Mpanda : Uwugendesha ipikipiki yishwe n’uwo yunguruje

Yanditswe na IGIHE
Kuya 1er septembre 2016 saa 10:35
Yasomwe : 44865
0 0

Umuntu umwe yunguruza abantu akoresheje ipikipiki yagandaguwe arashwe ku muhingamo wo kuri wa gatatu.
Uwo muntu yarashwe n’uwo yari yunguruje, bakaba bari bageze muri komine ya Mpanda, mu ntara ya Bubanza.
Uwishwe yari azwi kw’izina rya Jean de Dieu IRAKOZE, yavuka muri komine Rugazi, intara ya Bubanza nyene.
Abo bishe uwo muntu bagiye bivye iyo pikipiki, hamwe n’amafaranga atazwi (...)

Umuntu umwe yunguruza abantu akoresheje ipikipiki yagandaguwe arashwe ku muhingamo wo kuri wa gatatu.

Uwo muntu yarashwe n’uwo yari yunguruje, bakaba bari bageze muri komine ya Mpanda, mu ntara ya Bubanza.

Uwishwe yari azwi kw’izina rya Jean de Dieu IRAKOZE, yavuka muri komine Rugazi, intara ya Bubanza nyene.

Abo bishe uwo muntu bagiye bivye iyo pikipiki, hamwe n’amafaranga atazwi igitigiri.


Kumenyekanisha

1
Nsengiyumva Maxim 10-09-2016 à 02:36

Abo Bicanyi Barafashwe ?

2
Nzeyimana John 9-09-2016 à 08:45

Nagomba ndemeshe umuryango wabuze, mwihangane ntakundi, uburundi bwacu nuko buri, abasenzi bacomeze kubusengera bitaruko uburundi bwashaje. nkanakebura abasazwe bakora ubutagisi, kugira umwunguruze umuteja, nabanze akwere ibintu vyose afise mwishagoshi yiwe canke mumifuko ya makoti. cakabiri mubane ibituro bimenyekana kandi hasazwe hanakorera igi porisi conabafasha gusaka abateja banyu, nubwo igiporisi tutakicizeye, ariko sibose aribabi. uwoguterefona nawe ngo nunsange ahanaka utware ntiwemere, ati nsanga kungituro kanaka nihondi nihondi. ivyo ndabivuga kuko nanje barigeze kumpatsa ndiko ndakora ubutagisi, namwiketse acuriye tugeze munzira ahantu atanimihana yariho, ya bwiye ngo nimpagarare yi hagarike naramwankiye ahubwo naciye ndayishira mwijana nibiri ntako atabwira ngo ndagucumitimbugita,nkamubwira tugenda twese pima, nagiye guhagarara shitse mukirwati mpagaze yavuyeko yiruka nirengero, kuko iyo yihenda twapfa twese. Abamotare musigaye muzemuhabera magabo mubanze murabe umuteja uwariwe umuntu mwiza ntayoberana, umaze kumwiga mukwumvikana kwawe nawe bizogufasha nuburyo ushobora gutwaza, akubwiye hagarara utarashika ahomwavuganye,onge kitesi riho,kandi twara umuntu ushikana ahantu hakunze kuba harabantu, Mukoze.

3
DJUMA GATETE 8-09-2016 à 19:46

IMANA IZOMUHE UBURUHUKO BUDAHERA.INZEGO ZUMUTEKANO ZONGERE PATURUYE HABA KUMANWO NANINJORO

4
Fabrice 8-09-2016 à 17:49

None Abajejwumutekano Ntacobacifashijemwo ?

5
jimmy 7-09-2016 à 16:36

Byari bitangaje aho murangiza commantaire zanyu mudashyizemo urwanda nkaho arirwo ruyobora uburundi mwarayobewe

6
Acher Niyogushima 6-09-2016 à 10:51

Imana Yiy Ifite Ijambo Ryanyuma %zaburi 50:21%

7
ABDUL RASHIDI 5-09-2016 à 15:59

Imana Imwakire

8
Bikorimana j.claude 4-09-2016 à 21:01

Bamuhoye iki ??

9
Bikorimana j.claude 4-09-2016 à 20:44

Yamuhoye iki ?

10
NAHAYO 3-09-2016 à 22:42

NONE MWARABAFASHE ?

11
KRODE 3-09-2016 à 20:59

YOOO NDAHOJEJE UMURYANGO ASIZE BIHANGANE,AHANDI NAHO REKA UBUTUNGANE BUKORE AKAZI KOBWO,KUKO NANJE NDUMUMOTARI INGOZI MURAKOZE

12
Ndayizeye Pontien 3-09-2016 à 20:39

Ntakundi Umuryango Niwihangane !! Ndabahojeje:pole Sana.Hamwe Izo Nkozi Zikibi Zofatwa Bazozihane Vyakarorero.

13
Amos 3-09-2016 à 15:56

Iciyumvirocanjen’uko
Kwicaribibi,abobicanababikore
Bamenyakw’Imanizobahana.

14
J,marie Ndayikengurutse 3-09-2016 à 05:57

Ndahojeje Umuryango Wa Jean ,iyo Nkoz Yikibi Yorondegwa Ifashwe Igahanwa Namategeko.

15
Ncuti Namagara 2-09-2016 à 22:49

Abantu Nkabo Biba Muburyo Nkubwo Baragoye Kumenya ?

16
Mob 2-09-2016 à 14:34

Ariko nubu muracyatinya abanyarwanda nka cyera,eh mukomeze mudutinya munatwubaha nitwe dutuma muhumeka tubishatse mwisekonda rimwe twabarangiza

17
Ntakirutimana Tresor 2-09-2016 à 13:32

Nukuri Ubwianyi Ntibuzigera Buhera Ngaha Muburundi Kubona Bica Umuntu Ataco Azira Bakana Munyanga Nimoto Namahera Kandi Arivyo Vyosigara Bitunga Umuryango Bagaca Babitwara None Wumva Abarundi Tuzoreka Ryari Ubwicanyi Ahubwo Umukuru Wigihugu Nagire Ico Afasha Murivyo

18
. 2-09-2016 à 05:56

Abonabakozi bawamuswa Kagame yibaza ko ngwibindibihugu biteyimbere mubutuzi ngonigihombo kuriwe kuko intumbero yiwe ngonukuburagiza nogutera abarundi ubwoba ngogugira ntibitezimbere ngokuko ngwagumye avugako asumvya kubutunzi abarundi ngoniho ababaye igihangange. Ariko ndababwiza ukuri uburundi ubutunzibwabwo botongeye kuduga nurwanda ntiruzigera rusubira kugira ubutunzi Imana niyocabona.

19
Nkurunziza 1er-09-2016 à 21:55

Uwo mu motar ubwo ntiyaratwaye kagame p
.akaba aliwe wamwishe...abarundi tugabanye ubugoryi ubanza ataliwe kuko ntabwo yaza kuli muto...tugabanye ubugoryi.

20
NYAMITWE 1er-09-2016 à 19:50

Ubusuma nkubw butegerezwa kwiyongera kuberubukene bwatewe na satani nkurumbi na leta yiwe.

1 | 2
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha