Kirundo : Abantu batanu bapfuye batuririwe mu nzu

Yanditswe na IGIHE
Kuya 16 Ruheshi 2016 saa 02:42
Yasomwe : 51066
0 0

Abantu batanu bitavye Imana mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatatu muri komine Gitobe, intara ya Kirundo. Abo bitavye Imana batuririwe mu nzu n’abantu batamenyekanye.
Muri ubwo bugizi bwa nabi, abapfuye ni umugore nyene iyo nzu yaturiwe, hamwe n’umuhungu wiwe w’imyaka cumi n’itandatu.
Abandi bari muri iyo nzu bapfuye ni muramukazi wa nyene inzu, akaba nawe yari kumwe n’abana biwe babiri umwe w’imyaka 16, uwundi w’amezi umunani, abo batatu bakaba bari abashitsi ba nyene iyo nzu bari baje kumuramutsa. (...)

Abantu batanu bitavye Imana mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatatu muri komine Gitobe, intara ya Kirundo. Abo bitavye Imana batuririwe mu nzu n’abantu batamenyekanye.

Muri ubwo bugizi bwa nabi, abapfuye ni umugore nyene iyo nzu yaturiwe, hamwe n’umuhungu wiwe w’imyaka cumi n’itandatu.

Abandi bari muri iyo nzu bapfuye ni muramukazi wa nyene inzu, akaba nawe yari kumwe n’abana biwe babiri umwe w’imyaka 16, uwundi w’amezi umunani, abo batatu bakaba bari abashitsi ba nyene iyo nzu bari baje kumuramutsa.

Abajejwe intwaro muri komine Gitobe intara ya Kirundo bameneysha ko ubwo bubisha bwoba bwavuye ku matati y’amatongo, kuko uwo mugore nyene iyo nzu yaheruka kugabura itongo n’abo bavukana.

Musitanteri wa komine Gitobe avuga ko umuntu umwe ariwe yamaze gufatwa ku mvo z’amatohoza.


Kumenyekanisha

1
Mariyamungu Sylvere 31-08-2016 à 22:13

Vrema, Biboneka kw ar igihe canyuma! Mana tabara!!!!

2
Nemerimana Innocent 20-06-2016 à 20:15

uhuuuum, nuko ubwoko bw’ Imana buhona?

3
fiston 19-06-2016 à 11:32

Imana nyenicubahiro izobishura. Ariko vyose simbona iyo bizanana nico bivako. Murakoze

4
ndayishimiye deus 18-06-2016 à 13:41

kumiryango yabuze mukomeze kwihangana ivyo vyose birafise intango kandi bise iherezo ariko gamana ababantu bariko baricwa nkimpene bazohoregwa nanda???

5
ndayishimiye deus 18-06-2016 à 13:37

kumiryango yabuze mukomeze kwihangana ivyo vyose birafise intango kandi bise iherezo ariko gamana ababantu bariko baricwa nkimpene bazohoregwa nanda???

6
soso 17-06-2016 à 18:32

ariko gamana amarira yabarundi azobazwand?

7
Eric Nkeshimana 17-06-2016 à 17:55

Birababaje Guturira Inzirakarengane

8
Alfred swan 17-06-2016 à 15:39

Hakor’inzara n’ubwicanyi nabwo!!oh my God!!ntabar abanyakirundo!!

9
tari 17-06-2016 à 12:28

Turabiziko uwo ari umukenyuro nkurunziza nakarwi kiwe batoye kokuza barahuma amaso abantu kubobaba bagandaguye babesha ngo bapfuye amatongo nkaho umengo muburundi kwica umuntu mupfa itongo birarekuwe namategeko

10
Fiston 17-06-2016 à 10:16

Mana dutabare ntaco twokwishoboza nukuri dutabare twebwe abrundi.

11
zuzu 17-06-2016 à 08:07

Mana tabara unburundi n abarundi udukize ayo mashetani ariko aramara bene Burundi

12
Manariyo 17-06-2016 à 07:35

Yemwe Kirundo Yihaye Ibara ! Ubwicanyi Bwose Burangwa Mukirundo,none Umuti Uzova He? Igikuru N,ukubasengera.

13
isaac 17-06-2016 à 04:12

isaac

14
Ntihalilizwa joulias igihalo Mulutana. 16-06-2016 à 22:44

BILABABAJE UBUTUNGANENIBUKOLE CANKEINTWALO KUGILANGO ABAKOZEUBWOBUBISHA NIBAFATWA BAZEAHANEIVYA AKALOLELO.

15
Hassan 16-06-2016 à 21:59

Uwicishije Inkota Mawe Ninkota Imana Izobimubaza

16
Ruduha 16-06-2016 à 21:48

Aho muhenda nde?

17
umuhire sandrine 16-06-2016 à 20:45

gusa birababaje imana ibakire mubayo ariko uwabikoze wese imana iramubona ivyisi ni ubusa ubahoye iki?ko nawe uzapfa ukabisiga mana ico kibondo kirambabaje

18
umuhire sandrine 16-06-2016 à 20:44

gusa birababaje imana ibakire mubayo ariko uwabikoze wese imana iramubona ivyisi ni ubusa ubahoye iki?ko nawe uzapfa ukabisiga mana ico kibondo kirambabaje

19
nyangusu 16-06-2016 à 19:53

UBWICANYI BURAKWIYE GUHASHWA.

20
MUYAHUDI 16-06-2016 à 19:30

EMW BIRABABAJ IMANA IBAKIR

1 | 2

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha