Mugamba : Abantu batatu bafashwe ahiciwe umuntu

Yanditswe na IGIHE
Kuya 30 août 2016 saa 11:43
Yasomwe : 23850
0 0

Igiporisi cataye muri yompi abantu batatu bo muri komine Mugamba intara ya Bururi, ahaheruka kwicirwa umwigeme yarashwe n’abantu bataramenyekana. Abo bafashwe bapfungiwe mu gasho k’igiporisi muri komine Mugamba.
Muri abo bantu bafashwe ku muhingamo wo kuri uwu wa mbere, harimwo umwe yahoze mu gisirikare ca kera (ex-FAB), yahora aba ku musozi wagandaguriweko uwo mwigeme w’imyaka 25.
Uwo yishwe arashwe ku munsi wa gatandatu ni umwigeme azwi kw’izina rya NAHIMANA Floride, akaba yishwe n’abantu (...)

Igiporisi cataye muri yompi abantu batatu bo muri komine Mugamba intara ya Bururi, ahaheruka kwicirwa umwigeme yarashwe n’abantu bataramenyekana. Abo bafashwe bapfungiwe mu gasho k’igiporisi muri komine Mugamba.

Muri abo bantu bafashwe ku muhingamo wo kuri uwu wa mbere, harimwo umwe yahoze mu gisirikare ca kera (ex-FAB), yahora aba ku musozi wagandaguriweko uwo mwigeme w’imyaka 25.

Uwo yishwe arashwe ku munsi wa gatandatu ni umwigeme azwi kw’izina rya NAHIMANA Floride, akaba yishwe n’abantu bitwaje ibirwanisho batamenyekanye.


Kumenyekanisha

1
Mtuukaz 31-08-2016 à 09:17

Nabazwe !

2
Kuri 30-08-2016 à 13:01

Mbe niyonzima jean , kuvuga ngo nibafatwe bahanwe ,wewe aho siwewe wamwishe ngo ukwegere abandi ? Ikibabaje I burundi nikimwe ntiwibuka EJO

3
Niyizonkiza Jean 30-08-2016 à 12:06

Nibafatwe Bahanwe Umwigeme Yarafis’umutima Wugugunda Igihugu Mukudomako Abaroberi

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha