Musaga : Abantu bane basize ubuzima mu gitero

Yanditswe na IGIHE
Kuya 6 février 2016 saa 01:41
Yasomwe : 106749
0 0

Abantu baharurwa muri bane nibo baguye mu gitero cabaye mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatanu rishira uwa gatandatu, muri karitiye ya Gikoto, zone ya Musaga, mu gisagara ca Bujumbura. Abakoze ico gitero ntibaramenyekana.
Muri ico gitero, abandi bantu baharurwa muri batatu barakomeretse.
Amakuru atangwa na bamwe mu banyagihugu baba hafi y’ahakorewe ico gitero amenyesha ko abo bantu bishwe bari abanywanyi b’umugambwe CNDD FDD uri ku butegetsi.
Abakoze ico gitero ntibamenyekanye, icabonetse akaba (...)

Abantu baharurwa muri bane nibo baguye mu gitero cabaye mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatanu rishira uwa gatandatu, muri karitiye ya Gikoto, zone ya Musaga, mu gisagara ca Bujumbura. Abakoze ico gitero ntibaramenyekana.

Muri ico gitero, abandi bantu baharurwa muri batatu barakomeretse.

Amakuru atangwa na bamwe mu banyagihugu baba hafi y’ahakorewe ico gitero amenyesha ko abo bantu bishwe bari abanywanyi b’umugambwe CNDD FDD uri ku butegetsi.

Abakoze ico gitero ntibamenyekanye, icabonetse akaba ari abaporisi n’abasirikare benshi bazindutse bugarije ako karere kagandaguriwemwo abo bantu.


Kumenyekanisha

1
HAVUGIYAREMYE PASCAL 28-04-2017 à 15:05

KOMEZA MUKORA AMATOHOZA ABO BANTU BARI MURI TWEBWE

2
burundi 14-02-2016 à 13:32

Namwe mukomereze aho ! Ntimuzice ubwoko cg inzirakarengane kuko Imana irabyanka, ariko abicanyi mubagirire vuba ! Tune tune !

3
Rwiyemezakunihasindumuja 9-02-2016 à 21:56

Hari abasetsa nka colgate (umuti w’amenyo). Ngo i Burundi hari rebellion. Reka nisekere . Usibyze ibikorwa by’iterabwoba urgamba barurwana bate batagira umunyagihugu ubari inyuma. Abo kagame bose yohereza bahita bafata adresse kumpimba.

4
Joseph Ndihokubwayo 9-02-2016 à 17:10

Hao Marehemu Mungu Awalaze Mahahari Pema Peponi

5
Ntukamazina 8-02-2016 à 08:15

Ahubwo W Ntkomey Ab Bapf Igihugu Na Batutsi Ga Wa Ki Guguwe Kanura Ubone

6
GEN.MAJOR RWARAKABIJE 8-02-2016 à 06:14

NUKO UKURI TUTAKUBONA KUMWE UKURI MAZE KUBONA ELECHABABU IZOBINJIRAMO KANDI NTAGOMUZOZISORA KUKO NABO BAKINGIWE BAZOSHIRWA KANDI NDABIVUZE KUBWABUYOYA BEMEZA KO IBOMBE 2 ZATEWE KUKIRIMBA ZATUMYE YEMERA KUGENDA MURARUCHA MWOSANGIRA MUGASHIRAHAMWE VYOHERA NTIMUKINGURKO

7
JEFU 7-02-2016 à 22:26

NONE.KOBATSINZE.BAKABABARIKUBUTEGETSI.BICWANIKI.KOBAVUGAKO.AMAHORO.ARIYOSE.MUBUNDI

8
JEFU 7-02-2016 à 22:24

NONE.KOBATSINZE.BAKABABARIKUBUTEGETSI.BICWANIKI.KOBAVUGAKO.AMAHORO.ARIYOSE.MUBUNDI

9
kwitora dieudonne 7-02-2016 à 17:56

nihatari ?kuba izonkozi zibibi zitafashwe turahomvye.

10
ZABELA 7-02-2016 à 15:59

NUKURI,TURAGOWE,IMANA,NIDUKIZE,IZINGOLANE

11
NTEZIRIBA Julias 7-02-2016 à 12:40

Birateye Agahinda, Abantu Bicwa Nk’utunyegeri ! Mana Garukira Uburundi

12
Musaga 6-02-2016 à 23:04

Intagondwa z’ibyihebe by’abatutsi intambara yabiyobeye none ibyo bikenya bitangiye kwica abantu zibahora ko ari abahutu. Dore ko ibyo biginga bidahaga amaraso. Gusa birabeshya bizopfa byerera nka Pacifique, kiramvu,....

13
kamosi 6-02-2016 à 21:55

ntivyoroshe vyakomeye mubebaso ntikuhunyize murinde abanyagihugu

14
Humura Burundi 6-02-2016 à 21:29

Basha Ni Sekura ugurane !!! Na Bobara Shikiriwe Gusa Sivyiza Kwabantubamfa Bose Nabana Bu burundi Nibanza Ko Bose Bomenya Kobav’’abamaraso ! Nimbonerakure Imva Amaraso Itavamazi ! Mwikebuke

15
innocent 6-02-2016 à 20:36

twereke.abobantubasize.ubujimakumusaga

16
Jules IRAKIZA 6-02-2016 à 20:06

Bari bazi ko naho ari intahwera ?ivyo vyobera icigwa imbonerakure yiyita MUSAGA ko nawenyen ruriy abandi rutamwibagiy ndets abacisha inzirakarengan zos babonereho

17
teshwamute 6-02-2016 à 17:59

ivyo nivyo vyerekana ko muburundi atakibazo camoko gihari ahubwo hari ikibazo c’imigambwe. abo bararonderako abandinabo baca basimbukira kuba MSD bakare amazosi ngo MAPROBU yihute kuza.

18
Niyukuri Ezechil 6-02-2016 à 17:36

Ubundi Bwagiriyemwo Abihevyi Mana Tabara Uburundi Kuko Twebwe Abenegihugu Turahonye. Leta Nayo nikore Amatohoza Kurabo Bamenje Baguma Baduhekura

19
Niyukuri Ezechil 6-02-2016 à 17:34

Ubundi Bwagiriyemwo Abihevyi Mana Tabara Uburundi Kuko Twebwe Abenegihugu Turahonye. Leta Nayo nikore Amatohoza Kurabo Bamenje Baguma Baduhekura

20
EJID 6-02-2016 à 16:08

shaturagowe abarundi ahubwonugusega

1 | 2
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha