IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kirundo : Batatu bakomerekejwe na gerenade yatewe mu bunywero

Kirundo : Batatu bakomerekejwe na gerenade yatewe mu bunywero

jeudi 5 Rusama 2016, par egide

Abantu batatu nibo bakomerekejwe na gerenade yatewe ku muhingamo w kuri uwu wa gatatu mu bunywero buri muri komine Kirundo, intara ya Kirundo nyene.

Mu gihe yari mu birori vy’guhimbaza umunsi mukuru w’abakozi n’akazi, kuri uwu wa mbere, mu ntara ya Kayanza, umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yatanze amezi abiri kugira mu Burundi ntihazobe hakivugwa imirwi y’abitwaje ibirwanisho ihungabanya umutekano.

Mw’ijambo yashikirije, umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yamenyesheje ko muri ico kiringo atanze, hazoba hatakivugwa abitwaje ibirwanisho babuza abanyagihugu gutekanirwa.
Nk’uko yabimenyesheje, Abarundi nibunga urunani bakarwanya abagizi ba nabi, igihugu niho kizoshobora kuronka iterambere.

Petero NKURUNZIZA yavuze ko bibabaje kubona Abarundi babandanya kwicwa, cane cane abategetsi mu gisirikare hamwe n’igiporisi.


IGIHE

Messages

  • Iconikimenyetso kitabesha Ko pastor nkurunziza avuga ikintu nigihushane caco abarundi turamenyereye Ko iyavuze ikintu nkico ahubwo abarundi ariho haba hageze kugandagurwa kubwishi kuko ivyo abivuga yamaze kuvunira urugohe za mbonerakure ziwe na zanterahamwe

  • Nkurunziza niwe byose niwe wabiteye ninawe ariko amara abarundi amaraso yabo azomuhumira

  • Uyo ntazi ico ariko aravuga azahava asara yibaza ngwarakomeye aho yavugiye ntararuha nuko nuhaye ruhitana benewacu

  • IY,ISI ITWAGWA NA SHETANI 1YOH 5:19 SOMA WUMVE

  • Minani yisekera imbereyuko atorerwa kuba umukuru wa SinaHead yafiriye arikumwe nabobasangiye ibanga aravugango jewe nabaye umukuru wururunani rwacu ngomuguhasha Nkurunziza nohera muntara mvukamwo mugushiraho ikigega zamafranga yokwica nokuburabuza abahaba. Uyundimuntu ngo : Hon Minani ngwico aragitandukaniyeko cane nginamutama Nyangoma. None Minani ivyoyavuze ntiyabeshe ndabona yipfuzako Kirundo yiwe ayigira kintara yamugenziwiwe Leonce Ngendakumana (Buja)!!!???

  • benedata.nukuri.mukwiyeguhebauyose.tugasengimana.kukongahanwisi.ntamahoro.namwemurabibona

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.