Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB umutekano
Muhanga : Icegera c’uwutwara MSD yatowe ikiziga
Yanditswe taliki ya 12-04-2016 - isaha 10:08' na IGIHE

Icegera c’umukuru w’umugambwe MSD (Mouvement pour la Solidarité et le Développement) muri komine ya MUHANGA intara ya Kayanza yishwe anizwe n’abantu bataramenyekana.

Melchior HAKIZIMANA yategerewe n’abantu batamenyekana mw’ijoro ryo ku munsi w’Imana atashe, bakaba bamwishe bamunize.

Ikiziga ciwe catowe kuri uwu wa mbere.

Mu makuru dukesha umwe mubo bari basangiye uburongozi bw’umugambwe MSD mu ntara ya Kayanza, n’uko yari yamye asangira n’abandi ku kabare, ariko mu nyuma bamutora ikiziga, yishwe n’abantu bamunize.

Ivyiyumviro vyanyu

Vyukuri Bakwiyegufatwa

12.10.2016 à 11:17
Nduwimana Prime

Imana Imwakire Ntajoro Ridaca

14.04.2016 à 12:09
Dieudonné

Turahojeje umuryango wabuze ,Imana imwakire

13.04.2016 à 12:31
IRATUBONA

Uwo Muntu Yiyita Tari Ngira Ntakomeye Mumutwe Kuko Avuga Nkivyumusazi.

12.04.2016 à 21:05
Nkurunziza Désiré

Uwo Muntu Yiyita Tari Ngira Ntakomeye Mumutwe Kuko Avuga Nkivyumusazi.

12.04.2016 à 21:02
Kazobarya

Mbega tari, wewe uriko urakokeza kuki utoja ku batabara kuba babaye ? uri ka mujeri kavugira ahokicaye nta ntambwe bamujeri bazotera ninaco gituma urinda kugara
uwo munwa wawe kuko nta nico binavuze.

12.04.2016 à 15:20
Jules

intambara yabananiye basigaye bajagutishavu kubanyagihugu bibeyere mububare, yoooo eregancuti nturindusemerera barahagurutse aho niho inguvu zabo zigarukira guterabanyagihugu ivyo nivyobashoboye ntiwitege ibisumbivyo, twararindiriye ko bajahabona turahebura kuko ibishirira birabarindiriye bibacanireko umoriro....semereragose babaguke tubabagiribisiga.........

12.04.2016 à 14:01
kamaro

Hhhh naringizengo ni muhanga igitarama mu rda izo nerahamwe zageze arko c zaba ziciye he kotwazibuze ngo sisome imyisi umurundi abere ijisho rya mugenziwe mwamenya ubica uwariwe koku nakundaga gukorera vacance bujumbura arikubu sinatinyuka mubona umunyarwanda wese nka maneko arko nubundi twese turinkotanyi cyane

12.04.2016 à 12:13
Kagabo

Nkurumbi mutamuhagurukiye Ngo mumurwanye atakumubabarira azobahonya kamwekamwe muzokwikangura musanga yabahoneje nimuve hasi mumurwanye gushika yomotse ntimwishinge imvugo zamakungu aguma abafatiye amaboko imugongo abahenda Ngo ariko aramwumvisha kuja mubiganiro nimitwe batoye yo kumurerekera ngwabandanye abamare none ivyobiganiro bizojamwo imirambo canke ibisigarira vyabo nkurumbi yishe kuko abatemera ikiringo 3 yihagiye nimwe muguma mupfa kubwishi Ayo makungu ababwira kuja mubiganiro arorera ntaco akora ngwabakingire urabona ko base kurungika inteko mvamakungu Ngo zize gucungera abanyagihugu kandi wewe ntamusi uhera atishe jewe mbonako arurwenge rwanyamakungu rwokumuha umwanya kugira Abe arabamara none uravye kuva igihe bakamwingigiye kuja mubiganiro akaba yarase ariko mwebwe mukavyemera ntiwumvako uwomuntu harihagezaho kumukura bagashira uwuzhaka kwicarana nabandi gusumba kuguma bamwinginga nkaho umengo numwana nimuhaguruke mwitabare namakungu niho azobona ko mwashavuye kandi mwarambiwe nakokabi kabishe urabonako yishe abantu beshi muburundi none ariko arategura kubandanya uwomugambi ugayitse no mugihugu kibanyi curwanda abifatanije ninterahamwe ntimwemere rero kumuntu afise amaboko namwe mukagira ayandi aguma abasobanura nkintungwa aja kubaga

12.04.2016 à 11:12
tari

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.