IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kirundo : Gerenade yakomerejeke batatu

Kirundo : Gerenade yakomerejeke batatu

jeudi 28 Ndamukiza 2016, par egide

Abantu batatu nibo bakomerekejwe na gerenade yatewe i Nyarunazi, muri komine Kirundo, mu ntara ya Kirundo nyene.

Iyo gerenade yatewe ku mugoroba wo kuri uwu wa gatatu ahari hahagaze umusirikare w’imvukira y’aho mu Kirundo, ari mu karuhuko.

Uwo musirikare ari mu bakomeretse, hamwe n’abandi bantu babiri bari hafi yiwe igihe iyo gerenade yaterwa.

Abakomeretse bose bariko bavurirwa ku bitaro vyo mu Kirundo.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.