IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kinama : Abantu indwi bakomerekejwe na Gerenade

Kinama : Abantu indwi bakomerekejwe na Gerenade

dimanche 29 Rusama 2016, par egide

Abantu bataramenyekana bateye gerenade nk’igihe c’isaha zibiri z’ijoro kuri uwu wa gatandatu, muri karitiye ya Ngozi, muri zone ya Kinama, mu gisagara ca Bujumbura. Iyo gerenade yakomerekeje abantu indwi, nk’uko bimenyeshwa n’abanyagihugu begereye ico kibanza iyo gerenade yatewemwo.

Iyo gerenade ikaba yatewe mu bunywero bita KWA MASUMBUKO buri hafi y’ibiro vya zone Kinama, komine Ntahangwa, igisagara ca Bujumbura.


IGIHE

Messages

  • ncuti zanje ivyo mukora mukwica bene wanyu mubatera grenade muzobiibazwa.

  • Ewe Burundi ukomeza Gusimba Imanga! None izo nkozi z’ikibi ko zikomeje guhonya abarundi tugire dute? Mbe kuki amakungu atarungika MAPROBU ningoga? Imbonerakure zitumazeko abantu. Imbonerakure zirakwiye kwaruzwa. Reka ncenja no gusemerera kuri FCBK.

  • Kuntwaro ya nkurumbi tuzobona vyinshi.

  • EMW BANTU MUKIJA MUMUBAR MURIBIBIHETURIMWONTABWENG MUGIRA! ENDA NIMUHEB UBUNWERO MUFITAMASO NTIMUBONA MUFISUBWENG NTIMUTAHURA

  • ahakwamasumbuko ntivyumvikana kuko harimbonerakure ivu ntawaye ahandigwazegutera nibonyenebamazabahakwamasumbuko ntivyumvikana kuko harimbonerakure ivu ntawaye ahandigwazegutera nibonyenebamazabanteye

  • Ewe Burundi Ukomeza gusimba imanga!

    Hanohepfo hari Mujeri yanditse yiyitirira jewe avugako ngwakeneye MAPRABU.

    Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga

    Rekampebemene ibangarimwe, nashaka kukubwira ko hariho umugabo yitwa Hamani tusoma muri Bibiliya nyeranda yiyemeje gukora ibintu yibaza koarivyo bizomushikana ahashaka canke kuvyo yashaka ariko munyuma vyamukwegeye kugira ingorane harimwo nurupfu, wenyene icogihe yegereje igiheciye cogupfa yaravuze ngo: ivyo nagira ngobizonkiza nivyobinkwegeye urupfu.

    Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga!

    Eheryabanga nababwira,
    kuva aho abari bafashe ukutarikwo H.E Petero Nkurunziza nkumuntu atarifise uburenganzira bwokwitoza,
    Bamwe bakaca bahitamwo gushigikira abogukubita kudeta abandi bagahitamwo kuguma bakokeza, kuvamatora aheze nkinyumayayo nkamezi 6 abeshi bomubihugu bitandukanye bigize Isi barahinduye batahurako H.E Petero Nkurunziza ko ukwo ibwirizwanshingiro ruburundi ryanditse rimuha ryamuha uburenganzira bwokwitoza.
    Burya na Ntibantunganya yariyarabonye ko Nkurunziza ibwirizwa shingiro riha uburenganzira Nkurunziza bwokwitoza, ivyobibonekera mwijamwo yavuze ngo: nubwo yobayemerewe kwitoza ngoyarikweye kubireka.
    Iconaco catumye Ntibantunganya avugagurtyo nuko yariyaramaze kuronkaabantubeshi bamubwira ibibi u Bubiligi bwiteguriye gukora igihe Nkurunziza azobayitoje, Ntibantunganya nikwo kwemera kujanahatarikwiye kuja ngokuko ntazomarayo umwanya munini ngokuko ababiligi bagomga kumukuriraho umwanda ariwe Nkurunziza nabakunzi biwe.

    Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga!

    Na Leonce Ngendakumana mukiganiro gica kuri radio Isanganiro (kunama) yaravuzekomubiganiro ivyikiringo kwatarivyo vyoshirwa imbere.

    Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga!

    Kubwivyorero kubera music wokumunwa abataribake baribamazemwo igihe bavuza ngo ikiringo ikiringo,
    Harakantu gatocane karindiriwe kuribirya biyago biriko birabera Arusha nyumayako harihabantu bahora banezerezwa nokwama bavuza wa music wokumunwa ahobageze hose bazocabatangura kubera ko Isi ibabanyento, nacanecane ibivyamagerenade bigiye kubakorako.
    Erega hariho abantu bumva gerenadi ziterwa bakibaza ngobiraheze kumbe vyakorewe amatohoza baranamenya iyobibavyazananye.
    Nobabwirako iyo abarundibagirehose mubihugu bitandukanye amanama yose akorerwayo yaba ayokurondera amahera yoguha ababatera za grenade tubadufise abantu bayitabira kandi bababambere muguterera kugira ntibabamenye ubuvyobagora kubamenya ariko mumisi muzobamenya igihe abandi bazotangura gufatwa maze bakabona bobo ntibafashwe kandibabonekana mubarongoye abandi.

  • buca 2 naho batangure kuzitera mumasengero no mumasoko

  • Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga!

    Ncutizanje nubwozamujeri injavyi ziharaje gukoresha izinaryanje mugutuka abanyacubahiro twubaha cane aribo Burundi bwubu nubwejo Imbonerakure ,ntibimbuzako nguma ndonderera amakuru abakunzibanje.

    Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga!

    Bakunzibanje kurunomwanya ndagomba kubabwira akahise kahafi nakubu karihagati ya H.E Petero Nkurunziza na Kagame nizindinkuru zikomeje kudushikira zivuye mubigeze guhendwa naba Mujeri arikonyuma babavinyuma yizo zamujeri aborero dukomeje kuzaturaganiranabo tukamenya imigambi myishi yizoza Mujeri. Kurikira rero wiyumvire ukuri kuvuye kubakwiboneye:
    Mbere yumwaka wa 2010 abantubeshi babonako Nkurunziza na Kagame bari pfampfe ariko muvyukuri ntivyari urukundo mwenerumwe tubwirwa muriyamabwirizwa 10 tubona muri Bibiliya.
    Nagomba kubabwirako inyuma yumwaka wa 2010 Kagame yagiriraniye amakimbirane nuwari president wa Tanzania Kikwett bivanye nuko president wa Tanzania yaribwiye Kagame kokuganira nabo batavugarumwe arikintuciza.
    Kagame rero yaciye abonako Kikwett kwakwiye gupfa acashaka kwikora kuwoyitako yamaze kwifatira murwara H.E Nkurunziza ngwamukoreshe amabi ngwabimufashemwo ivyokwica president wa Tanzania.
    Maze Nkurunziza yumvise ivyamubwiye yabaye nkuwukubiswe ninkuba kubera yumvise ibintu bijanye nokwica mbere kwica umukuru wigihugu! kuri Kagame yumvaribisanzwe kuko yarimaze kwivugana aba president beshi ariko Nkurunziza yabaye nkuwukubiswe ninkuba ekambere ivyokwica Kikwett Nkurunziza nziyabishigikiye mbere yaciye ajanokubibwira Kikwett ko akwiye kwicunga ngoko nimbanjewe ntemeye gukora igikorwa cokukwicisha harabandi wosanga barabikoze.
    Guhera ubwo Kagame yaciye avinyuma yokwirukanka inyuma ya Kikwett ngwamwice acatangura kwiga icokura kw’Isi Nkurunziza , nikwo kucatangura kuzaraha akayabu kamafranga bamwe mubarundi nomubanyarwanda bakorera Burundi koguturira amasoko akomakomeye harimwo nisokonkuru ya Bujumbura.
    Ivyovyose ntacovyamaze kiretse gutera intuntu bene Burundi.
    Amaze kubona atacobimaze yakomeje gukoramabimeshi akoresheje guha amahera bamwe mundongozi zarizigize uburundi harimwo nabamwe mubaribasangije umugambwe na Nkurunziza kubera ifranga murazi kwariryo ryatumye Yuda aharurwako kwicisha Yezu.
    Ivyovyose vyabaye ubusa ariko intuntu muri bene Burundi ntizabura.
    Mugihe cogutanga abakandida cabazokwitoreza kuba umukuru wuburundi, Kagame yariyamaze kumenyakera ko ibwirizwashinhiro ryuburundi ryemerera Nkurunziza kuzokwitoza kandiyariziko umugambwe wiwe ariwe uzoshira imbere ngwawuhagararire. Kuberarero amafranga yiwe yarimaze gutuma agira incuti mubarundi ekayemwe nomubegereye Nkurunziza ivyovyatumye ababwirako agomba kubakuriraho Nkurunziza nubutegetsi bwiye abicishije muntambara.
    Kuberarero yarifise abobaribegereye Nkurunziza harimwo nabomumugambwe wiwe akaba yarifisemwo abasirikare bakomeye nkaba Niyombare naba Gaciyubwenge yabona ko arugukozako mugukuraho ubutegetsi burongowe na H.E Nkurunziza.
    Bacabajinama naba Niyombare maze ba Niyombare bavugako abasirikare babo bemera kuzoba mwivyo bitero atariko abotangura boba abandi batavuye mugisirikare cuburundi atihanyuma haheze nkimisi 2-3 barwana abarimugisirikare cuburundi bakaza bagafashanya.

    Ewe Burundi urakomeza gusimba imanga!

    Ngabobaraje baratera mumpera yumwaka wa 2014 bamenera muntara ya Cibitoke, yewe nayamisi ibiri itaragera abajejwe umutekano bi Burundi baraheza barahanagura umucafu bimwebikwiye.
    Noneho Kagame atangura kubaza ngokonone abomwarigufasha mwemeye bagahona ngokandi mubabarwanya namwe mwarimwo? Mazeba Niyombare aravugango: ikibazo tubaducunganye amaso nabayoboka Nkurunziza ngokandi ngwicowomenya abamuyoboka nibobeshi haba kuruhande rwaba Tutsi nuruhande rwa bahutu atirero ukwiryantambara bayirwanye ngontahotwariguca, ariko Kagame yaramushavuriye cane hanyuma Niyombare ngo nureme ntugire ngotwarakubeshe ngomumisi mike ngiye gusohora amatangazo yokwiyama Nkurunziza ngokandi uzobonako ntakimwubaha ngokandi nturambingwe kudufasha gukuraho iyi reta yiwe ngokuko nubwovyagenze guti ngontitubirekeraha ngoturabandanya kurondera abatuyoboka ngokazima mwatwemereye kudushigikira biciye muzirazose zishoboka.

    Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga?

    Rekasimbevyishi vyakozwe nabobasi bu Burundi harimwo nikindigitero bateye kayanza maze bamwe mubo baribahatiriye kujamwicogitero batabishaka kubera baribazi ukwo igisirikare cuburundi gikaze , yemwe bamaze gushika Kayanza bakirakubona akaryo bakacabamanika amaboko maze abasirikare babarundi barabafata babakura mumaboko yababahatira kuzakurasana nabavukanyibabo ariko ubwaribwaje bwariye akarungu ngobuje kurasa umusirikare wuburundi uwoyarahanaguwe nkakurya bahanagura umucafu kukirato.

    Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga!

    Kudeta mwabonye konayihojeje kuko harihaho nagezegusoma havuzeze ukwovyagenze neza kandi nabamwe mubaribayirimwo birirwa baravyivugira ukwovyaribimeze.

    Ewe Burundi urakomeza gusimba ibanga!

    Murivyovyose Kagame yakoze yabonye vyabaye ipfagusa kandi abona amahera bimutwara arimeshi nivyoyasezeraniye barutuku ko aribitumwako mugusenyagura ama reta yomubiyaga binini akabona kwatakintu kiboneka wobabwira akoze kandi amahera yaranahatikiriye kandintibiheze ngobiyagarure , yaciyapanga umugambi wogukwiza ibihuha ngo uburundi hagomba kubamwo amahonyabwoko nintambara zakatarabaho ngontamunyagihugu bizorohera kurokoka, ivyovyose yabivuga yurtyo kubera ivyomuzivyose namwe bamazegukora ariko vyabapfubanye, nkakiryagitero yashohoreye kumakambi yagisirikare cu Burundi yariziko arico gucanishamwe abarundi mwarumvise namajambo yavuzwe avuye mubasibuburundi ngo habaye ihonyabwoko urumvanyene niryobashaka mwarumvise amajambo HCR yavuze ngo mukwezi kwacumi nakabiri kwumwaka wa 2015 ngompunzizabarundi zizohunga arinyishi jewe vyarantangaje bikomeye ahowovuga ngwabantu bazohonga aribeshi kandi tuziko ivyejobimenya imana gusa ariko uvuzeko abavuga ivyo aribobaduhekuye ntiwobawihenze, ivyontakindi kagame nabobafatanije nukubera yariyubuye business azocakora mugihe impunzi zabarundi zizoba zaje mu Rwanda , ubworero acashirishaho ibintu vyogukoka abarundi kugira bahunge, acashiraho amamodoka kumipaka yuburundi nurwanda yogutwara abarundi binjiye Rwanda mumakambi,kubaha amaterephone yogufasha abahunze guhamagara ahasigaye Burundi nokubabwira ko ubuzima bimezeneza, yemwe nama television yokuraba kubuntu mumakambi barabahaye, nibindi bitandukanye ntavuze.
    Amaze kubona amakambi yimpunzizabarundi abayeho yayarondeyemwo inyungu zitandukanye, iyambere yabaye iyo gukatisha ibifungurwa nibikoresho kugira bironderwemwo amahera yogukomeza kudurumbanya umutekano Burundi kugira impunzi ntizihave zumvako iwabo aramahoro ngozihave zitaha ayomahera rero meshi aja mukurondera abitanga bari Burundi bakemera guhabwa za grenades zogutera aharihohose, kugerubu uwuyiteye ntihagire icihitana igaturikagusa bamuha miriyoni inmwe yamafranga yurwanda, uwuyiteye igakomeretsa abantu ntibapfe bamuha miriyoni nigice , uwuyiteye ikica umuntumwe ahabwa miriyoni 2 buri ukowishe abantu nukurwiza izomiriyoni 2 incurozingana nigitigiri cabantu wishe nicogituma mubona abazitera izo grenades bibanda mububare bababishakira imivyimba myishi kuko ariyo ituma bahahabwa amafranga meshi, mumisi ababikweyfe bazobibabwira mwese mutangare!!!
    Iyindi business Kagame ariko arakorera kumpunzizabarundi mugufata impunzi zabarundi zahungiye murwanda akazirwiza na 4 maze kugira abakozi ba UNHCR nibaza kuziharura basange igitigiri arikinini kirenze abarundi bahunze baciye bashiramwo abanyarwanda ariko binkundwakazi kugira cagitigiri cabarundi barwiza na 4 kigume kiboneka..
    Mutikuberiki abanyarwanda bokwemera kujakwitara amagorwa nkayo?
    Ababibakoreye nabonyene babijeje ibitangazako nihagerigihe cogutwara abarundi bimpunzi mubindibihugu vyateyimbere nka Bulaya America, UK nahandi ngomwebwe buzoshirwa imbere maze abarundi basanzwe arinabobake mwayamakambi tuzoheze tuboherereze iwabo mwikigihe kigiye kuza murazi ko kugira twongere kugiriranira imibaniremyiza tuzovugako twugururiye ko abarundi bashaka gutaha batahe kwatangorane tubona zotuma baguma mubuhungiro ariko abazobabakuwemwo ngokubera badashobora kujamu Burundi ngokandi bamaze kwemererwa nibihugu bitandukanye ubuhungiro nibobaguma ngaha aborero nibabanyarwanda bazobabarose amahirwe kubera abobarundi bazobabacuwe basubira Burundi.
    Ivyovyose ntanakimwe cobihagarika kiretse nkabarundi baciye bahitamwo kwitahira abobanyarwanda bakuwemuvyabo na reta yabo bogasigara barashihana na reta yabo kandi vyobabera bibi impandezose.
    Abarundi rerobazigushishoza nicogituma bakazanyije kwisubirira mu Burundi kugira bakwepe ayomanyanga bariko barakorerwako ngokuko kugerubu nguwugize aracashaka kuvugako harimwabantu batari abarundi bacababamubwira ko ashaka kuzana akajagari munkambi ngonkeka urimbonerakure ngocanke uwukorera Nkurunziza ngoturakwuriza imodoka tugusubize Burundi ngo grenade zikumwe, abobarundi bakavugango’ kwurira iyomodoka ntawarivyase ngo nukobagukatishiriza ahandi nuburundi ntububone, ninacogituma uwushaka kuva mwizonkambi zomurwanda ahitamwo gutoroka.
    Imana nimba ikunda abarundi HCR nu Burundi nu Rwanda baribakwiye kwumvikana bakaturekura ngotugataha. Ngonayo ngaha tuhamaze imyaka ishika 3 hobahasigayemwo abarundi bimparungwa.
    Tuzokomeza kubaha inkuruzimeze nkizi igihe bagenzibacu barimu Rwanda bazobabarose agahengekerezo kokuyaduha ubonako bagumabikekako bazohava bazakubaka amaterefone kugira barabe ivyobavuganirako naramuremesheje kobitazoba acanawe aravugango bashaka bakazoza gutora ngokugerubu naramaze gutagaciro aho ngizendacashaka gusohoka inkambi incutinabaginzi bacabakubwira muritonda ngurashobora gufatwa bakwita imbonerakure canke ngwitumwa ya Nkurunziza, jewe ncanibuka ukuntu nava iwacu Bujumbura ukagenda Kirundo atankomakomyi none ubunkaba mpunzemwaka kagene atiyemwe iyonamenya izamunyuma ngwariko wosanga turasubiye mugihugu camavukiro arukugorwa akabarihongorerwa.

  • Bakwiye Kubiheba Kwicana

  • Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga! Banywanyi banje murantunga kuvyo narimaze kubashikiriza. Birya nababarira vya ba Kikwete, Kagame na nyenicubahiro Nkurunziza sivyo. Imbonerakure ni imihirimbiri kandi ni inkona zaruzwa.

  • Eweburundiuracarimuminwey’imananayahandihobubabwaramazegufatwaahubwonibahebekwicana

  • ABANTU BICA ABANDI BAMENYE KO INGERO YICAHA ARI URUPFU.NIBAVE IBUZIMU BAJE IBUNTU

  • ABANTU BICA ABANDI BAMENYE KO INGERO YICAHA ARI URUPFU.NIBAVE IBUZIMU BAJE IBUNTU

  • Abantu Bicana Canke Biyumvira Kwica Canke Bahungabanya Umutekano,twese Twaremwe Nimana Imwe.Kandi Hariya ,kuvayo:20 kumurongo1gushika12. HARABUZA KWICA .

  • Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga!

    Wewe ukomeza gukurikirana izinaryanje wandika binuka ukubahuka kuvuganabi abanyacubahiro bimbonerakure ukwonuguta umwanya wubusa kuko twebwe turumurwi munini dukurikirana ivyotwanditse.
    Rekandakubwire ibintu bikurubikuru bituranga iyotwebwe twandika amakuru tubatwatohoje NUKUGUKURIKIRA:

    KWUBAHA NOKUVUGANEZA H.E. PETERO NKURUNZIZA,
    2 KWUBAHA NOKUVUGANEZA CNDD FDD,
    KWUBAHA IMBONERA KURE , ABAGUMYABANGA, ABAKENYERERA RUGAMBA,
    NABAKUNZIBABO BOSE.
    WUBAHUTSE UKAVUGANABI ABONAKUBWIYE UBWONYENE UCUMENYEKANA KO URUWIKITSE KWIZINA RYINDANGA JANDI URIMURIBAMWE BAHUMIWE NKA KIRANGA.

  • ICO NOVUGA NUKURI IVYOBINTU BIRATEYAGAHINDA CANE KUBONA ABANTU BASIGAYE BAPFA NGINYAMATSA NUKURI IMANA IGRE ICO YOHINDURA MUGIHU C’UBURUNDI

  • ICO NOVUGA NUKURI IVYOBINTU BIRATEYAGAHINDA CANE KUBONA ABANTU BASIGAYE BAPFA NGINYAMATSA NUKURI IMANA IGRE ICO YOHINDURA MUGIHU C’UBURUNDI

  • Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga !

    Iyi njavyi ikomeje kw’iyita izina ryanje irahumiwe nka Kiranga. Twebwe abakunda U Burundi na kazoza kabwo turiyamirije utwo turwi tugiye kutumarako abantu tw’ Imbonerakure n’abanywanyi batwo. Ahubwo ico twokwisabira nyenicubahiro Petero Nkurunziza nuko yohasha bimwe biboneka izo nkona zaruzwa.

    Ibikurikira bituranga ni ibi:

    1. BAHA NOKUVUGANEZA H.E. PETERO NKURUNZIZA,
    2. KUBAHA NO KUVUGA NEZA H.E PETERO BUYOYA,
    2 KUTUBAHA NO KUVUGA NABI IMBONERAKURE ’ABAGUMYABANGA BAZO

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.