IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga: Abantu umunani bakomerekejwe na grenade

Musaga: Abantu umunani bakomerekejwe na grenade

mardi 18 Myandagaro 2015

Abantu umunani harimwo abapolisi babiri,nibo bakomerekejwe na grenade yatewe muri komine ya Musaga mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura.

Iyo grenade yatewe ku mugoroba wo kuwa mbere igenekerezo rya 17 Myandagaro 2015 ku kiraro kiri kw’ibarabara rya 2 muri komine ya Musaga.

Mu bantu babiri bakomeretse cane,harimwo umwana umwe yiga mu mwaka wa kabiri w’amashuri y’intango yari avuye kuvoma. Uwateye iyo grenade ntiyashoboye kumenyekana.

Mwomenya ko haheze igihe kitari gito hari ama grenade aterwa mu bice bitandukanye vy’igisagara ca Bujumbura,agakomeretsa abantu,abandi akabica.


Van Naris Mugisha

Messages

  • emma
    abo nabo muri opposition bariko babandanya kwica inzirakarengane ariko ntaco nibabandanye imbwa yahiye kumurizo ngo burakeye tuhereke abagabo, namwe bandanye muzokwibonerako, nayo intabwigwa yabwiwe nukwamaso atukuye yaba mwarabandi mwuvuye murivyo.

  • kabisa birababaje kubona abantu bagumabapfa ataco bazira nn nkuwo mwana,yaziziki?kandaho uwabigize wosangavuga kwarikwagwanirabanyagihugu?kandaribamaze turafisingorane ubururundi nubwo gusengerwa

  • Iyo niyo democratie opposition y’uburundi ishyira imbere (Gutwika abahutu n’imipine, gutera grenade abanyagihugu, gutwika amamodoka, kwica abategetsi,...) ibi byerekana ki bafashe ubutegetsi bamara abantu. None izi nkoramaraso nibyiza kujya bazihana by’intangarugero bakaeitwika kuko ntaneza zifuriza abarundi

  • ahubwo nibabamar abobaporis nabonyene ntawoba girira ikigongwe mbabajwenuyo mwana ntakindi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.