IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Abaporisi bazindukiye ahumvikanye amasasu

Musaga : Abaporisi bazindukiye ahumvikanye amasasu

jeudi 17 Ntwarante 2016, par egide

Amasasu yarumvikanye mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatatu muri zone ya Musaga, ahari hamaze iminsi hatekanye. Abaporisi bazindutse ari benshi aho k Musaga.

Mu gatondo ko kuri uwu wa kane, abaporisi baboneka ku bwinshi, cane cane kw’ibarabara rya mbere ryo ku Musaga, abanyagihugu b’aho bakavuga ko hafashwe n’abantu batari bake bagizwe n’urwaruka ku bwinshi.

Ibijanye n’uwo mutekano wahungabanye muri zone ya Musaga turabigarukako mu makuru yacu yo hanyuma.


IGIHE

Messages

  • Iconikimenyetso cuko arabo ba polisi nyene hamwe nazambonerakure nazanterahamwe baba baraye bararasa kugira babone uko bahonya urwaruka

  • no muri komine kibago basaze nuko bakora. mbe reta yoyo irabahe? umugambwe cndd fdd turawuheba kuko abanyakibago twarushe kwicirwa indongozi zikomoka kumugambwe cndd fdd. rabe chief de zone nyakwigendera joseph bigirimana baramugandaguye barafatwa ntacakurikiye none na kazungu baramugandaguye ariko tuzi ko atagikurikira uko ndabibona nuko umugambwe cndd fdd two wuheba tukaja muyindi migambwe kuko muri kibago umugambwe cndd fdd twaramaze kubona ko bacanamwo kuko tuzi ko nejo buca tubona barusoko barekuwe ari naco gituma tutizer’igiporisi co muri komine kibago banyakibago muragabe kuko nkabona genza atafashwe na rusoko arekuwe jewe numuryango wanje wose turaheb’umugambwe cndd fdd turokor’agatwe kacu ivyo mvuze nuko bimeze

  • Naravuz ko ikikinyamakuru kirahengemy ati shwi non nandits iciyunviro gikoma munkokora ba sindumuja ntibayishirako nikuberiki???ubwo buhungu bwo kumusaga byanka bikunda muratekereza nimba mwanka gufata isuka ngo muzotungwa nibiyayura mutwe aho teshwa mute abajejwe umutekano mubakanye izomburakimazi zitubuza umwidegembyo wokwirira ibyo twaruhiye izo mbunuza ntantambwe muzoduterana.

  • kibago hasigaye aruko bakuramwo dukuramwo kuko ntapolice nta butungane batureke rero dukozanyeho kuko ntakundi vyashitse uwugenda agende uwusigara asigare

  • za mbonerakure zibukeye na nyakazi zidagadura ko tutarazibona buracha dukuzemwo nuyundi kuko twamaze kubona aho duca. turabasekura

  • Birababaje, ariko caba igipolisi yaba na leta mumenye ko impera n’imperuka muzobazwa urwo rwaruka mwirirwa mufata mwica uko mwishakiye!!

  • NON GAYEMWE ABAJEN BAZOHEBWAGUFATWA RYARI!!

  • Nimubandanye Mudutohoreze Neza Turabe Kagahengwe Koboneka.Uwugariwe Nicaha Ahanw Vyakarorero.Ataw Murenganije.

  • @tari. Uri icyohe kandi ubupfapfa bukaba aribwo bukuranga wa kirondwe we! None Nkurunziza muzamuvanaho mute mutinya abasoda na police . Mubona gutera grenade aribwo bwenge . Ba sindumuja muzashira umwe umwe.

  • Aba bapolice barasa ninyeshyamba bamemeze nkabatazi nogufata imbunda

  • mbega babafatiye iki ubwo sirementanya

  • rwaruka vavanura napolitique murondere kazoza kanyu murekane nabahenda!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.