiyumviro vyanyu

bazobamara murabura guhnga

16.10.2015 à 16:53
Dany

Abapolisi dufise abatumwa kwica, kandi ababatuma bafise ababararira, vyerekana yuko batinya gupfa ariko bagashurira abapolisi kwica abandi. bamenye ko baba abo barungika kwicana, baba abo batumwa kwicana, bava amaraso, umunsi wabo uzogera kandi bazicuza, ubwo bunyamanswa bitwaje buzohera. Imana yukuri urababona, tubasabiye impera iberanye nivyo bariko barakora.

15.10.2015 à 08:18
Anaclet Ruberintwari

Ivyuburundi turabimenyereye igihugu cuburundi gifise inzego zumutekano zikwiye mugi poLice no mugisirikare mugabo ntibitangaje kumva ngo batoye ikiziga ngomwikaritiye kitashoboye kumenyekana vyumvikane yuko cavuye ahandi kigatabwa muyindi karitiye none igiporisi kijejwe iki ? Mwijoro ntibakora ko forode yo bayirukako bakaruhuka bayifashe nene izo kozi zibibi ko zitafatwa zibarusha inguvu

14.10.2015 à 23:16
Kaga

14.10.2015 à 22:53
Kaga

Mana giririkigogwe abarundi bica bene wabo baremanwe agashusho ki Mana

14.10.2015 à 21:24
Ngenzi

Abo ni abatutsi bariko baranigana,ubwo buryo bwo kwica ivyo ni ivyabo iyo ni imihamuro bagiye kugira abo barozi,hera kuri bwa bugesera buva mu bukeye barokoye umutima,ivyo ni ibirozi vyabo batutsi muhagabire mwa bahutu mwe,ivyo baaririmba ngo peter asenga shetani ni ukudusamaza ngo twibagire ibirozi bari baraturoze n’ubu bakibandanya imana igakinga bigasendwa,mu rwandaho c’est pire basumvya kuroga abatutsi b’i burundi,rero ivyo biziga mutilés ce sont leurs sacrifices ntimwibagire ko se wabo ari lucifer imana yabataye hasi bateye akajagali mw’ijuru,nawe rero ngirango atanguye kubahunga niho ubona basigaye basara,mwa bahutu mwe faites gafe !!!!Ntimwibagire mu ma genocides ahitiye y’abahutu ko batungira imigano abahudukazi,bakabaga abagore bafise inda bagata abana hanze,bagashahura abagabo,bakanywa amaraso y’abahutu en publique uwitwa simpliste umu sans echec yanyoye amaraso imbere y’abandi ba sans echecs,rero ivyo vyose mwibazako vyari ibiki,vyari ivyo kuroga,abahutu rero mukajaho mukabitsiritako mwibaza ngo ni abantu,ayo ni ama demonds(amadayimoni)nta na hamwe bari haba amahoro,bama bangara nta gasi na kamwe imana yabahaye,aho bashitse n’ukwica car ils sont etrangers partout,mwa bahutu kazi kanyu nimba mutabonako batanguye guhumirwa n’amaraso y’abahutu banyoye none batanguye gusokorana imitima,igira inyuma.

13.10.2015 à 22:43
fidelite

@Desire
Mbega burya sinduhije afise poids muri politique,yavugije gusa amaruru ngo amenyekane,il ne vaut rien kirya kinywarumogi,ivyo bindi muvuga burya murantwenza,banza muje mw’ishamba par chance muzoronka akantu,imyaka icumi itarahera mugwana ngo za negociation,banza mukore mwe mushaka kurya ibitabagoye,ahantu ata n’igorofa nimwe y’umututsi turabomoza roquette ngo negociation,rindira gato

13.10.2015 à 22:07
fidelite

gabany ubwo bwicany bwarengey imana

13.10.2015 à 20:38
ngendakumana ethienne

Non hiyo kotamusiwijana

13.10.2015 à 20:26
ERIC

Uwicisha inkota azicwa n’inkota ivyo tuvuga vyose abarundi turiko twabaye inyamaswa zo mw’ishamba nukuri birarengeye ubwenge bw’umwana w’umuntu ariko twibuke ko ivyo dukora aha kuri iy’isi tuzovyishurira ahanyene

13.10.2015 à 09:15
Wambeba

Mana Fasha Uburundi !!!

12.10.2015 à 23:54
Delic

Umunyakibi agerageze akore ibishoboka vyose yihane ave muvyaha hakiri kare. Ntihagire uwigira kananirabagabo kuko atawunanira Imana. Umuntu arashobora kwica uwundi kandi azi neza ko Ari munsi yijisho ryUhoraho ? Umuntu yaremye mwishusho yayo kandi yamuremye imwishimiye hakaca haza uwundi yaremwe nayo agashinyagurira mugenziwe amwica urupfu nkurwo akanahirako akamusiga amwambitse ubusa ikintu kizira Nkuko ? Ubwo rero muje mutinya ibihano vyImana kuko aho iracabaretse ngo irabe ko mwokwigarura. Ariko mfise ubwoba ko atakibi mukibona mukwica. Mwicare mwibaze ko mushobora kuja mumuriro hamwe mutihanye mugasigara mutabaza abo mwatse ubuzima. Mwibuke umugani Wa Lazaro na wa mworo. Wewe yari yamwimye utwo kurya ndetse wewe wamuntu wica. Gira vuba muve muvyaha Yesu arabarindiriye. Imana ibafashe cane ntimukubitwe inkoni yayo mutazayiyagaza iteka. Vyukuri ndabakunda ariyo mpamvu mbabwira nti IHANE BISHOBOKA

12.10.2015 à 20:34
Mutima

Bategetsibuburundi Niba Mushaka Amahoro Nimugire Uku Pascare Nyabenda Nabe President Vis2 Rwasa Nkurunziza Umukuru Winama Nshinga Mateka Vis2 Nyangoma Prime Mukibanzaciwe Abashatse Gutembagaza Ubutegetsi Bose Mubibanza Barimo Umukuruwumutekano Aregisi Sinduhije Hagatimugihugu Mubahunze Vis Edwari Umuvugizi Wumukuruwigihugu Mubahunze Nabandi Nabandi Muntumyeko Nobigira Abahunze Bagahunguka Amahoro Agasasagara Ibihano Vyose Bigahanagurwa Kuribose Hama Bagatangariza Amahanga Kobihanye Amacakubiri Bgasubira Bakabizera Kumfashanyo Mugabo Pascari Nyabenda Yoba Arimfatakibanza Wumwaka Umwe Nigice Agategura Amatoro Mubigize Amahoro Yobamenshi Niba Mvuzenabi Muzompinyuze Ntakeza Kokwicana

12.10.2015 à 19:13
Desire

12.10.2015 à 19:11
Desire

Yemwe Bategetsi Vyukuri Mwananiwe Nyabura Nkurunziza Namenye Ko Vyose Birikumutwewiwe Kuko Atangaje Ko Atanze Imihoho Ubwonyene Amahoro Yoca Agaruka Urumva Ikibazocuburundi Ni Nkurunziza

12.10.2015 à 18:50
Ders

Yemwe Bategetsi Vyukuri Mwananiwe Nyabura Nkurunziza Namenye Ko Vyose Birikumutwewiwe Kuko Atangaje Ko Atanze Imihoho Ubwonyene Amahoro Yoca Agaruka Urumva Ikibazocuburundi Ni Nkurunziza

12.10.2015 à 18:48
Ders

Mana Garukira Abarundi Nuburundi !!!!!!! None Leta Iriko Ibivugako Iki ???? Mana Tabara

12.10.2015 à 18:13
Munezero Bonaventure

Mana fasha uburundi

12.10.2015 à 17:00
kamwe

interahamwe nizo zica abantu muri bene ubwo buryo. muragaba rero !

12.10.2015 à 16:38
hotora

uhoraho niwe afise ijambo rya nyuma ningingo ya nyuma.

12.10.2015 à 16:16
rich

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.