Mugamba : Imodoka ya OTB yaguye mu mutego w’abitwaje ibirwanisho

Yanditswe na IGIHE
Kuya 28 avril 2016 saa 02:53
Yasomwe : 44802
0 0

Imodoka y’ishirahamwe OTB (Office du Thé du Burundi), ihinguriro ry’i Tora yatewe kuri uwu wa gatatu n’abantu bitwaje ibirwanisho batamenyekanye.
Iyo modoka yatewe yari ivuye i Bujumbura, igeze mu Mugamba, intara ya Bururi, ikaba ariho yarwa muri abo bantu bitwaje ibirwanisho batamenyekanye, akaba kandi ata n’umwe yafashwe muri abo bantu bateye.
Umudereva w’iyo modoka akaba ariwe yakomeretse muri ico (...)

Imodoka y’ishirahamwe OTB (Office du Thé du Burundi), ihinguriro ry’i Tora yatewe kuri uwu wa gatatu n’abantu bitwaje ibirwanisho batamenyekanye.

Iyo modoka yatewe yari ivuye i Bujumbura, igeze mu Mugamba, intara ya Bururi, ikaba ariho yarwa muri abo bantu bitwaje ibirwanisho batamenyekanye, akaba kandi ata n’umwe yafashwe muri abo bantu bateye.

Umudereva w’iyo modoka akaba ariwe yakomeretse muri ico gitero.


Kumenyekanisha

1
ELYSEE NDAYIRAGIJE 4-05-2016 à 08:42

NOSABA YUKO ABOBANTU BAGIRA ITERABWOBA YUKO BOHAGARIKA KUKO IMANA NTIBIKUNDA

2
gildus 29-04-2016 à 00:19

Souvenez vs de la stuation d 1992-1993 o rda,et apré c le genocide qui a conclu.le bde vs ave interest a arrête ça,bizabagora kuruta uko mubitekereza ubu

3
biharage 28-04-2016 à 20:47

agware akira .

4
frank 28-04-2016 à 17:21

Uratangaje pe. Haraswa abanyagihugu ukavuga nugutembagaza leta ?
Ukeiye imfashanyo

5
Nene Nesta 28-04-2016 à 15:26

Komeza ibitero vyishi mutembagaze izo nzego ziharije igihugu ukamengo nicabo ibiganiro vyabananiye kwitaba.

6
MUYAHUDI 28-04-2016 à 15:07

NONEGAYEMW TUZOVA MUNDYANENKIZO RYARI ! NAHOKWAMBAZA YESU WENYEN ADUTABAR AHADAPFUYUMUNTU IMODOKA NIYIHAGWA !

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha